CNDD-FDD BURUNGA

166 posts

CNDD-FDD BURUNGA

CNDD-FDD BURUNGA

@CBurunga

Katılım Mayıs 2024
90 Takip Edilen751 Takipçiler
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,kur'uyu wa 6 igenekerezo rya 28/3/2026, Abagumyabanga bo muri zone Gatabo baramutse bigina intsinzi baherutse kuronka mu matora Ya 2025,bakaba banakenguruka kuvyiza leta Mvyeyi idasiba kubagirira,ivyo birori vyatewe iteka n'ubuserukizi bwa @CnddFdd muri komine Makamba
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
4
32
40
482
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,batewe iteka n'ubuserukizi bwa @CnddFdd muri komine Nyanza,kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 22/3/2026, Abagumyabanga ba zone Muyange baramutse bigina intsinzi baherutse kuronka,CIZA Elias Umunyamabanga muri komine yabasavye gukora bisunga imbona kazoza y'igihugu
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
6
16
24
428
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi Hasozerewe inyigisho z'umugambi turerere Uburundi kuri uyu wa 08/3/2026 kumurwa mukuru w'intara ya Burunga zariko zihabwa abakenyererarugamba b'imboneza bavuye muma komine yose agize intara. Abo bazihawe bakazoca baja kwigisha abandi muma komine no muma zone. @CnddFdd
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
6
37
45
422
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
Burundi,mu ntumbero yo guteza imbere igitirwa c'ivoka,bitewe iteka n'umunyamabanga @CnddFdd muri komine Makamba, kur'uyu wa 6 igenekerezo rya 7 Ntwarante 2026,hatangujwe ibikorwa vyo gutunganya amatuta azorwirizwamwo ico giterwa muri zone Ya Gitaba,hasozereye inama y'indongozi
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
1
34
34
345
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,kur'uyu wa 6 igenekerezo rya 7 ntwarante 2026, abagumyabanga bo muri Zone Musongati Komine Musongati baramutse baja gukorerera umurima w'ikawa wa @CnddFdd. Mw'ijambo ryiwe, Damascène ARAKAZA icegera c'Umunyamabanga muri Komine yabasavye kuyibungabunga no kuyisasira neza
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
4
34
43
428
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi Hasozerewe igice cambere c'inyigisho z'umugambi turerere Uburundi kuri uyu wa 1/3/2026 kumurwa mukuru w'intara ziriko zihabwa abakenyererarugamba b'imboneza bavuye muma komine yose agize intara ya @CBurunga. Izo nyigisho zikazobandanya kuwa Gatanu uza. @CnddFdd
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
0
28
34
445
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi Ibikorwa vyo kwigina intsinzi no gushimira Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu Evariste NDAYISHIMIYE kumigambi myiza yaranguriye mu makomine agize Burunga, vyasozerewe muri Komine Rumonge,kuyu wa 28/2/2026,bitewe iteka na Sylvain Nzikoruriho Umunyamabanga wa @CnddFdd muntara
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Filipino
4
39
48
721
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,kur'uyu wa 27/2/2026, ubuserukizi bw'umugambwe @CnddFdd muri komine Musongati batanguje igisabisho mpuza madini co gukengurukira Imana buca kibandanya,bakaba batewe iteka n'umunyamabanga w'umugambwe mu ntara,mw'ijambo ryiwe, yabasavye kujana n'imbona kazoza y'igihugu
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
7
36
43
533
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,muri za ngendo barimwo, ubuserukizi bwa @CnddFdd muri Komine Musongati bagendeye abagumyabanga ba zone Kiguhu kur'uyu wa 25/2/2026,babasavye kwama babumbatira amahoro n'umutekano no kwitaho ibiterwa njabuka mazi nk'amavoka n'ikawa ngo bajane n'imbonakazoza y'igihugu
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
8
36
41
639
