Alain__César

416 posts

Alain__César banner
Alain__César

Alain__César

@Alain__Cesar

Poet, Humanist, Citizen of the Milky Way Galaxy; I'm taking action to change the world for better.

Solar system, Earth Bergabung Eylül 2022
175 Mengikuti21 Pengikut
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Abavuga ikibazo c'igitoro n'ukubura uko biyunguruza, Ndayishimiye arabafitiye inyishu : "Zirya embouteillages mbona mu gisagara, irya miduga inywa amazi ?" Umukandida wa CNDD-FDD mu matora y'umukuru w'igihugu ya 2027, akaba n'umukuru w'igihugu, yariyemereye ku musi mukuru
Indonesia
4
18
47
5.5K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
Mort d’un caporal à Mabanda : l’association King Umurundi Freedom demande justice #FocodeMagazine | 27 avril 2026 Mabanda, 27 avril 2026 – La mort du caporal Albert Hatungimana suscite une vive émotion au sein du camp de Mabanda. Ce militaire des Forces de défense nationale est
FOCODE tweet media
Français
0
11
22
5.3K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Ndora muri Bukinanyana : abanyagihugu baridogera imisore y'imbonerakure na Wazalendo yahegeranirijwe ! Ubu ni ubutumwa bw'umunyagihugu : "Mwaramutse. Abenegihugu bo ku mutumba wa Muremera, muri zone Ndora ya komine Bukinanyana mu ntara nshasha ya Bujumbura, tubayeho mu
FOCODE tweet media
Indonesia
2
12
22
4K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
#Burundi: Retour sur le dossier MEDIABOX : le 5e épisode des révélations alourdit encore les soupçons #FocodeMagazine | 25 avril 2026 Dans une nouvelle publication diffusée ce 24 avril 2026 sur ses plateformes numériques, l’association King Umurundi Freedom revient à la charge
FOCODE tweet media
Français
3
11
24
6.4K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
#Burundi: Titres fonciers numériques : Audace Havyarimana pointe une réforme à hauts risques #FocodeMagazine | 25 avril 2026 La décision d’imposer l’enregistrement numérique des parcelles continue de susciter des interrogations. Dans l’émission “Akari ku Mutima” diffusée sur
FOCODE tweet media
Français
0
9
13
2.4K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
#Burundi : Au Parlement européen, la société civile burundaise tire une fois de plus la sonnette d’alarme sur la situation au Burundi #FocodeMagazine | Le 23 Avril 2026 Bruxelles, 23 avril 2026. La société civile burundaise ne veut pas laisser le Burundi sortir des radars
FOCODE tweet media
Français
1
21
47
5.6K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
#Mbariza : Uyu munyagihugu arabaza umuyobozi w'ibanki nkuru y'igihugu aka kabazo: Agira ati: "Nashaka kubasaba mutubarize uwurongoye ibanki nkuru y'igihugu BRB impamvu amahera matomato akena ku rugero ruraho. Bigeze aho ikintu coguzwe 300fbu ubu kigurwa 500f, icoguzwe 600f
FOCODE tweet media
Indonesia
0
10
17
2.4K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Mu gihe amaso yose ari ku rupfu rutangaje rw'umushikiranganji Gabby Bugaga, amakamyo 23 yuzuye ibirwanisho yasohotse Camp Mukoni yerekeza i Kobero ! Aya makamyo yari yinjiye mu Burundi ku wagatanu uheze (10.4.2026). Yari yavuye ku kivuko ca Mombasa muri Kenya, aho yakiriye
FOCODE tweet media
Indonesia
0
14
31
12.8K
Alain__César me-retweet
Elon Musk
Elon Musk@elonmusk·
Yes
QST
4.2K
14.3K
88K
20.3M
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
JUSTICE #Burundi | La mort de Belyse Kaneza à la prison de Mpimba révèle le scandale des acquittés et des détenus ayant déjà purgé leur peine, maintenus en prison #FocodeMagazine | 09 avril 2026 Acquittée par la justice, mais jamais libérée, Kaneza Belyse a été tuée à la
FOCODE tweet media
Français
0
9
13
1.7K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Uyu mutegetsi arafise umutima yisangije mu batwara Uburundi uno musi ! Nimurabe namwe, Umukuru w'igihugu kugeza ubu nta jambo arashikiriza Abarundi kuva hadutse ivyabaye muri Camp Base ku mugoroba w'uwa 31.3.2026. Yaranditse aga tweet aba arihereje. Umukuru wa Leta, Nestor
Filipino
12
11
98
15.5K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
#Burundi #IjishoRyUmunyagihugu #Igisirikare 🔴 Abasirikare bashasha bafashwe nabi. Imyidogo ni myinshi. Abasirikare bashasha bakiri mu myimenyerezo bamerewe nabi. Ntibagira ibirato. Imfungurwa zabo ziribwa. Aya makuru ariko ava mu mihingo myinshi iriko iberamwo izo nyigisho.
FOCODE tweet media
Indonesia
7
16
59
13K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
Amakuru duhawe n'abari mu bushikiranganji bujejwe ikigega ca Leta avuga ko bagiye babona Prezida Ndayishimiye ahaza giturumbuka. Ntiyari yitezwe. Yoba aje gushigikira umushikiranganji Alain Ndikumana canke nawe aje gushimangira ivyavuzwe na Reveriyano Ndikuriyo kuri uyo
FOCODE tweet media
Indonesia
4
17
69
20.4K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Prezida Ndayishimiye aha ijambo Abarundi umwaka utanguye, SG Ndikuriyo nawe avuga umusi inyuma ! Ikiganiro gihambaye uno musi kiriko gitangwa na Reveriyano Ndikuriyo, umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD. Mu gihe ijambo rya Prezida Ndayishimiye ata kinini ryavuze (turaza
FOCODE tweet media
Indonesia
4
6
29
11.1K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Aya manyama n'agasuzuguro vya @FomiBurundi biva hehe ? Ishirahamwe FOMI ryarishuye umushikiranganji Alain Ndikumana kuvyo aherutse kuryagiriza imbere y'Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka. Inyishu ya FOMI yuzuye amanyama menshi cane n'agasuzuguro gakomeye ku
Indonesia
9
13
27
8.4K
Alain__César me-retweet
Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮
Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮@pnininahazwe·
La sécurité du Ministre des Finances, Dr Alain Ndikumana, est menacée par une sorte de mafia à la burundaise (il cite la société FOMI qui réclamerait à l'Etat des payements indus : près de 80 milliards). Alain Ndikumana l'a annoncé au Sénat le 27.12.2025. #Burundi 1/2
Français
2
20
103
17.4K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
#Burundi : SOPEBU et carburant : punir l’attente pour masquer l’échec 🔴Éditorial – #FocodeMagazine | 22 décembre 2025 Par le communiqué référencé SOPEBU/33/DG/2025, signé par son Directeur général, M. NDAYIZEYE Samuel, la Société Pétrolière du Burundi (SOPEBU) a choisi de
FOCODE tweet media
Français
0
6
14
4.3K
Alain__César me-retweet
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Ubuzima bwa Lieutenant-Colonel Patrice Manirakiza bwoba butitaweho bikwiye ! Lieutenant-Colonel Patrice Manirakiza ni commandant wa bataillon TAFOC ya 18 yahora kugwana muri RDC. Mu gatondo ka kare k'uwa 06.12.2025, iyi ntwazangabo yararashwe mu buryo bwatangaje benshi, mu
FOCODE tweet media
Indonesia
1
11
22
5.3K