Sabitlenmiş Tweet
FDNB Gallery 🇧🇮
3.3K posts

FDNB Gallery 🇧🇮
@fdnb_gallery
It’s not an official account of FDNB 🇧🇮
On earth Katılım Ocak 2024
1 Takip Edilen2.5K Takipçiler

@dbirekere @Patriote257 @GeneralNeva I’m not going to waste my time arguing with someone hiding in Europe. And when you reach 20 followers, we can have a debate.
English

@fdnb_gallery @Patriote257 Ukwikwegera ikara mugashambara .akari inyuma karahinda .
All that money wasted in wars yokoze vyiza vyinshi mugihugu .but for president and his political party @GeneralNeva an ordinary Burundians well begin is not his problem and we all know that.
English

@dbirekere @Patriote257 Thirdly no one is above us, as we never attack first, but we respond strongly to any attack against us.
English

@fdnb_gallery @Patriote257 Secondly don't plan to attack anyone above your level.
English
FDNB Gallery 🇧🇮 retweetledi
FDNB Gallery 🇧🇮 retweetledi

🇧🇮 "Igihugu kiracafise ububasha bwo kwikingira" – Prezida Ndayishimiye
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Évariste Ndayishimiye, yamenyesheje ko Uburundi bugifise ubushobozi bwo kwikingira, ahumuriza Abarundi ko batocika ivutu. Ni inyuma y'aho hari benshi bibaza ko ububiko bw'igisirikara bwoba busigaye bwera inyuma y'uko, ubuherereye muri Zone Musaga, buhuye n'isanganya ry'umuriro.
Mu butumwa yashize ku rubuga rwa X, yavuze ati : « Nongeye gushikiriza ijambo ry’indemesho imiryango yaraye ibuze ababo, nipfuriza n’abakomerekeye mw’isanganya ryabereye mw’ikambi y’igisirikare muri zone Musaga gukira vuba. Ndashima ubumwe bwaranze Abarundi, nkabizeza ko ata wocika ivutu, ko igihugu kigifise ububasha bwo kwikingira. »
💬 Ni Ubutumwa bw'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye. Ubu butumwa bugira gatatu ashikirije kw'isanganya ry'umuriro ryadutse mu bubiko bw'ibigwanisho mw'ikambi ya gisirikare iri muri zone #Musaga mu gisagara ca #Bujumbura. Hari kuri uyu wa 31 Ntwarante 2026
#Burundi #IrisNews

Filipino
FDNB Gallery 🇧🇮 retweetledi

Igihugu kiracafise ‘ububasha bwo kwikingira’ – Ndayishimiye
Avuze ibi inyuma y'isanganya kw'ikambi irimwo ububiko bunini bw’ibirwanisho n'ibindi bikoresho vy’igisirikare c’Uburundi bbc.in/4m3XreM

Indonesia

Suite du communiqué @fdnbbi relative à l'incendie à la base militaire ; la situation est presque maitrisée et la circulation routière momentanément arrêtée a repris normalement il ya quelques minutes.Toute fois les habitants des quartiers proches du camp doivent rester prudents

Français
FDNB Gallery 🇧🇮 retweetledi

@fdnbbi communique que ces explosions parviennent d'un dépôt de minutions à la Base militaire de Bujumbura qui a connu un incendie
Français

@fdnbbi communique que ces explosions parviennent d'un dépôt de minutions à la Base militaire de Bujumbura qui a connu un incendie
@baratuza2000

Français
FDNB Gallery 🇧🇮 retweetledi

#BREAKING, Explosion Reported at Military Site in Bujumbura, Burundi
Burundi army spokesperson General Gaspard Baratuza told the BBC that the incident involved a military depot.
The facility is located in Musaga zone, in the capital Bujumbura.
Details on the cause and extent of the explosion remain unclear at this stage.


English

Burundi 🇧🇮 8️⃣:0️⃣ Tchad 🇹🇩
#Final_score
Félicitations aux hirondelles.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Français













