Alain__César nag-retweet
Alain__César
416 posts

Alain__César
@Alain__Cesar
Poet, Humanist, Citizen of the Milky Way Galaxy; I'm taking action to change the world for better.
Solar system, Earth Sumali Eylül 2022
175 Sinusundan21 Mga Tagasunod
Alain__César nag-retweet

Mort d’un caporal à Mabanda : l’association King Umurundi Freedom demande justice
#FocodeMagazine | 27 avril 2026
Mabanda, 27 avril 2026 – La mort du caporal Albert Hatungimana suscite une vive émotion au sein du camp de Mabanda. Ce militaire des Forces de défense nationale est

Français
Alain__César nag-retweet

🔴 Ndora muri Bukinanyana : abanyagihugu baridogera imisore y'imbonerakure na Wazalendo yahegeranirijwe !
Ubu ni ubutumwa bw'umunyagihugu :
"Mwaramutse. Abenegihugu bo ku mutumba wa Muremera, muri zone Ndora ya komine Bukinanyana mu ntara nshasha ya Bujumbura, tubayeho mu ruhagarara.
Urwo ruhagarara rwatanguye kuva hagati mu mwaka wa 2025 aho twabona abantu tutari tumenyereye baza kuri uyu mutumba wacu wa Muremera. Abo bantu bagizwe n'urwaruka rw'abarundi rwitwa Imbonerakure be n'urwaruka rw'abakongomani bita Wazalendo. Bamwe bavuga ikirundi, abandi ntaco bazi. Bagiye bazanwa bukebuke, none ubu bagera muri 700. Kandi bivugwa ko bose baje bava muri Congo, na canecane muri vya bihe intambara zakomera muri RDC. Bakiza twumva ngo baje muri formation bace binjizwa mu gisirikare, twari tuzi ko bazomara umwanya muto.
Abo bantu bakiza, abenegihugu ntibabona ingaruka mbi zohava zituruka kur'uyo muzo w'abo bantu. Uruhagarara dufise uyu musi rero ico ruvako nuko abo bantu bose bakoranirijwe ku mutumba wacu ata kintu kijanye n'inkwi bahabwa na Leta bavuga ko yabazanye, uretse agaceri n'ibiharage bahabwa na Leta. Nta mwambaro ubaranga bafise, twebwe abenegihugu ugira ngo urondeye udukwi kugira bikunde uve mu murima ushika ucana urabe utwo woteka, ugasanga urwo rwaruka rwatwaye twa dukwi kandi ntacubaza.
Wibaze nawe ubuzima bwa ruguru uko buba bumeze. Ubu hoho hageze aho batema n'ibiti vyo mu mirima y'abantu bakaja kuvyanikira aho babaye. Natwe
Tukibaza tuti : none ko bavuga ko ari ingabo z'igihugu,ubwo ababijejwe ntibobazanira inkwi canke ibizuku bagakoresha batiriwe baraza guteza uruhagarara muri twebwe abene gihugu ? Iri si ibara nukuri kubona baza kudutera no kudukwi twacu !!!?
Ikindi kiduhanze nuko kuva abo bantu baje hari ivyahindutse, na canecane nk'ibiciro vy'ibifungurwa. Aho babonye abana b'abigeme niho baca bama kandi nturi buvuge, mbere hari n'abaza baramaze kwisanga mu ngorane zo gutwara imbanyi batifuje biturutse ku kugene babahendesha udufaranga n'ibindi.
Ivyo vyose biba abakuru b'umutumba baraho kandi ntaco bari bushikirize ngo kubwo kwubahiriza democratie😭.
Nukuri turasavye mudutabarize kuko turabona ko hamwe atacokorwa mu misi naho bazotangura kutwiba n'udutungwa natwo. Ubu butumwa ndabuguhaye mbabaye cane, nukuri dufashe bushike kure turabe ko hari icokorwa, kuko abo bantu si n'abasirikare kuko ntakibaranga bafise nk'umwambaro, usivye inkoho zifiswe na bake mubo novuga ko ari abakuru babo. Nta kintu na kimwe ciza batuzaniye ku mutumba wacu."
🔴 Iki kibazo kirahambaye
Umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu n'umutekano, Général-Major Léonidas Ndaruzaniye arakwiriye gusigura ibi bintu ivyarivyo. Urwo rwaruka rugizwe n'Abarundi n'Abakongomani, rwitwa ko ruri mu myimenyerezo ya gisirikare, ni urwaruka nyabaki ? Rwoba rwisunga amategeko nyabaki ? Leta itegura kurukoza iki ?
Ikindi gihambaye nuko uwo mushikiranganji yoca yishura kuri iyi myitwarariko y'abanyagihugu. Birumvikana ko runo rwaruka ruriko rurahungabanya abanyagihugu mu kubaho kwabo no mu mutekano wabo."
@GeneralNeva , @KwaNtare , @NtareHouse , @BurundiGov , @MininterInfosBi , @nshingamateka , @Burundi_senat

