Menya Hub Space
67 posts

Menya Hub Space
@menyahub
Your future is digital. We teach English + AI to power it.
Bujumbura Burundi Katılım Eylül 2022
69 Takip Edilen12 Takipçiler

Why does Lumitel think they can message me everyday?
.@JORDZ_2X
Why do ‘Team Snapchat’ think they can message me everyday?
English
Menya Hub Space retweetledi

🇧🇮 Originaire du #Burundi, Arielle #Kayabaga est dans le nouveau gouvernement du Premier ministre canadien.
Née au Burundi en 1991, Arielle Kayabaga immigre au Canada à titre de réfugiée à 11 ans 👧🏽
✊🏾 Elle est députée à la Chambre des Communes (chambre basse du Parlement du Canada) depuis le 20 septembre 2021.
😊 Arielle Kayabaga a été nommée ce vendredi, le 14 mars, ministre des Institutions démocratiques dans le nouveau gouvernement du Premier ministre, Mark #Carney.
#competences

Français

Woba umara Umwanya munini kuri telephone yawe muga akaba ataco ikwinjiriza muri 2025?
Hariho Inzira nyinshi cane kuri internet zituma utangura kwinjiza amahera ukoresha téléphone yawe kandi atawundi mutahe Ukenera.
#menyahubspace #ai #trending
Filipino

AI iragufasha gukora ibintu vyihuta (kwandika, gutunganya amafoto, gukora amajwi…)
Koresha ChatGPT, Canva AI, MidJourney, ElevenLabs
Urashobora gukora content irimwo AI ukaronka amafaranga
#AI #BiznesiOnline #MenyaHubSpace
Indonesia

Niba uzi gukora ibintu nk’ugutunganya amafoto, kwandika, gutunganya amajwi…etc..
Ubumenyi bwose ufise
Nugire konti kuri Fiverr, Upwork, Freelancer
Urashobora kuronka akazi kava mu bindi bihugu!
#Freelancing #Upwork #MenyaHubSpace
Indonesia

Gukora Content Creation & Monetization 🎥💰
Tangura YouTube, TikTok, Facebook Reels
Rondera followers kugira ubone amafaranga kuri Ads
Wiga gukora content yifuzwa (education, comedy, tech…)
#YouTubeMoney #ContentCreation #MenyaHubSpace
Filipino

Tangura ubucuruzi bwawe kuri Facebook, WhatsApp, canke Instagram
Rondera ibidandazwa abantu bakeneye (ivyambarwa, ibikoresho, ibifungurwa, n’ibindi)
Koresha Facebook Ads kugira abantu benshi babibone
#MenyaHubSpace #OnlineBusiness #Burundi #MakeMoneyOnline
Indonesia

Vyoba bikworohera gukorera kuri internet? Ukavyaza umusaruro internet? Harico nofasha DM
#menyahubspace #freelancing #ai #MakeMoneyOnline #visitBurundi

Indonesia

💼 **Apprenez à monétiser vos réseaux sociaux** et boostez votre business avec Menya Hub Space ! 🚀
👉 Stratégies Facebook, Instagram, TikTok
👉 Utilisez l'IA pour maximiser vos profits
📧 menyahub@gmail.com
🌐 menyahub.space
📞 +257 67 809 124

Français








