Province Rumonge

2.2K posts

Province Rumonge banner
Province Rumonge

Province Rumonge

@RumongeProvince

Rumonge est la plus jeune province du Burundi, créée par la Loi du 26-03-2015, 18ème province. Elle est sur la côte qui borde le Lac Tanganyika sur plus de 60km

Burundi Beigetreten Ağustos 2016
42 Folgt4.1K Follower
Province Rumonge retweetet
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi Kw'izina ry'Abagumyabanga bo muntara ya Burunga, Umunyamabanga w'Umugambwe @Cndd_fdd muntara arakeza Nyeniteka Umunyamabanga Mukuru @R_Ndikuriyo hamwe na Cyriaque NSHIMIRIMANA icegera ciwe, kwiteka baraya batewe ryo kongera kurongora Umugambwe muri iyi myaka 5 iri imbere
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
6
37
43
970
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
bagategura amatora batekanye bakitorera Amahoro, Umutekano, Ubumwe n'iterambere rituganisha ku Mbonakazoza y'Uburundi bwifashe Kandi buteye imbere 2040&2060. Muri rusangi, umusi mukuru wahimbajwe mu mahoro n'Umutekano mu Ntara yose
Filipino
0
0
1
48
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
ijambo nyamukuru ryarungitswe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu ciza c'Uburundi, Gnl Mjr Evariste NDAYISHIMIYE, Buramatari yatanguye gushimira abenegihugu arongoye kw'iteka baheruka kwitera mu matora yo kuwa 05/06/2025 aho bunviye akamo batewe n'Indogozi bakaja hamwe
Indonesia
1
0
0
65
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
#Burundi Umusi Mukuru w'ukwikukira kw'Uburundi wahimbajwe mu ma Komine yose agize Intara ya Rumonge kuri uyu wa 1/7/2025. Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge akaba yifatanije n'abenegihugu bo muri Komine Rumonge. Imbere y'uko ashikiriza abenegihugu @MininterInfosBi
Province Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet media
Indonesia
1
0
1
118
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
bwifashe Kandi buteye imbere muri 2040&2060. Yabandanije atera akamo n'abandi barundi bari mu mahanga kuzana imitahe yabo mu Rumonge ko intwaro izobashigikira mukubaherekeza mumigambi yabo.
Filipino
0
0
0
40
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
ndongozi mu Ntwaro uhereye kuri Augustin MINANI, Musitanteri wa Komine Rumonge. Mw'ijambo ryiwe, Buramatari yashimiye yongera aratera intege iyo Mvukira yemeye kuza kwifadikanya n'abandi banyarumonge gushira mu ngiro Imbonakazoza y'Uburundi
Indonesia
1
0
0
58
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
#Burundi WAKERA HOUSE(Maison de Passage) y'umudiaspora Charles NDAYISENGA aba muri USA yubatswe ku Mutumba Mugomere,Zone&Komine Rumonge niyo yuguruwe ku Muhingamo wo kuri uyu wa 29/06/2025 na Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe n'izindi @MininterInfosBi
Province Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet media
Filipino
1
0
0
194
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
kurongora Igihugu kugira dushike ku Mbonakazoza y'Uburundi 2040&2060 nk'uko yabikoze kuri Mose igihe yariko arongora ihanga rya Isirayeli
0
0
0
38
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
dukora kandi tugavye turi mu runani twese umwe wese agahamagarirwa gukora neza ivyo ajejwe mu rukundo,mu mahoro n'Umutekano yisunze amategeko Y'Igihugu. Inama yarangijwe n'Igisabisho aho abarongozi basavye Imana gufata impwe iri kuri Sebarundi iyishire ku ndongozi zimufasha
Indonesia
1
0
0
52
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
#Burundi Gusuzuma ishirwa mu ngiro y'ivyafuditswe mu Nama yo kuwa 10/03/2025,Kubungabunga ivyiza vyavuye mu Matora yo kuwa 05/06/2025 n'utuntu n'utundi nivyo vyari bigize Inama Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge yakoresheje Indongozi z'Amashengero @MininterInfosBi
Province Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet media
Indonesia
1
0
1
100
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
uyu wa 22/06/2025. Urugendo rw'Isakaramentu ryeranda rwatanguye inyuma y'Inkuka ya Misa yasomwe n'Umwungere mukuru mw'Ikambi ry'Igisirikare ryo ku Rukinga (411ème Bn Inf) ruca rubandaniriza kuri Stade Rumonge ahabereye Igisabisho c'umuhezagiro
Indonesia
0
0
0
45
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
#Burundi Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge yifatanije n'abakristo bo muri Paroisse Catholique Rumonge mu birori vyo guhimbaza Umusi mukuru w'Isakaramentu ryeranda vyari birongowe na Mgr Salvator NICITERETSE, Umwungere Mukuru wa Diocèse Bururi kuri
Province Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet media
Indonesia
1
4
8
946
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
3️⃣Kuzokwirinda ibibasamaza bari mu buruhuko bagiye kujamwo ahubwo bazofashe Abavyeyi babo ibikorwa vy'iterambere kuko imbere ni heza cane
हिन्दी
0
0
0
23
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
kirangiza Umwaka w'Ishure 2024-2025 cama kiba buri mwaka w'Ishure. Mu mpanuro ziwe ,Buramatari yasavye abanyeshure ibi bikurikira: 1️⃣Kugira iyerekwa rikomeye mu buzima bwabo riva ku Mana Mushobora vyose; 2️⃣Gusenga no kwiga cane: Basenga bakora, bakora basenga;
Filipino
1
0
0
31
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
#Burundi Mu Gitondo Co kuri uyu wa 22/6/2025,Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe na Felix KANTUNGEKO,umuhanuzi ajejwe Intwaro n'Ubutunzi mu Biro iwe yavyutse kwifadikanya n'abanyeshure biga kuri Lycée Rumonge mu Gikorane co gushimira Imana @MininterInfosBi
Province Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet media
Filipino
1
0
0
64
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
basenga bakora Imigambi y'iterambere kandi bagavye atibaye abajejwe Intwaro n'ibisata vya Leta n'amashirahamwe atandukanye kwitwararika ineza y'umwenegihugu umwe wese muvyo ajejwe
HT
0
0
0
32
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
Kandi abenegihugu bakaba barashize inguvu hamwe mugutora amahoro, ubumwe,umutekano n'iterambere rituganisha twese ku Mbonakazoza y'Uburundi bwifashe Kandi buteye imbere 2040&2060. Muri rusangi yarashimye ku mitwaro yishuriwe muri ico gikorane aca ababa mu Rumonge Kubandanya
Filipino
1
0
0
42
Province Rumonge
Province Rumonge@RumongeProvince·
#Burundi Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe na Rev Pasteur Schadrack NDAYISENGA, Umwungere Mukuru w'Ishengero GOLOGOTHA H-UMUKIZA mu Burundi basozeye Amasengesho yo gushima Imana no gusengera abenegihugu n'Igihugu yari amaze imisi itanu (5) ariko abera
Province Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet mediaProvince Rumonge tweet media
Filipino
1
2
2
938