UBUMWE

12.4K posts

UBUMWE banner
UBUMWE

UBUMWE

@UbumweHebdo

UBUMWE ni co Kinyamakuru conyene candika mu rurimi kavukire kandi gisohoka rimwe mu ndwi. Soma uronke amakuru atohojwe neza, adahengamye kandi yubaka.

Burundi Katılım Haziran 2016
987 Takip Edilen20.8K Takipçiler
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Muri urwo rugendo, azotera iteka ibirori vyo kwugurura ikibanza citiriwe demokarasi yongere yitabe ihuriro mpuzamakungu ry'i Libreville ritegekanijwe ku wa 3 Rusama 2026. Abazoryitaba bazorabira hamwe ibijanye n'uburongozi bwiza, kworosha urudandazwa n'ubuhinga mvabwenge. #UA
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
2
2
73
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Kuri uwu wa 2 Rusama 2026, Umukuru w'igihugu @GeneralNeva asanzwe aramutswa umuryango w'Ubumwe bwa Afrika, ari kumwe n'umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye, yafashe urugendo rw'akazi rumushikana i Libreville mu gihugu ca Gabon. #Burundi
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
1
9
12
385
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 1 Rusama 2026, Uburundi bwifatanije n'amakungu mu guhimbaza umusi mukuru wahariwe abakozi n'akazi. Ku murwa mukuru wa politike i Gitega, ibirori vyatewe iteka n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
8
7
164
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Mu birori vyo guhimbaza umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe abakozi n'akazi wama uhimbazwa igenekerezo rya 1 Rusama,mu ntara ya @Bujaprov2025 vyahimbarijwe ku kibuga c'umupira citiriwe intwari.Ivyo birori bikaba vyari vyatewe iteka n icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
7
7
162
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Ibirori bikaba vyatangujwe na defile ndende yabakozi basanzwe bakora mubisata bitandukanye bigize ubuzi busanzwe burangurirwa ,mu Ntara ya Buhumuza hamwe n'amashirahamwe y'abikorera utwabo arangurira imirimo muri iyo Ntara.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
1
1
44
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Ibirori vyo guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe abakozi na kazi, mu ntara ya @BuhumuzaProvinc bikaba vyatewe iteka n'umukuru w'inama @nshingamateka Gélase Daniel Ndabirabe arikumwe n'Umutambukanyi wiwe.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
1
9
8
178
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Ibirori vyo guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe abakozi n'akazi mu ntara ya Butanyerera vyatangujwe na defire ndende y'abitavye ivyo birori bakorera mu bisata bitandukanye,ari abakozi ba Reta canke abikorera ivyabo
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
1
3
96
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
#Burundi: Ibirori vyo guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe abakozi n'akazi, mu ntara ya @PButanyerera vyabereye ku kibuga c'umupira w'amaguru Stade Muremera, bikaba vyatewe iteka n'umushikiranganji wa mbere Nestor Ntahontuye arikumwe n'Umutambukanyi wiwe
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
1
8
10
300
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
#Burundi: Ku kibuga c'umupira w'amaguru citiriwe Ingoma Kiri ku murwa wa politike i Gitega niho ibirori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abakozi n'akazi bigera bibere. Ivyo birori bikaja guterwa iteka n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
4
4
131
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Léopard Kabura yavuze kuva iyo sentare ibayeho ko ari irya mbere uwo mugirwa ukorwa akaba yabasavye kubahiriza amategeko mu kazi kabo.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Filipino
0
1
1
45
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Umukuru wa sentare ijejwe kubahiriza amatungo ya Reta Leopord Kabura yatunganije ibirori vyo kurahiza abahinga bajejwe gutorokanya amakori n'amatagisi. Aho abo bahinga barahiye bangana 20.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
1
6
5
218
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Nk'uko yabimenyesheje, ngo intumbero y'uwo mubonano ngo ni uguhanahana ivyiyumviro mu ntumbero yo gutegera kumwe ingendo nshasha Uburundi bwinjiyemwo mw'iterambere riganisha ku mbonakazoza y'Uburundi.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Filipino
0
1
2
55
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye,yakoranije, kuri uyu wa 30 Ndamukiza ku murwa mukuru wa politike i @Gitega,abajewe intwaro n'ibisata bitandukanye mu ntara no mu makomine agize intara ya Gitega.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
1
7
8
243
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Mu bikorwa bikuru bikuru yashikirijwe n'umunyamabanga ntayegayezwa harimwo kuzobandanya gukurikirana umugambi ujanye no guhemba no guhembesha abakora amajwi n'amasanamu biciye mu bikorwa mvabwenge.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
1
0
52
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Umushikiranganji mushasha wa @MinCoMedia @ButoyiEvelyne yatanguye amabanga kuri uyu wa 30 Ndamukiza 2026, aho habaye umugirwa wo kubisikanya n'umunyamabanga ntayegayezwa yahora arongoye ubwo bushikiranganji vy'imfatakibanza
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
1
4
4
167
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Ku muhingamo wo kuri uyu wa 29 Ndamukiza 2026,abashikiranganji bashasha 3,uw'inyubako,uburaro rusanngi Egide Nijembere,uw'amagara y'abantu Muganga Fidèle Nkezabahizi n'uwa @MinCoMedia @ButoyiEvelyne barahiye imbere y’Umukuru w’igihugu n’Inama @nshingamateka na @Burundi_senat
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
11
16
1.2K
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Nk'uko bishikirizwa na Joseph Manirafasha arongoye igisata co kumenyesha amakuru mu biro vy'umushikiranganji wa mbere, uyo murongozi aserukira iryo shirahamwe yari aje gusezera umushikiranganji wa mbere kuko ikiringo ciwe kirangiye.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
1
1
61
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Kuri uno wa 29 Ntwarante 2026,Umushikiranganji wa mbere Nestor Ntahontuye ahejeje kwakira mu biro iwe Judicaël Elidje asanzwe aserukira mu Burundi igisata c'ishirahamwe mpuzamakungu ONU citaho igwirirana ry'abantu.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
1
3
5
233
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Iyo nama ikaba iri mu ntumbero yo kubakaburira gukora bisunze imbonakazoza y'igihugu. Yamenyesheje ko buri gisata cose kibwirizwa gukorera kw'ihangiro maze buri mwaka kikerekana aho cavuye n'intambwe cateye.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
0
1
2
53
UBUMWE
UBUMWE@UbumweHebdo·
Kuri uyu wa 29.4.2026,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ariko aragirisha inama abajejwe intwaro n'ibisata bitandukanye vy'ubushikiranganji butandukanye bikorera mu ntara ya @Bujaprov2025.
UBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet mediaUBUMWE tweet media
Indonesia
1
6
8
405