
Capitaine Chris
556 posts


@ElvisRabbouni @Sir_Umuhirwaa2 @IrebeFM @satb257 @belle9ice we uri rofa nani? uzi abantu bize ingo zananiy ukuntu bangana? muri eac ushats kuvuga uzi ama divorces y'abaririmvyi amaze kuba? aho wahubutse muta
Indonesia

@Sir_Umuhirwaa2 @IrebeFM @satb257 @belle9ice Iyo mihimbiri atamashure ifise yokwubaka Ingo! Burya kuba warize birafise akamaro , succes without Knowledge is nothing
Filipino

Music-entertaiment 🇧🇮🌟
Mu kiganiro aheruka guha @IrebeFM , @satb257 yaramenyeshejeko atakiri kumwe nuwahoze ari umukunzi we @belle9ice.
#UMUHIRWA



Filipino

@Sir_Umuhirwaa2 Wewe urimpene! Mwende daily utaruhuka mpaka iyo nda ayisamye hama uce umutwara Kandi bizorwa muri kwa kw'icenda canke 2027 ushaka.
Ivyo kugutirimutsa vyovyo bishire ku ruhande, nta mugabo atsindwa rero nawe ntutsindwe
Filipino

" twarafyirigise ivyo dufyirigita na chéri wanje. Ukwezi kurahera ambwira koyoba yarasamye kuko..."
#18hTea
🔴 1/3





@Sir_Umuhirwaa2 kigoryi abagabo nkabo barabuze niw asigay wenyen, akora tize y'ubuhe bwoko?😅
Filipino

" financièrement Imana yaraduhezagiye turi très stable, niwa muntu bose bambwira ko nishuwe..." 🔞💀
🔴 1/3




umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu This is a safe place, Sesa umucerii 🔥 #Weekend ngl.link/umuhirwa42
HT

@Sir_Umuhirwaa2 bandarya urya icana, kutamwikorey ku mutwe ufis ikibazo ikihe?
Filipino

" J'ai une voisine turi close sana, with some benefits. Sasa tukri bato on flirtais bcp..." 🔞
#CommentsGang🗣️



umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu This is a safe place, Sesa umucerii 🔥 #Weekend ngl.link/umuhirwa42
Français

" nifitiye umugabo tugendana hano kndi afise umugore gus umugore wiwe ar hanze ... " 🔞
🔴 1/2




umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu This is a safe place, Sesa umucerii 🔥 #Weekend ngl.link/umuhirwa42
Filipino

@Sir_Umuhirwaa2 haha umugaburiye amezia abiri none utanguye kumuvuga? usanga yarigez kugutunga nka 5ans atakazi uraronka kandi ndazi ntiyigeze akuvuga, abagore ga Mana, gusa n'Imana yarabivuze k'umugabo ari kurya arushe umugore naw akavyara bigoranya, akazi karagabuye natimbe umwararaz
Filipino

" un jour naranabuz amaher ya bus yo gutonda kukazi. Salaire yanj arayizi ni autour de 2millions..."
#Abatwip


umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu This is a safe place, Sesa umucerii 🔥 #Weekend ngl.link/umuhirwa42
Filipino

It’s only March… and we might already have the Song/Video of the Year 🚀🥵
#TelAviv by @satb257 is out Now : youtu.be/h3lO774X-7o?si…

YouTube
English

@Sir_Umuhirwaa2 hahha we rero uba wibaza umuntu yogukubita izo service zose atari so wawe cnk musaza wawe ukibaza ngo birijana nkuko? bamureka gufyinata, ugira yarabuze umuntu wo muri famille yobikorera? ahubwo uraraba umuhe rimwe gusa sha kugira naw ntabe yarakoreye ubusa, impanuro ya gusa😅
Indonesia

" ndakoma induru ndarira ndamubwira et je suis vierge ndagusavyeee ntubikoree..." 🔞
#18hTea
🔴 1/4




Eesti

@Sir_Umuhirwaa2 ahubwo ntukomey neza mu mutwe, urashaje mais ufise udu conditions twa fake nka 200; uwo muntu ukeney uzomwiremere
Indonesia

@Sir_Umuhirwaa2 sasa nahize ahantu hari ikibazo nahabuze, reka kutumena umutwe wana
Filipino