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi Abagumyabanga bo muri Komine Matana biginye intsinzi kuri uyu wa 21/02/2026 bongera bakengurukira Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, kubikorwa vyiza vyakozwe muriyo Komine. Ibirori bikaba vyatewe iteka n'Umunyamabanga w'umugambwe muntara ya @CBurunga
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
6
36
44
917
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,kur'uyu wa 5 igenekerezo rya 20/2/2026,ubuserukizi bw'umugambwe @CnddFdd muri komine Musongati bagendeye indongozi zinyuranye zo muma zone ya Muzye,Giharo, Gakungu na Butezi.Basabwe gutunganiriza neza abo bajejwe bisunze amategeko no kwitwararika ibiterwa njabuka mazi
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
5
29
38
492
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,kur'uyu wa 4 igenekerezo rya 19 ruhuhuma 2026,ubuserukizi bw'umugambwe @CnddFdd muri komine Rutana,bishikiye kukivi mu ma zone ya Bukemba, Butare, Kinzanza,Nyakuguma,Gitanga, Rongero na Rutana baraba uko imirima y'amavoka n'ikawa yifashe ko ibagaye kandi isasiye neza.
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
3
26
32
807
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,mu ntumbero yo kubandanya kwishikira kukivi kuraba uko imirima y'amavoka n'ikawa yifashe,kuyibagarira, kuyisasira no kuyitabira,kur'uyu wa 4 igenekerezo rya 19/2/2026 2026,ubuserukizi bw'umugambwe @CnddFdd muri Komine Makamba batanguye kugendera ama zone agize iyo komine
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
2
29
33
378
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi Kwigina intsinzi y'amatora ya 2025 birabandanya. Kuri uyu wa 14/02/2026, abagumyabanga bo muri komine Bururi biginye intsinzi bongera barashimira Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu @GeneralNeva kuvyiza yabakoreye mukubaronsa amazi, amatara hamwe n'ishure y'indaro y'imyuga.
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Filipino
3
29
44
696
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,basabwa kurwanya akaborerwe n'amarigara,umwe wese yihe ihangiro ry'ibikorwa bimuganisha ku mbona kazoza y'igihugu,ayo yari amajambo y'umunyamabanga @CnddFdd @burungaProvince Sylvain NZIKORURIRO aho abagumyabanga bo Ku mutumba Muzye bigina intsinzi kuwa 13 ruhuhuma 2026
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Filipino
7
32
41
389
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,buzuye akanyamuneza kenshi,kur'uyu wa 4 igenekerezo rya 12 ruhuhuma 2026,batewe iteka n'umunyamabanga muri komine Musongati, Abagumyabanga bo ku mutumba wa Runyoni muri zone Musongati bari baramutse bigina intsinzi itagabanije baherutse kuronka muri 2025 @CnddFdd
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
13
35
48
512
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,kur'uyu wa 12/2/2026, Ubuserukizi @CnddFdd muri komine Makamba bagiwe imbere n'umuyamabanga bagendeye abagumyabanga ba zone Gitaba mu bikorwa vyo gusasira no kunagura ikawa yatewe muri wa mugambi wo gushigikira ibiterwa njabukamazi,basabwe kwama bayibungabunga. @CnddFdd
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
2
33
39
409
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,muri za ngendo arimwo zo kwishikira kukivi,Uwurongoye umuhari w'Imbonerakure muri @burungaProvince ,kur'uyu wa 11/2/2026,yagendeye komine Matana, yabasavye kugendera akarangamutima no kugwiza amashirahamwe yo kwiteza imbere mu kujana n'imbona kazoza y'igihugu. @CnddFdd
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
8
37
50
824
CNDD-FDD BURUNGA
CNDD-FDD BURUNGA@CBurunga·
#Burundi,mu ngendo barimwo zo kwishikira kukivi kuraba ko inzego zose zihari kandi zitunganiriza abo zijejwe,kuraba ivy'umutekano , kwijukira iterambere,kur'uyu wambere igenekerezo rya 2/2/2026 ubuserukizi @CnddFdd muri komine Rumonge bagendeye ama zone ya Muzenga na Buyengero
CNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet mediaCNDD-FDD BURUNGA tweet media
Indonesia
3
47
64
521