FOMI S.A retweetledi

Ihinguriro ry'Intabire nziza #FOMI riripfurije Umusi Mukuru mwiza abakozi bose canecane abarimyi.
Twiyemeje gukora tutiziganya ngo dushitse ihangiro ry'Uburundi buteye imbere mu mwaka w'2060.



Indonesia
FOMI S.A
181 posts

@FOMI_BURUNDI
Première usine de fabrication d'engrais organo-minéraux au #Burundi et parmi les rares qui existent dans la sous-région







































Ihinguriro ry'intabire #FOMI riramenyesheje ko ryarengeje amatoni 58.000 yasabwe n’abarimyi mu gice c’irima 2024 A. (Twahinguye amatoni yababa 60.000). Dusavye abarimyi kwubahiriza ibipimo, maze ijuru rigenze neza umunwa wose uronke ico ufungura umufuko wose uronke amafaranga .



