Akanyuma
112 posts


Birazwi ko Igisirikare ca Congo kuva kera ata discipline gifise, abanyarwanda ntibace bibaza ko Uburundi buca buhagarika gukingira imbibe zabwo bahereye muri Congo. Mamayangu #TUZOBAMESA. ( AKA KAJAMBO NARI NDAGAKUMBUYE).
#Umunyoni.
Indonesia

Umushikiranganji w’inkino i South Africa 🇿🇦 @GaytonMcK yasavye umukuru w’ inama nshingamateka ko urwaruka rwose rudafise akazi ruhabwa imyimenyerezo ya gisirikare maze rukarungikwa muri Congo kurwanya umuhari #RDF_M23 kandi ko nawe azoja imbere ku rugamba.

Indonesia

@Patriote257 @PaulKagame @SadateMunyakazi @EgidieBibio Wangegera we bikubabaje he ko aritwe bireba gaswere
Indonesia

Munama Umunyagitugu @PaulKagame yakoranye n’ abashikiranganji biwe ejo hafashwe ingingo yo kuduza ibiciro kubintu nka vyose bicuruzwa mu Rwanda harimwo n’ ibifungurwa
Ivyo biruko mugihe vyabijuju nka @SadateMunyakazi na @EgidieBibio bishinyagurira abaturage ngo FPR n’ ubuzima

Indonesia

@Patriote257 Hhhhhhhh ntamwaku nko kuba umurundi noneho bikaba akamaramaza kuyoborwa na kiriya kigoryi ngo ni sebarundi
Filipino

@semavumba Muhame hamwe turabaziye mwanterahamwe mwe mubwire nicyo kigoryi ngo ni neva ko tuzamumesa
HT

BANDANYA MWIKORERA CONTENT ZANYU, NTIHAGIRE ABABADURUMBANYA...
HARI INGEGERA IYO ZIRONSE OPPORTUNITE YICO ZIVUGA KUMU INFLUENCER ZIBA ZIRONSE AMAHIRWE YA PROPAGANDE YABO YIVANGURA ZIFISE. NDABUJIJE ABIVANGA MURI ENTERTAINMENT YACU. COURAGE HOSY IRAKOZE...
#Umunyoni

Indonesia

@semavumba ubanze ubwire kiriya kigoryi ngo ni neva yongere ubwenge bwimitekerereze
Filipino

Abababajwe n Akazi kanje ka politike bamenye ko nzogahagarika amatora aheze...
#Umunyoni.
HT

@semavumba uzabwire neva yongere ubwenge bwimitekerereze ninjiji mbi umubwire avane nabariya ba soda be congo
Filipino

Abanyarwanda bashaka bohagarika Burundu gutyoza Umukuru w Igihugu cacu. Kuko dufise natwe vyinshi twomuvugako ariko ntamwanya tubiha. Mukabandanya Muzotumenya...
#Umunyoni.
Filipino

Intare iruta izindi, umugabo w’ ijunja n’ ijambo, inserukarukamvye, umugumyabanga, Sebarundi, Samuragwa, Intumwa y’ Imana mu Burundi
Nyenicubahiro @GeneralNeva 🇧🇮👊🦅❤️🥰

Indonesia

@uwimaclarisse @betPawaRW Hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh uyu ni flop yigendera
Türkçe

Icyo mbaza ni kimwe.
Lague akoze amahitamo meza?
Rayon Sports ibuze umukinnyi?
#Bet with @betPawaRW

HT























