Buntu Foundation

197 posts

Buntu Foundation banner
Buntu Foundation

Buntu Foundation

@FondationBuntu

Philanthropic Organization founded by @DeniseBucumi, the Former First Lady of #Burundi

Katılım Mart 2017
21 Takip Edilen6.1K Takipçiler
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Ewe kuntu ari vyiza kandi ari ivyo igikundiro ko abavukana babana nyakubana. Umusi mukuru w'amakomine ni akaryo ko kwiginana no kunezererwa aho Imana yashimye ko tuvukira maze tukaja Inama n'ingingo y'ukuntu tuhateza imbere twisunze iragi rya Sogokuru ngo "Uwukize akiza iwabo".
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Filipino
18
49
192
7.5K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
#Burundi: Je me rejoins à mes compatriotes pour chaleureusement féliciter SE @1stLadyBurundi pour le Prix des Nations Unies en matière de la population amplement mérité. Ce grand honneur récompense tes activités exemplaires et couronne tes éminents services envers la population
Denise B. Nkurunziza tweet media
Français
21
141
502
18.4K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
#Burundi: Ndashimiye cane Umuryango wa Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu ku kanya bampaye ngo nsangire ijambo ry'Imana n'Abarundi benewacu. Nk'uko nabivuze ndasubiriye gutera akamo Abarundi bose ngo dushigikire Sebarundi kuko gukomera kwiwe kuzokomeza igihugu
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Indonesia
15
44
180
9.1K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Waruhutse ubutame bwawe. Imana yaguhaye akaruhuko kadashira, ihabwe icubahiro.
Denise B. Nkurunziza tweet media
Filipino
56
152
664
23.1K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
En ce jour de récolte, notre famille remercie le Tout-Puissant qui ne cesse de donner la rosée du ciel et de rendre la terre fertile pour qu’elle produise la nouriture nécessaire,nous nous inclinons devant sa gloire et son immense bonté et nous le rendons grâce pour cette récolte
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Français
29
86
472
32.2K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Biragoye kuronka majambo aremereye nokoresha kugira nshimire Imana kuri uno musi aho @BuntuTv ikwije imyaka itanu isamirana mu gihugu cose. Iyo ugize indoto ushobora guhura n'ibiguca intege vyinshi ariko ugumije umutima, ukizera Imana urateba ugashika kuri iyo ndoto. Turabakeje
Denise B. Nkurunziza tweet media
Filipino
36
28
265
10.5K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Impanuro kugira Abakozi n'abakoresha bose bari hamwe bashobore kurwiza umwimbu #Burundi
हिन्दी
34
58
232
13K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Vyari bihimbaye cane gusangira umwaka mushasha n'abana barerewe mwirerero Umusamariya w'Imbabazi i Buye mu ntara ya Ngozi. Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 03.01.2023
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Indonesia
14
40
197
7.5K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Ndabipfurije umwaka mwiza w'2023
HT
29
44
311
13.6K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
The family of the Late President Peter Nkurunziza wishes you merry Christmas and happy new Year
Denise B. Nkurunziza tweet media
English
80
121
1.2K
54.5K
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Aujourd'hui où grâce à toi je célèbre une nouvelle année de ma vie, je me mets à genoux pour te bénir et te rendre grâce Seigneur. Pendant mes moments d'angoisse, de tristesse et de doute, tu es là. Dans le désespoir, dans l'amertume et moments de joie, tu es près de moi.Alléluia
Denise B. Nkurunziza tweet media
Français
121
80
786
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Ndashima Imana kubw'imvura yaguye. Barimyi, dusohore imbuto kandi twirinde gutakaza ivyizigiro. Twijukire uburimyi n'ubworozi maze Imana izohezagira Ibikorwa vy'amaboko yacu. DUSENGE DUKORA, DUKORE DUSENGA.
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Indonesia
40
63
362
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Cher fils Jonathan, félicitations pour ce diplôme décroché. Je sais comment tu as travaillé dur pour atteindre ce bel objectif. La famille est d'autant plus fière de toi et de ta réussite. Grâce à Dieu, nous sommes confiants en ton avenir, et en de nouveaux succès. Amen!
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Français
72
103
1.1K
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
#Burundi: It is with gratitude that I extend my sincere congratulations to H.E Angeline #Ndayishimiye, @Burundi1stLady for the quality and success of the organization of the 3rd ed. of the #FFL2022. Thank you my dear! A trained woman will do wonders
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
English
3
30
158
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Ndashimiye cane Ishirahamwe Hello-Be kuba ryantumiye nk'Umukozi w'Imana mu birori vyo kwugurura Polyclinique Dunamai Medical Center, aho naronse akaryo ko kubabwira ubutumwa bushimikiye ku rukundo kuko umwuga wo kuvura uryoha ku muntu afise umutima w'urukundo
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Filipino
27
49
257
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
#Burundi: C'est avec immense joie que j'adresse mes sincères félicitations à S.E Angeline #Ndayishimiye, @Burundi1stLady pour la qualité et la réussite de l'organisation de la 3è éd. du Forum de haut niveau des femmes leaders. Merci ma chère! Une femme formée fait des merveilles
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Français
16
78
298
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Ndahimbawe no kubona abana haciye igihe barerewe mw'irerero Umusamariya w'Imbabazi ry'i Ngozi twabashikirije imiryango yabo barakuze kandi bafise amagara meza. Igihe twabakira bari bateye agahinda n'umubabararo ariko Imana ishimwe kuko Ibidashobokera abantu bishobokera Imana
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Indonesia
22
33
150
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Il y a des années, lorsque nous avons accueilli ces enfants à l’orphelinat le Bon Samaritain de Ngozi,leur état de santé était plus que préoccupant. Je suis tellement heureuse de les remettre à leurs familles, grandis et épanouis.Aucune situation n’est désespérée aux yeux de Dieu
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Français
18
30
187
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Naho duca mu bintu bibabaje, Imana ntihemuka yama idutegurira ibihe vy'akanyamuneza, ikatwirura. Kevin ndagukeje kuba utuzaniye Umukazana Katia mu muryango. Muri uno munezero mfise, ndashimiye kandi Papa wawe kuko yatashe neza adusigiye Imana n'abantu.Imana Ihezagire urugo rwanyu
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Indonesia
55
90
622
0
Buntu Foundation retweetledi
Denise B. Nkurunziza
Denise B. Nkurunziza@DeniseBucumi·
Malgré les difficultés, Dieu nous réserve des moments d'allégresse pour nous consoler. Félicitations cher Kevin et Katia pour votre mariage. Je profite encore cette occasion pour remercier mon époux P.Nkurunziza qui nous a hérités la bénédiction de la part de Dieu et des hommes.
Denise B. Nkurunziza tweet mediaDenise B. Nkurunziza tweet media
Français
115
138
1.2K
0