Lolilo ashobora kuba ariwe mufana wambere wa @bigfizzo1
Ubuheze Fizzo yavuze ko umuhungu wiwe agira asohore indirimbo none na lolilo azany umwana wiwe
Canke ni Messi na Cristiano?? 😂😂😂
#vuzaindundi
Bivugwa ko Kanzigiri yari umukecuru afise iriba mu nzu akama aha amazi ababanyi ariko arabihaniza kuzohimba atagihema. Yoba yahambwe muri ico giti, abimvye iriba ryiwe baba baduhaye ikiyaga Kanzigiri.@ikazeventures ni bo bahazi.