Intore Segihembe

9 posts

Intore Segihembe

Intore Segihembe

@segihembeIntore

Uretse ko ndi Umurundi akunda imico n’imigenzo yacu ,ndabandwa kandi ndaterekera bikiyongera ku rukundo ataco rwisunze kuko atagitandukanya abantu bigeng’Ubuntu

Burundi Katılım Eylül 2021
54 Takip Edilen24 Takipçiler
Intore Segihembe
Intore Segihembe@segihembeIntore·
Wari uzi ko hari abantu bakibandwa kandi bakavyemanga naho amahanga yivanga muvy’amabanga yashatse ko Duta ibanga? #Burundi #abatwip
Burundi 🇧🇮 Filipino
0
0
1
0
Intore Segihembe
Intore Segihembe@segihembeIntore·
@Ni_Muhoza @DanNGA45 None ga mugenzi uriko ugereranya abahungu n’imihimbiri ? Ubona abo bataniyehe na bamwe bapfukamira inkumi izuba riva kandi igipfukamiro c’umugabo tugizi ahiherereye?
Burundi 🇧🇮 Filipino
0
0
0
0
Guillaume Muhoza
Guillaume Muhoza@Ni_Muhoza·
Kuber'iki hariho abahungu batari bake b'abarundi bumva y'ukwo bashobora gutera inda umukobwa, hama bagaca bamwihakana, motif ngo nta buryo bafise muri uwo mwanya. Bagaca bahengera umwana akuze akaba ariho bagaruka ngo yari rwanje.
Indonesia
13
15
64
0
Intore Segihembe
Intore Segihembe@segihembeIntore·
Ubuzima nyabwo ni iminsi itatu;ejo hahise kandi hatazonagurika,Uyu munsi mwiza uriko yamara utaramba n’ejo hazoza tutazi aho tuzoba turi. Ni vyiza kubaho wiringuye mu gusabana imbabazi n'abandi kuko twese tuzopfa. UBUZIMA NI URUGENDO RUKWIYE URUKUNDO IBITARIVYO N'URUHENDO
0
0
1
0
Intore Segihembe retweetledi
Mzilikazi wa Afrika
Mzilikazi wa Afrika@IamMzilikazi·
"We have to teach our black children black history; tell them about our black heroes, our black culture." ~ Steve Biko #WakeUpEverybody ✊🏿
English
1
15
44
0