Province Kirundo

210 posts

Province Kirundo

Province Kirundo

@KirundoProvinc

Suivez l'actualité de la Province Kirundo en temps réel

Katılım Mayıs 2020
40 Takip Edilen200 Takipçiler
Province Kirundo retweetledi
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Umutambutanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yagirishije inama abanyeshure bo kw'ishure umweranda Gusitino ry'i #Gitaramuka mu ntara ya @KarusiProvince aho yabasavye kwirinda ico cose cobajana mu nyifato itabereye na cane cane ubusambanyi, kunywa ibiyayuramutwe n'ibindi
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Filipino
0
12
11
0
Province Kirundo retweetledi
SE Evariste Ndayishimiye
SE Evariste Ndayishimiye@GeneralNeva·
C'est avec beaucoup de peine que j’ai appris le décès de l’ancien Président de la République Française, M. Valérie Giscard d’Estaing dont il me sied de saluer la mémoire. Au nom du Peuple Burundais, je présente à sa famille et à la France les condoléances les plus attristées.
Français
12
127
351
0
Province Kirundo retweetledi
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Inyuma y'ibikorwa vyo kugurura icese isasa risanzwe ry'ukwezi kwa Kigarama Umukuru w'Inama @burundi_senat @HonSinzohagera yaciye yakira uwuserukira Igihugu c'Uburusiya mu #Burundi #Valery A.MIKHAYLOV.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
8
9
0
Province Kirundo retweetledi
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
#Burundi : Ibirori vyo gusozera indwi yahariwe umutangakori yatunganijwe na @OBR vyabereye kuri Stade Ku Gasaka, bikaba vyatewe iteka n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva. Vyatangujwe no kwugurura icese iHoteri yitwa Belan yubatswe hagati mu gisagara #Ngozi pic.twitter.com/RU8CgVs2tP
Indonesia
0
7
7
0
Province Kirundo retweetledi
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bwasinye amasezerano y'imiriyoni 110 y'amadorari y'abanyamerika hagati ya #PNUD mu #Burundi. Ayo mafaranga azotangwa n'ikigega mpuzamakungu #fondsmondial. Azofasha kugwanya #SIDA, igituntu hamwe n'indwara ya Malaria.
UBUMWE tweet media
Indonesia
0
6
6
0
Province Kirundo retweetledi
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
#Burundi 1/12/2020 Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yateye iteka ibirori vyo guhimbaza umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe kurwanya ikiza sida. Yasavye abarundi kugira umugenzo wo kwipimisha, abanduye nabo bafate imiti ku neza yabo niy'imiryango. @KayanzaProvince
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
8
12
0
Province Kirundo retweetledi
MininterInfosBi
MininterInfosBi@MininterInfosBi·
Pour mieux sensibiliser la population contre les méfaits des armes detenues illégalement par la population, la @CDesarmement poursuit l'usage des jeux questions-réponses avec des prix dans les communes Kirundo, Busoni et Gitobe dans @KirundoProvinc et Nyamurenza à @NgoziProvince
MininterInfosBi tweet mediaMininterInfosBi tweet mediaMininterInfosBi tweet mediaMininterInfosBi tweet media
Français
1
10
15
0
Province Kirundo retweetledi
SE Evariste Ndayishimiye
SE Evariste Ndayishimiye@GeneralNeva·
Nous exprimons nos condoléances les plus attristées à notre Frère S.E. Teodoro Obiang Nguema Mbasogo et à toute sa famille, suite au décès de Carmen Mbasogo Nguema, sœur du Président de la Guinée Équatoriale. Que son âme repose en Paix auprès de Dieu.
Français
24
121
365
0
Province Kirundo retweetledi
Primature de la République du Burundi
