
@CAGUWA_2 Bitagoye kumumenya.
Hari abaja kuri terrain bishushe n’abandi bajayo vyahoze. Kandi naho nyene bivana n’ico bakoze.
Abo ndaba cane ni Scovia na New times umwe yatwereka ibirwanisho vyafashwe muri Goma n’imicungararo yaho.
Abandi sindabazi ariko ndashima cane ibikorwa vyabo
हिन्दी








