Pt-Guillain Bimenyimana

1.5K posts

Pt-Guillain Bimenyimana banner
Pt-Guillain Bimenyimana

Pt-Guillain Bimenyimana

@b_Guillain

Proudly Burundian🇧🇮.

Bujumbura Katılım Ekim 2019
371 Takip Edilen564 Takipçiler
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
Fabrice Nzeyimana
Fabrice Nzeyimana@fanzeyimana·
Barundi Barundikazi, namwe ncuti z’Uburundi Bene Data muri Kristo aho muri kw’isi yose Kuwa gatanu 28 Ruhuhuma sa sita zuzuye! Vendredi 12h. #Ganza
Fabrice Nzeyimana tweet media
Filipino
1
10
87
5.2K
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
Bujaevents
Bujaevents@bujaevents·
Toujours à côté de vous pour accompagner dans vos événements. #Burundi #events
Français
0
2
2
173
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮@UwimanaDative2·
#AbaX Embellir notre ville de Bujumbura/Burundi🇧🇮 Abemeranya nivyo navuze muri kano Ka vidéo bamfashe gupartagea. Murakoze cane🫶🏽 #notreville
Burundi 🇧🇮 HT
35
67
319
25.4K
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
ARCT BURUNDI
ARCT BURUNDI@ARCTBDI·
Le DG de l’ARCT a participé au Congrès Mondial du Mobile à Barcelone et le programme ministériel de la GSMA. Il a été engagé des discussions sur les défis et opportunités liés au développement de l’industrie du mobile à l’heure de l’intelligence artificielle et ses applications.
Français
4
2
14
2.5K
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
YUDA
YUDA@St_yuda1·
#Abatwip Ejo kuva isaha 3 gushika isaha 5 nzoba ndiko ndigisha abo dukorana muri @hogitugende ingene eFeza ikora. Nzovuga ku buhinga no ku karusho eFeza ifise. Ndahaye ikaze umuntu wese yifuza kubana natwe. #Burundi #technology #YOUTH #jobs
YUDA tweet media
Burundi 🇧🇮
0
3
7
224
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
OGC Nice
OGC Nice@ogcnice·
Monsieur Ndayishimiye 💪🇧🇮 #ASMOGCN #OGCNice
OGC Nice tweet media
HT
41
89
749
63.5K
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
Fabrice Nzeyimana
Fabrice Nzeyimana@fanzeyimana·
Muri iyi misi abantu benshi barumvise ko Twitter yatanguye guhemba abantu barabwa n’abantu benshi. Ivyo bituma abantu bandika ivyo bishakiye kugira tweets zabo zibonwe na benshi. Hari abababazwa rero n’ivyandikwa bakagwa muri uwo mutego bibaza ko ari ibiganiro bifise iyindi ntumbero . Ngiyi list y’ama tweets aba afise intumbero yo kuvugisha abantu gusa adakwiye kugushavuza canke ngo uteko umwanya wishura. Nta yindi ntumbero ziba zifise atari kukuvugisha gusa kugira wandike nabo baryoherwe. Aha nukuvuga ko inyishu yose ubaha kuri bo ni nziza kuko yongereza "views". 1. Bafata ifoto y’umuntu bagaca babaza ngo uyu muntu ko ndamubona ahantu hose yagize iki? ( aha baba bashaka utangure kubaza canke gutang ivyiyumviro, but nikugira tweet yabo ibonwe n’abantu benshi) 2.Bafata idarapo ry’igihugu cawe bakabaza bati : Ni ikihe kintu ciza na kimwe muzi kuri iki gihugu (aha intumbero ni kugukora ahababaza, kugira utangure kwisigura, utangure gushigikira igihugu cawe hayuma bo tweet yabo ibonwe na benshi) 3. Ibindi biharawe ni ivy’urukozasoni, aho bavuga bati video mbega wayibonye? Reka kwihagararako vuga ndayiguhe. (aha naho bazi ko ibiterasoni bikwega abantu benshi baba bashaka kubazana muri ivyo biganiro ariko bafise intumbero yo kwironkera views. Hari n’ibindi vyinshi nk’ivyo murinde imitima yanyu rero mudasanga muriko murishurana n’abantu bidakenewe.
Indonesia
9
13
104
11.9K
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
Burundi On The Map
Burundi On The Map@burundionthemap·
#abatwip do you see the decoration canke ni Twebwe twenyene? 😳😳😳😳😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍
Ntare Rushatsi House@NtareHouse

Au lendemain de la journée nationale du Patriotisme, le Chef de l’Etat SE @GeneralNeva anime une séance de moralisation à l’intention des Hauts Cadres et Cadres de l’Etat nommés par décret, pour s’imprégner collectivement de la vision“#Burundi émergent en 2040, développé en 2060”

HT
3
4
28
5.8K
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
ARCT BURUNDI
ARCT BURUNDI@ARCTBDI·
L’ARCT se joint au monde entier dans la celebration de la Journée Internationale des Télécommunications et de la Société de l'Information. Nous saluons les progrès réalisés par le Burundi dans le domaine des TIC. #WTISD2023 #Burundi
Français
1
2
6
942
Pt-Guillain Bimenyimana retweetledi
Burundi On The Map
Burundi On The Map@burundionthemap·
Turakeje @BBNBurundi kweri😍👏🏿👏🏿 bishobotse babandanye babikora mu bidandanzwa vyinshi kubera ni benshi badakurikiza amategeko! #abatwip
Umuhinga yigenga@yigenga

Quartier asiatique @BBNBurundi yaraye ifashee abantu bafata iciment ya #Buceco bakayivanga nibivu hanyuma bagasubira gufunga umufuko gutyo bakaranguza. bahasanze stock nini y'imifuko irenga 400🤦🏿‍♂️🤦🏿‍♂️ Turakeje @BBNBurundi kuri kino gikorwa ciza bakoze! 📸: @RTNBurundi

Indonesia
0
1
5
497