The Fighter NtareVI🇧🇮

190 posts

The Fighter NtareVI🇧🇮 banner
The Fighter NtareVI🇧🇮

The Fighter NtareVI🇧🇮

@1_Mandevu

Mettez-vous à la place de l'autre et pensez à ce que vous ressentiriez si on vous fait la meme chose. c'est ce qui manque à bcp de gens.

Katılım Ocak 2022
85 Takip Edilen93 Takipçiler
Sihoturi 1er
Sihoturi 1er@Sihoturi·
#Abatwip Bosco Simbakwira (Saga Plage) yitavye imana. Uwu nomushira mu bateje imbere igisata c'imyidagaduro mu #Burundi mu myaka ya 2000. Naho dossier Soso K nyene ica yivangamwo.
Sihoturi 1er tweet media
Indonesia
6
1
25
10.8K
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
Elsie Gretta Burundi🇧🇮@iamelysgretta·
🛑JEAN BOSCO SIMBAKWIRA NTAKIRI MW'ISI Y'ABAZIMA. #BOSCO_SAGA_PLAGE Yamenekanye cane mu myaka ya 2000 aho yubaka ikibanza c'ingenzi (espace #touristique) ku kiyaga #Tanganyika. Muri ico kibanza bita #Saga_Plage niho havuye izina ryahavuye rimufata benshi bamenye rya "Bosco Saga Plage" canke #Bosco_Saga. Jean Bosco SIMBAKWIRA yateje imbere igisata c'ingezi,aho #Saga_Plage yarimwo uburiro,ubunywero, n'uburaro,ndetse vyatumye hari n'abaza kuhasamira akayaga n'ibinonora imitsi mukuhakinira Volley Beach na Football Beach. Bosco Saga yaraterereye cane mu gisata c'umuziki mu Burundi. Abaririmvyi bataribake barakoreye ibiteramo kuri Saga Plage,hari n'abaririmvye indirimbo z'ico kibaza ndetse hari n'abamuririmvye. Mu myaka 2000 ,umuririmvyi #Kidum yashize hanze urukurikirane yise "YARAMENJE",muri urirwo harimwo indirimbo yise "Ntukagire umutima uhagaze", muri iyo ndirimbo harimwo izina SIMBAKWIRA,mu ntumbero yo kumuha icubahiro (dédicace). Hari amakuru avugako Jean Bosco SIMBAKWIRA yoba yarafashije Kidum mu kumushigikira gutunganya no gushira ahabona iyo album. Mu 2003, umuririmvyi #Lolilo yarakoze indirimbo yise #Saga_plage (Saga Plage ni moto),mu ntumbero yoguhayagiza no kumenyekanisha ico kibaza cahurumbirwa cane n'abantu bava mu mihingo yose. Kuva mu 2002 gushika 2007 ,kuri #Saga_Plage harabera ibiteramo vy'umuziki. Abaririmvyi nka #Big_Fizzo, #Lolilo , #Nziza_Désiré, #Silas_Damara n'abandi barahakoreye ibiteramo. Imirwi nka SEY (Sam Over Mix,Ednaky na Yakuba) batazira Kiradodora, umurwi #L2MA, #Buja Unit waba Elivis Mapozi, tutibagiye umurwi #BLACK IS BLACK wa #Soso-K nabonyene barahakoreye ibiteramo bitari bike Umurwi #BLACK _IS_BLACK wahakoreye ibiteramo nka vyose muri carrière yawo gushika #Soso-K agadaguwe, arashwe hafi yaho yaba mu Bwiza hari kuwa 26 Munyonyo 2006. Jean Bosco SIMBAKWIRA yari umwe mubafata mu mugongo mugushigikira ibikorwa vy'umurwi BLACK IS BLACK wa Soso-K, Pipen Rick Dog na Peraps. Aho kuri Saga Plage abaririmvyi batari bake barahakorera amasanamu(clips video) bakoresha mu ndirimbo zabo mu ntumbero yokwerekana ubwiza bw'igihugu. Jean Bosco SIMBAKWIRA yitavye Imana azize uburwayi, kuri uno wa Mungu igenekerezo rya 3 Rusama 2026 kuri Kira Hospital. Imana imuhe uburuhukiro bwiza. #musique
Elsie Gretta Burundi🇧🇮 tweet mediaElsie Gretta Burundi🇧🇮 tweet media
Indonesia
7
3
29
13.2K
🇧🇮🇹🇼🇦🇴🇮🇱חבר
@1_Mandevu @yigenga Dubai abantu bagendesha bambaye inkambambiri , Qatar , inde , na brezil na angola ,no Mubushinwa uragendesha rero sinzi i buraya nahandi navuze ahantu namaz gutembereza ndazambaye
हिन्दी
1
0
0
50
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Amande yo gutwara imodoka wambaye ikambabiri 😂😂iki gihugu ni danger... abantu babure igitoro nuwuronse duke ngo utwaye wambaye babouche 😂50.000
Umuhinga yigenga tweet media
Indonesia
15
8
66
19.8K
The Fighter NtareVI🇧🇮
The Fighter NtareVI🇧🇮@1_Mandevu·
@GregLeGrecq murino minsi arakeneye intoke zoroshe zimwagaza murarya mabigibigi kuko niveau yubujujue agezeko iteye ubwoba...iza njelina zafashe umuheto harivyo zitagishobora
0
0
5
875
Greg Le Grec
Greg Le Grec@GregLeGrecq·
Deuxième Dame aragarutse hafi ya Gipupuzi 🙆🏽‍♂️😂
Greg Le Grec tweet media
Română
12
3
54
8.1K
Dr Guy Karema, PhD
Dr Guy Karema, PhD@guykarema·
🔴 Un montage excessif appauvrit l’information. À force de couper, on ne retient que des réponses sèches, privées de nuances. Or, une interview doit permettre à l’invité de développer sa pensée et de convaincre. Exemple : « Si ce n’est pas l’incendie qui a ravagé le Camp Base, qu’est-ce que c’est alors ? » Quand on a face à soi un invité exceptionnel, véritable source d’éclairage, il faut exploiter toute la richesse de son discours. Le rôle de l’intervieweur est de guider, pas de réduire.
Yaga Burundi@YBurundi

