Misigaro Déo

9.9K posts

Misigaro Déo

Misigaro Déo

@MisigaroDo2

Citoyen Lambda

Burundi Katılım Eylül 2018
3.3K Takip Edilen1.6K Takipçiler
Misigaro Déo retweetledi
NIBIGIRA
NIBIGIRA@nadine79_nadine·
Uwumvise izi ndirimbo kuri Radio-Télévision Nationale du Burundi aciyubwenge cane ntari musi ya 45 ans kiretse yavugiye munda,ha ha ha
Română
10
17
103
10.1K
Misigaro Déo retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Iyo bumenya umwe bwari ikindi Kera amapfa yarateye, hanyuma haba umugabo yagomba guhenda umugore wiwe ngo aronke ingene amucura. Wa mugabo abwira umugore ati : Ubu jewe ndi n’indwara kandi numva ndemvye. Mugabo ndiyumanganya nkiriho. Ariko ukabona nguye ntuze kumvyura. Na we wa mugabo yari yarazitse ikibindi c’ubuki mu kibeya, ni na co vyamusuka ko. Agahengera ku gasase akarerembuza amaso ati : Ikizunguzungu, ikizunguzungu. Na we wa mugore akajumararirwa. Wa mugabo bikamushusha nokurica kibeya ngo gwi! Akarengera kuribwa ubuki akagotomera, bugingo ahimvye agahaguruka ati : Ewe Mana y’i Burundi unkuyé habi ! Wa mugabo akama abijira iminsi yose iyo bagiye gukora ha hantu. Uwundi munsi wa mugore ari wenyene aribaza ati : Iyi ndwara yama ifata umugabo wanje ikamutura kuri kinya kibeya, je ngira nje kuraba ikiri ho. Aragenda, ahasanga ikibindi. Ati : Emwe bagore turahendwa ! Aca agikura ho agishira ahandi. Haciye iminsi ibiri, bagaruka gukora. Wa mugabo ngo agire aja kugwa ha handi, asanga harera. Aca aravyukirana, ati : Wa mugo, nta co wankuriyemwo a ? — Nagushiriye hano. — Zana dusangire. — Ubu nyene nanje ndahigerera. — None hari uwundi nari nazaniye ? Baranywa, barashira akanyota, basubira ku kivi. Kuva ubwo, wa mugabo ntiyabaye agisubira gucura umugore.
Umuhinga yigenga tweet media
Filipino
3
7
37
7.7K
Misigaro Déo retweetledi
KABURAHE
KABURAHE@AntoineKaburahe·
La presse burundaise recueille la parole officielle.
KABURAHE tweet media
Français
13
10
44
31.1K
Jen Michel Jmy
Jen Michel Jmy@JamyMichel1·
Mwibaza ko iki kibazo c’ibitoro kizotorerwa inyishu? Ryari? Gute?
Indonesia
15
1
15
7.8K
Misigaro Déo retweetledi
Fabrice Manirakiza
Fabrice Manirakiza@FabriceManirak1·
#Burundi : Faisons le tour dans le Budget général de l’Etat 2025/2026 pour voir les Frais de mission à l’étranger pour les hauts dignitaires et des fonctionnaires de certaines institutions de l’Etat : 1. Présidence •Voyages officiels du chef de l’Etat : 3.000.000.000 BIF •Missions officielles des fonctionnaires à l’étranger : 4.500.000.000 BIF 2. Vice-Présidence •Voyages officiels du Vice-président : 273.333.336 BIF • Missions officielles des fonctionnaires à l’étranger : 193.083.336 BIF 3. Primature • Voyages officiels du Premier ministre : 231.666.666 BIF • Missions officielles des fonctionnaires à l’étranger : 240.5000.000 BIF 4. Assemblée nationale • Voyages officiels du président : 512.000.000 BIF • Voyages officiels des vice-présidents : 376.000.000 BIF • Missions à l’étranger des députés et des fonctionnaires : 903.837.780 BIF • Missions pour l’EALA : 70.000.000 BIF • Mission pour le Parlement panafricain : 136.150.000 BIF 5. Sénat • Voyages officiels du président : 511.891.900 BIF • Voyages officiels des vice-présidents : 375.945.950 BIF • Missions à l’étranger d es sénateurs et des fonctionnaires : 27.000.000 BIF • Missions pour l’EALA : 60.000.000 BIF • Mission pour l’ASSECAA : 250.000.000 BIF • Mission pour le Parlement panafricain : 126.100.000 BIF Source : La loi n°1/12 du 24 juin 2025 portant la fixation du Budget Général de la République du Burundi pour l’exercice 2025/2026
Fabrice Manirakiza tweet media
Français
3
13
38
9K
Misigaro Déo retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
"Emera ko vyabananiye" Faustin Ndikumana
Filipino
11
29
133
9.8K
Misigaro Déo
Misigaro Déo@MisigaroDo2·
@megamindology Il était le secrétaire permanent muri ubwo bushikiranganji nyene pendant plusieurs années
Français
0
0
2
305
Slãymõm 😜🎵🎶🤣😭😂
Maze 30 min ndiko mparira kubinty matrimoniale muri communication Mbabarira mumbwire avant Bugaga c'était qui???
Français
1
0
8
3.5K
Misigaro Déo retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Ama bus
Umuhinga yigenga tweet media
Português
9
7
86
13.6K
Misigaro Déo retweetledi
NIBIGIRA
NIBIGIRA@nadine79_nadine·
Kera Uburundi bukiri ubw'amata n'ubuki.Igihe ibibondo vyari bikibirura.Igihe inyana zikina amatavu.Igihe inka zatahira kugicaniro.Igihe imvyeyi zari zikivyukirizwa.Igihe abana baciribwa imigani nabasekuru bugorovye batikanga ijoro!GAHUGU KANJE, ABANA BAWE BARAKUMBUYE IVYO BIHE!
Indonesia
1
3
13
946
larry
larry@larry19_95·
🤔📌
larry tweet media
QME
31
19
84
18K
Misigaro Déo retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Mbega ibiciro we! 👀
Umuhinga yigenga tweet mediaUmuhinga yigenga tweet media
Indonesia
1
5
23
7.6K