Windundi

8K posts

Windundi banner
Windundi

Windundi

@windundi

#vuzaindundi

Mutima wa Afirika Katılım Aralık 2016
1.3K Takip Edilen929 Takipçiler
Windundi
Windundi@windundi·
@Sir_Umuhirwaa2 Akaba amesura (anywa rufuro) ni sawa aho kumujana ni heshi ariko akaba atamesura kauka ntuze kumaramarira mu bifise
Filipino
0
0
0
1.2K
Sihoturi 1er
Sihoturi 1er@Sihoturi·
Nelly Nat : Aratuka abantu yitwaje ngo ni "indasi" (abazi izi slangs murasigurira bamwe bahora baca baza kumbaza) MUGAHORA. Bugaca agatuka uwundi MUKANUMA. None nta ba avocats mugira ngo bamushire mu butungane bamwigishe indongoramvugo?
Indonesia
8
0
19
5.8K
Windundi
Windundi@windundi·
@citybwoy666 @bigfizzo1 😂😂😂 nibadutemwo hama twumv uwukaze ariko Trésor ndamaz kuzumva iziw nkeya ararenz
Română
0
0
1
9
Windundi
Windundi@windundi·
Lolilo ashobora kuba ariwe mufana wambere wa @bigfizzo1 Ubuheze Fizzo yavuze ko umuhungu wiwe agira asohore indirimbo none na lolilo azany umwana wiwe Canke ni Messi na Cristiano?? 😂😂😂 #vuzaindundi
Windundi tweet media
Indonesia
1
0
1
72
Intore𓋹 Segihembe𓂀
Intore𓋹 Segihembe𓂀@IntoreSegihembe·
Bivugwa ko Kanzigiri yari umukecuru afise iriba mu nzu akama aha amazi ababanyi ariko arabihaniza kuzohimba atagihema. Yoba yahambwe muri ico giti, abimvye iriba ryiwe baba baduhaye ikiyaga Kanzigiri.@ikazeventures ni bo bahazi.
Intore𓋹 Segihembe𓂀 tweet mediaIntore𓋹 Segihembe𓂀 tweet mediaIntore𓋹 Segihembe𓂀 tweet mediaIntore𓋹 Segihembe𓂀 tweet media
Indonesia
3
3
30
5.1K