⚠️ Exclusivité : Evariste Ndayishimiye, président de la République, grand invité de Yaga. Sera-t-il candidat en 2027 ? Quelles sont les raisons de la libération d'Alain Guillaume Bunyoni ? Quel est son point de vue sur l'incendie récemment déclaré dans le dépôt d'armes du “Camp Base” dans la ville de Bujumbura ? Pourquoi les relations entre le Burundi et le #Rwanda restent-elles en dents de scie ? Quelle est la position du #Burundi sur la candidature de Macky Sall ? Quelle solution durable face à la pénurie de carburant ? Le président #Ndayishimiye se livre à cœur ouvert au micro de Yaga. Cette émission a été enregistrée le 15 avril 2026 et voici son intégralité : youtu.be/CaWnsy69FK8 #GrandFormat #politique

Français
14
15
71
21K
The Fighter NtareVI🇧🇮
The Fighter NtareVI🇧🇮@1_Mandevu·
@yigenga yari yambaye ibutura kuko yari yiriwe gukina golf, hari nabagenzi yahaye irengwe mucarama, gusa igitangaje nuko clés zimodoka bazisanze mugasakoshi agendana zidacometse mumodoka, yarishwe harya hantu ntakintu yagonze kiboneka
Indonesia
0
0
1
480
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Ministre 5 h du matin , mwikabutura? naho yoba akubagana gute... en plus mukivoga...
Indonesia
29
4
102
29.3K
Pierre Kasuku
Pierre Kasuku@KasukuPierre·
@1_Mandevu @Burundi1stLady Aho none abo mwasize mu gihugu bakoresha iki? Be mureka kudedemba...nawe uwo wita amazina umenyeko ari vyiza kubwaha abaganza.
Filipino
1
0
0
16
🚁
🚁@Ngendambabaye·
@iamelysgretta shaa ibi ntibihuye kbsa guta passport nukwiyambura ko uri umurundi !!ntimuze muritiranya ibintu mubihuza namafuti !!abagiye tubifurije kurinka mais ib namafuti reka kumwataka
Filipino
1
0
1
636
The winner
The winner@hervinohervino·
@iamelysgretta Madame donc tu supportes ces gens qui ont jetés las passports dans les poubelles?
Français
2
0
0
999
Gerry Callahan
Gerry Callahan@GerryCallahan·
This is perfect. ICE agent: “If you cared, you would care about the child who got raped and the person who got murdered by the guy we’re looking for. “ Awful, ugly white lady: “I don’t care.” The entire insane national debate encapsulated in 20 sec.
English
6.1K
24.8K
111.1K
43.5M
The Fighter NtareVI🇧🇮
The Fighter NtareVI🇧🇮@1_Mandevu·
@GregLeGrecq jewe sindabibona nko kudukurako agashambara! abarundi twanka uwuvuga ukuri kwacu, hubwo nibabandanye ukuri kumenyekane turarushe
Indonesia
0
0
1
366
Greg Le Grec
Greg Le Grec@GregLeGrecq·
Nta masaha 10 arahera Gipupuzi ahawe gutwara Union Africaine none raba baratanguye kudukurako agashambara!🤦🏽‍♂️
Greg Le Grec tweet mediaGreg Le Grec tweet media
Indonesia
15
2
44
8.6K