" kuko jewe sinashobora kuva mu cumba, ariko amabanga yabubatse twarayabandanije..."
#18hTea
🔴1/3




umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
" aca amuterura akamwinjiza mu cumba baryamamwo n'umu bonne kandi ari indani ..." #18hTea 🔴 1/3
Eesti

" Jewe ndi umuyaya Narahejejee ishure, mfise n'abagenzi bahejeje ishure barera abana nkanje ..."
#18hTea
🔴1/2




हिन्दी

" narahejej ishure na uni narabuze akazi mva iwacu nza Buja kuronder akazi ubu jw ndumuyaya ndera..."
#18hTea
🔴 1/2





@Sir_Umuhirwaa2 @johnelarts haha nukubayoboza agakoni k'icuma
Indonesia

🇧🇮🇷🇼 Sector ya Video production iyobowe na @johnelarts .
Bati : twisanze hano gute 😀
Keep up the work John 🌟


Filipino

🛑‼️ Imiserebende ya #Fdnbi n’Imbonerakure , bakubiswe ama box kumatama naba mai mai raba nabo uko baba basa bucafu barafatwa ikintu cambere babesha yuko ari aba #RedTabara , hewe shahu #Kilogologo nkimba ari ubwo bucafu utugemurira gumana hiyo 😂😂😂
#Twirwaneho , kubita Imiserebende 🫡

Filipino

@CAF_Media honte à vous la CAF, nous avons déjà savouré la victoire du Sénégal, le reste on s'en fou
Français

Le Jury d’Appel de la Confédération Africaine de Football (CAF) a décidé, en application de l’article 84 du Règlement de la Coupe d’Afrique des Nations (CAN), de déclarer l’équipe nationale du Sénégal forfait lors de la finale de la TotalEnergies CAF Coupe d’Afrique des Nations Maroc 2025 (« le Match »), le résultat étant homologué sur le score de 3-0 en faveur de la Fédération Royale Marocaine de Football (FRMF).
cafonline.com/fr/infos/decla…
Français

@WilsonLixon wa mbawe uwutazi ko kagame yitwaza gutabara abanyamulenge kugira yibe inzahabu za congo ikindi abamariye nigiki? ko yemera no kubica kugira yerekane ko bageramiwe akaca asahurira mu nduru, ninde atazi kari mcezo wa ndani? uzubeshe abandi nani, uwucinya inkoro ni mwebwe
Indonesia

@___GOD_FATHER @AthousandBrains @MahoroMpa @GasoreTheoneste @Karinganire_Has @KayinamuraJose8 @rufagari @HTugende7198 @UmutesiRDC @ScoviaMutesi @GByaruhanga01 wa mbawe uwutazi ko kagame yitwaza gutabara abanyamulenge kugira yibe inzahabu za congo ikindi abamariye nigiki? ko yemera no kubica kugira yerekane ko bageramiwe akaca asahurira mu nduru, ninde atazi kari mcezo wa ndani? uzubeshe abandi nani, uwucinya inkoro ni mwebwe
Indonesia

Makanika yarabavumye murakamesa.
👿👿👿👿👿👿
#Utugara tuzapfa nabi twangara, dusabiriza,duhakwa,ducinya inkoro😁
Gusa nuwarya imbwa yarya inzungu sinahakwa kuri NEV MBA ndoga Cyamatare😁
Ngo buri gushimira Neva kubera ko yishe bene wabo?
NB: u Rwanda murukure mukayozo kanyu.
Indonesia

@Sir_Umuhirwaa2 none ko wumva mwakenye mugashaka kuguma mubayebo muri bwa buzima, we mugabanye standard muriko mwemere kuja kuba muri quartier za fake, muhindure imirire, abana baje kwiga ku mashure ya make, aho umugabo ntazosubira kubona ko uzobanza kuja kumaraya kugira mubeho
Filipino

" ngo nemerere ba bagabo tugendane hama turonke amahera yo kubaho, kandi ngo naho mazu..."
🔴 1/2




umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu, This is a safe place Sesa ubufu, sesa umucerii 🔥😁 #Weekend ngl.link/umuhirwa42
Filipino











