RUBERINTWARI Cornelius
671 posts

RUBERINTWARI Cornelius
@ruberintwarius
Paix sur la terre

🔗📱 Kuri uyu wa 26/02/ 2026 herekanwe abagabo babiri umwe yitwa Nkurunziza Bosco na Ndihokubwayo Tite bakunze kwiba abantu hakoreshejwe Téléphone ngendanwa aho kenshi bakubwira kw’arabakozi ba Lumitel bashaka kugufasha ikibazo ca Interineti. Inkuru yose facebook.com/share/p/1B85Uu…








Déjà na Uvira ntibizokunda hama ngo u Burundi 😂😂😂






‼️Hari umurundi yemeza neza ko Imana yamubwiye ko hagati y itariki 23-24 zukwezi kw’icenda Yesu ariho azogaruka kwisi aje gutora ishengero




À vous le clavier 😂


Le #Burundi continue à émerveiller le monde entier.Le stade Intwari ,un signe éloquent et sans faille d'un Burundi à l'œuvre du développement durable dans le cadre de la vision 2040-2060. @NtareHouse @BurundiGov @CnddFdd