Indonesia
Alain__César nag-retweet

#Burundi: Retour sur le dossier MEDIABOX : le 5e épisode des révélations alourdit encore les soupçons
#FocodeMagazine | 25 avril 2026
Dans une nouvelle publication diffusée ce 24 avril 2026 sur ses plateformes numériques, l’association King Umurundi Freedom revient à la charge

Français
Alain__César nag-retweet

#Burundi: Titres fonciers numériques : Audace Havyarimana pointe une réforme à hauts risques
#FocodeMagazine | 25 avril 2026
La décision d’imposer l’enregistrement numérique des parcelles continue de susciter des interrogations. Dans l’émission “Akari ku Mutima” diffusée sur

Français
Alain__César nag-retweet

#Burundi : Au Parlement européen, la société civile burundaise tire une fois de plus la sonnette d’alarme sur la situation au Burundi
#FocodeMagazine | Le 23 Avril 2026
Bruxelles, 23 avril 2026. La société civile burundaise ne veut pas laisser le Burundi sortir des radars

Français
Alain__César nag-retweet

#Mbariza : Uyu munyagihugu arabaza umuyobozi w'ibanki nkuru y'igihugu aka kabazo: Agira ati:
"Nashaka kubasaba mutubarize uwurongoye ibanki nkuru y'igihugu BRB impamvu amahera matomato akena ku rugero ruraho. Bigeze aho ikintu coguzwe 300fbu ubu kigurwa 500f, icoguzwe 600f

Indonesia
Alain__César nag-retweet
Alain__César nag-retweet

RT @FOCODE_: #Ndondeza #Kanyosha : Elysa Mutoni introuvable après son interpellation dans l’après-midi du 11 avril 2026
#FocodeMagazine |…
Français
Alain__César nag-retweet

JUSTICE
#Burundi | La mort de Belyse Kaneza à la prison de Mpimba révèle le scandale des acquittés et des détenus ayant déjà purgé leur peine, maintenus en prison
#FocodeMagazine | 09 avril 2026
Acquittée par la justice, mais jamais libérée, Kaneza Belyse a été tuée à la

Français

RT @FOCODE_: #Mpimba : L’ancien ministre Claude Nzobaneza et Wakenya écroués dans deux dossiers sensibles
#FocodeMagazine | 07 avril 2026…
Français
Alain__César nag-retweet
Alain__César nag-retweet

#Burundi #IjishoRyUmunyagihugu #Igisirikare
🔴 Abasirikare bashasha bafashwe nabi. Imyidogo ni myinshi.
Abasirikare bashasha bakiri mu myimenyerezo bamerewe nabi. Ntibagira ibirato. Imfungurwa zabo ziribwa. Aya makuru ariko ava mu mihingo myinshi iriko iberamwo izo nyigisho.

Indonesia
Alain__César nag-retweet
Alain__César nag-retweet
Alain__César nag-retweet

🔴 Aya manyama n'agasuzuguro vya @FomiBurundi biva hehe ?
Ishirahamwe FOMI ryarishuye umushikiranganji Alain Ndikumana kuvyo aherutse kuryagiriza imbere y'Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka.
Inyishu ya FOMI yuzuye amanyama menshi cane n'agasuzuguro gakomeye ku
Indonesia
Alain__César nag-retweet

La sécurité du Ministre des Finances, Dr Alain Ndikumana, est menacée par une sorte de mafia à la burundaise (il cite la société FOMI qui réclamerait à l'Etat des payements indus : près de 80 milliards).
Alain Ndikumana l'a annoncé au Sénat le 27.12.2025. #Burundi 1/2
Français
Alain__César nag-retweet

