

Gadaa
17.9K posts














🛑‼️ Reka ndabasubize inyuma , abari bakiri abana mumyaka 20 iheze, na cane cane aba #DD , n’Imbonerakure barabe kandi bumve ijambo nyakubahwa , @PaulKagame , yavugiye imbere y’isi yose,igihe #Cndd yahabwa Igihugu na #Buyoya , mw’umve amajambo yahavugiye kandi y’inkora mutima mw’umve ukuntu aza guheza ijambo arivuze hanyuma mwandike mwige yuko ivyo yahavugiye arivyo amaze gukorera Urwanda n’Abanyarwana , ariko Uburundi ivyo yabasabira ahubwo mwakoze igihushanye nivyo yahavugiye, rero rwaruka Urwanda nigwigeze ruba umwansi w’Abarundi ejo bundi nyakubahwa yahaye ukuboko #Never, sukuvuga yuko atoshaka kutamuramutsa Ahubwo ni kubera ntawanka kuramukanya n’umubanyi , Ariko ndabibutsa yuko igihe cose Uburundi butazoshaka kugirana umubano mwiza n’Urwanda ntaco bizotwara Urwanda, na Korea zombi zibayeho kandi ata usaba uwundi kandi muneza, yabo bose . Rero rwaruka murabe mwige iyo mubeshwe na #Cndfdd yuko Urwanda ari Igihugu c’abatutsi ngo gishaka gutwara akarere uko nukubabesha , iyo #Cndd , ivuze yuko umwansi ari hakurya uko nugushaka kwigumiza kubutegetsi, iyaba Urwanda rwari kuba rufise uyo mutima rwari kuba rwarateye Uburundi,. Ndabibutsa yuko , Radjabu yari umuntu yigira cane kwa nyakubahwa Paul Kagame 🙌🏽 #Intarezamwezigisabo


"PALIPEHUTU ADC IKIBIRI CNARED nivyo vyabujije ko uburundi bwubakwa kuva 2005-2020." Umukuru w'igihugu

🎥 AMASHUSHO 🎥 Abasirikare ba #M23 bahase igiti mugenzi wabo wari wagaragaye mu bikorwa byo guhohotera abaturage. Uyu musirikare nyuma yo guhanirwa imbere y'abaturage, Commandant we yabasigiye numéro ye ya Telefoni kugira ngo bazajye bamuhamagara mu gihe hari umusirikare babonye ari mu bikorwa bidakwiye.





Sure, the Taliban’s grip on Kinshasa is stronger, but US sanctions on Kabila bring the odds of AFC/M23 voluntarily giving up Goma & Bukavu while Tshisekedi/UDPS is still in power close to 0% lol So the “Sudanization” of the DRC Kabila warned about is slowly becoming a reality 🤷🏾♂️





🇺🇸🇸🇴 Trump on Somalia: "filthy dirty, disgusting dirty, all they do is run around shooting each other." On Ilhan Omar: "she married her brother. Isn't she despicable, we ought to get those people the hell out." The speech has no brakes.