Heritage TV Burundi

879 posts

Heritage TV Burundi banner
Heritage TV Burundi

Heritage TV Burundi

@heritagetvbdi

Christian TV #CanalPlus662 #Startimesch105 24h/24

Bujumbura Katılım Nisan 2016
84 Takip Edilen195 Takipçiler
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
Abarongozi ni bashire mu mwitwarariko wabo ugutegura abandi . Oscar NDUWARUGIRA avuga ko har'abarongozi usanga bashaka gukora vyose vyategerezwa kuba bifise abandi babikora iyo bagize ngo bafashwe naho ugasanga bafashwa n'abapfasoni babo. youtu.be/G0BR5iyWx6k #Burundi
YouTube video
YouTube
Indonesia
0
0
0
38
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
📷Muri kino kiganiro c’umusomyi wa Bibiliya, abatumire Patrick na Ratia bayaga kw’ivugabutumwa rikomotse kw’ihamwa. Mukurikire ido n’ido ry’ikiganiro kuri YouTube muciye hano : youtu.be/8E4W0NjEkGw?si…
YouTube video
YouTube
Filipino
1
0
0
28
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
Mpwemu Yera hamwe n’ubwenge ntacosigara inyuma. @Aniyonizigiye Ushize ku ruhande kimwe gusa, wisanga waguye mu mutego: Ku ruhande rumwe, ushobora kugira vyinshi ariko ntibigaragare mu buzima bwawe. Ku rundi ruhande, ukabura ubumenyi bwo gutandukanya ukuri n’ikinyoma. #Burundi
Indonesia
0
0
0
77
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
Ne manquez pas un moment puissant de louange et de partage ! Ce soir à 21h00, retrouvez la Saison 2 – Épisode 5 du programme Tent of Praise avec Apollinaire Habonimana et sa famille. Un temps spécial rempli de musique, d’adoration et de bénédictions qui va toucher ton cœur
Heritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet media
Français
0
0
0
14
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
Muri kino kiganiro c’amasengesho, umwungere Jules HAKIZIMANA yerekana ubwoko bubiri bw’igihe: 1. Chronos (n’igihe c’abantu) 2. Kairos (n'igihe c’Imana) Rero iyo igihe c’Imana kigeze uwari hejuru ashirwa hasi, uwari hasi agashirwa hejuru.
Indonesia
0
0
0
13
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
"Gusenga gukingura ijuru. Gusenga guhindura ibihe. Gusenga guhindura ivyiyumviro vy’abansi bacu." -Pst Jules HAKIZIMANA
Indonesia
0
0
0
11
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
Strong Bridge fait face à des défis (manque de personnel, infrastructures limitées), mais continue de transformer des vies 💙 Des jeunes sortent de la drogue, reprennent leurs études et retrouvent espoir. 👉 Lire l’intégralité : facebook.com/share/p/1CeAgX… #Strongbridge #Burundi
Heritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet media
Français
0
0
1
45
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
Strongbridge a organisé aujourd’hui un dépistage gratuit du diabète et de l’hypertension lors de sa journée portes ouvertes. Une initiative qui renforce le lien avec la communauté et promeut la santé pour tous. #Strongbridge #SantéCommunautaire #Prévention #Burundi #SantéPourTous
Heritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet mediaHeritage TV Burundi tweet media
Français
0
0
0
11
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
“Ugasanga umugabo afise imyaka 50.. agatwara uwufise 19, ugasanga umugabo afise amafaranga menshi mu gihe umugore ata na makenya afise – naho wobona abantu bagenda batwenga ariko ibibazo biba bibarindiriye mu rugo.” Dr NSABIYUMVA Michel. Watch : youtu.be/mhNeU1hTLrU #burundi
YouTube video
YouTube
Filipino
0
0
1
62
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
"Mu muryango wa Mama warimwo abapfumu,mu muryango wa Papa warimwo abarozi. Nakuze nkwegwa n'ubushobozi bw’umwijima impande zose. Ariko uno munsi, ndashimira Imana yankuye muri ubwo buzima, ikangirira ubuntu ikangira umukozi wayo.” youtu.be/ROQ2olJU2-M #Burundi #Rwanda
YouTube video
YouTube
Indonesia
0
0
0
68
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
#Burundi : Mu kiganiro c’amasengesho, umwungere Jules HAKIZIMANA ahishura ibanga rituma dushobora kwama ivyamwa. Agira ati: "uburyo bwonyene butuma dushobora kwama ivyamwa nuko tuguma ku muzabibu ariwe Kristo." youtu.be/0FXJQhn0odY
YouTube video
YouTube
Heritage TV Burundi tweet media
Filipino
0
0
0
48
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
Une rencontre bouleversante sur la colline de Nyange a donné naissance à une mission de vie. 💔➡️❤️ Gratien NIBIGIRA raconte comment RESTOBU est née pour promouvoir la paix, soutenir les jeunes et défendre les plus vulnérables au #Burundi : youtu.be/mKwl6aA1o4A
YouTube video
YouTube
Français
0
0
0
78
Heritage TV Burundi
Heritage TV Burundi@heritagetvbdi·
"Umurongozi n’umuntu ari imbere yereka abandi umurongo" bivugwa na Dr Michel NSABIYUMVA mu gihe yariko atanga insiguro y’ico arico umurongozi. youtu.be/xmEDZnGi3uQ?si…
YouTube video
YouTube
Indonesia
0
0
0
26