#Burundi 22/11/2020, Umushikiranganji wa Mbere Nyakwubahwa CPG Alain Guillaume Bunyoni ari kumwe n'umutambukanyi wiwe bifadikanije n'abakristo bo mw'ishengero rya Anglikane ryo mw'i Rongero muri Komine ya Rutana, mu gushima Imana, kuyihimbaza no gusangira ijambo ryiza ryayo.
Primature de la République du Burundi tweet mediaPrimature de la République du Burundi tweet mediaPrimature de la République du Burundi tweet media
Indonesia
4
26
69
0
Province Kirundo retweetledi
Longin NIYONKURU
Longin NIYONKURU@NiyonkuruLongin·
#Burundi Ndakengurukiye cane Nyenicubahiro Sebarundi Evariste Ndayishimiye n'umuryango wiwe bateye iteka Komine yacu @CMbuye @MuramvyaProv, mu kwifatanya n'abakristu ba paruwasi Gasura mu guhimbaza umunsi mukuru wa Kristu Mwami; kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2020.
Longin NIYONKURU tweet mediaLongin NIYONKURU tweet mediaLongin NIYONKURU tweet mediaLongin NIYONKURU tweet media
Indonesia
1
10
19
0
Province Kirundo retweetledi
J.C Karerwa Ndenzako
J.C Karerwa Ndenzako@KarerwaNdenzako·
Twibuke abagiye ku rugamba, twibuke abaguye ku rugamba. abo ba kabiri barigiriye, ariko ntibipfiriye kuko baradupfiriye. Amahoro n'amatungo dufise uyu musi, tuzokwame tuzirikana ko yavomewe n'amaraso y'Abarundi benshi batwitangiye. Twese dutegerezwa gupfa, ikibi ni ugupfa nabi.
J.C Karerwa Ndenzako tweet media
Indonesia
7
25
65
0
Province Kirundo retweetledi
J.C Karerwa Ndenzako
J.C Karerwa Ndenzako@KarerwaNdenzako·
"Imboneza yacu Nkurunziza Petero yavuze ko uwuzotera intambara izohera iwe igaherera iwe. Nanje ndabisubiyemwo, mbere nipfuza ko uwoyitera yomuhitana wenyene, ntihagire n'umwe akwegera": @GeneralNeva yarivumereye ahagaze i #Buhiga, abari aho bakengurutse cane bakoma amashi.
J.C Karerwa Ndenzako tweet media
Indonesia
0
18
27
0
Province Kirundo retweetledi
Jimbere
Jimbere@MagazineJimbere·
🔴 Dans la commune #Ntega, les Ambassadeurs ont visité un producteur semencier et un hangar pour l'usage de la communauté à #Rusubije dans un projet intitulé #TubehoNeza. Financé par @UEauBurundi, il contribue au renforcement de la résilience de la population #burundi-aise
Jimbere tweet mediaJimbere tweet mediaJimbere tweet mediaJimbere tweet media
Français
1
7
9
0
Province Kirundo retweetledi
J.C Karerwa Ndenzako
J.C Karerwa Ndenzako@KarerwaNdenzako·
Inyuma y'imyaka 17 irangiye intambara hagati ya FDD na FAB irangiye, Nyinicubahiro @GeneralNeva amenyesha ko Umusi wo kwibuka Intwari atari Umusi Mukuru w'Umugambwe @CnddFdd , ko nyabuna ari Umusi Mukuru w'Abarundi bose kuko iyo ntambara yari ihanze Abarundi bose.
J.C Karerwa Ndenzako tweet media
Indonesia
7
30
59
0
Province Kirundo retweetledi
Ntare Rushatsi House
Ntare Rushatsi House@NtareHouse·
Au cours du Sommet virtuel auquel prennent part activement les Chefs d'État du #Burundi, de la RDC, du Rwanda, du Congo, du Sud Soudan..,le Secrétaire Exécutif de la @_icglr a salué les bonnes relations qui lient les Etats Membres dans la poursuite des objectifs de la CIRGL. 2/n
Ntare Rushatsi House tweet mediaNtare Rushatsi House tweet media
Français
9
65
162
0
Province Kirundo retweetledi
Longin NIYONKURU
Longin NIYONKURU@NiyonkuruLongin·
Wari umunezero ntangere, kur'uyu wa 18.11.2020, Turi kumwe n'abagumyabanga dusangiye komine yacu nziza ya @CMbuye @CnddFddMuramvya mu guhimbaza umunsi wahariwe intwari Ku Rugamba. Tugendere iragi ry'izo ntwari mu gukunda no kwitangira igihugu. Tugire urunani rwo kurwanya ubukene
Longin NIYONKURU tweet mediaLongin NIYONKURU tweet mediaLongin NIYONKURU tweet mediaLongin NIYONKURU tweet media
Indonesia
1
8
11
0