#Burundi : SOPEBU et carburant : punir l’attente pour masquer l’échec
🔴Éditorial – #FocodeMagazine | 22 décembre 2025
Par le communiqué référencé SOPEBU/33/DG/2025, signé par son Directeur général, M. NDAYIZEYE Samuel, la Société Pétrolière du Burundi (SOPEBU) a choisi de sanctionner les citoyens qui attendent du carburant. Une décision qui dit beaucoup. Elle dit l’embarras. Elle dit l’impuissance. Elle dit surtout une double défaillance : celle du droit, et celle de la mission première de service public.
Sur le plan juridique, le constat est sans appel. Une administration ne peut sanctionner que si la loi l’y autorise expressément. Ici, rien. Aucun texte connu ne confère à la SOPEBU le pouvoir de priver un citoyen de son quota de carburant pour le simple fait d’attendre devant une station-service. La sanction est annoncée par communiqué, appliquée de manière collective, sans procédure contradictoire, sans notification individuelle, sans possibilité de recours. Autrement dit, elle est juridiquement fragile, politiquement brutale et administrativement arbitraire. En droit, cela porte un nom : excès de pouvoir. En gouvernance, cela s’appelle un abus d’autorité.
Mais réduire ce communiqué à une seule dérive juridique serait insuffisant. Le problème est plus profond, plus structurel, plus dérangeant. Car pendant que la SOPEBU menace, elle échoue là où elle est attendue. Sa responsabilité première n’est pas de discipliner la demande, mais de satisfaire l’approvisionnement. Garantir l’accès au carburant à tous ceux qui en ont besoin. Assurer la continuité. Répartir équitablement. C’est la base du mandat. Or, la réalité quotidienne est connue : stations à sec, files interminables, incertitude permanente. La pénurie n’est plus un accident. Elle est devenue un mode de gestion.
C’est là que le paradoxe devient insupportable. L’institution qui n’arrive pas à fournir se permet de punir ceux qui attendent. Celle qui échoue à remplir sa mission essentielle se transforme en autorité répressive. La cause — la pénurie — disparaît du discours officiel. La conséquence — l’attente — devient la faute. L’échec institutionnel est recyclé en indiscipline citoyenne.
Cette logique est dangereuse. Elle inverse les responsabilités. Elle banalise l’illégalité. Elle installe une gouvernance par la peur là où il faudrait de la transparence et du courage politique. Car sanctionner l’attente, ce n’est pas résoudre la pénurie. C’est la masquer. C’est détourner l’attention. C’est faire porter aux citoyens le poids d’un dysfonctionnement qu’ils ne contrôlent pas.
L’analogie s’impose, même si elle dérange. Un père incapable de nourrir ses enfants n’acquiert aucune légitimité à les punir parce qu’ils réclament à manger. Le faire serait un abus. Transposée à l’action publique, cette logique n’est pas seulement moralement discutable. Elle est juridiquement et politiquement condamnable.
L’appel à la dénonciation, l’invocation des forces de sécurité, la menace de privation : rien de tout cela ne fera apparaître un seul litre de carburant. En revanche, cela favorise l’arbitraire, nourrit les passe-droits et creuse l’inégalité d’accès. Là où la règle devient floue, l’influence prospère. Là où l’offre est rare, la sanction devient un instrument de domination.
Ce communiqué dit finalement plus par ce qu’il tait que par ce qu’il affirme. Il ne dit rien des causes de la pénurie. Rien des responsabilités internes. Rien des solutions. Rien des échéances. Il parle abondamment des citoyens, jamais de l’institution. Il exige la discipline là où il devrait d’abord rendre des comptes.
On peut tenter de discipliner des files d’attente. On ne discipline pas une pénurie. On peut menacer des usagers. On ne menace pas une obligation légale. À défaut de carburant dans les stations, il reste une exigence intangible : celle de la responsabilité publique. Et celle-là ne se suspend ni par communiqué, ni par intimidation.
C’est à cette épreuve que la SOPEBU est aujourd’hui confrontée. Et c’est précisément là qu’elle échoue, deux fois : devant le droit, et devant sa mission.
#FocodeMagazine | Gordien Niyungeko
@GeneralNeva , @NtareHouse , @KwaNtare , @BurundiGov , @sopebu , @BurundiGov , @MininterInfosBi , @MiniJustice_BDI , @CNIDH_Bdi , @nshingamateka , @Burundi_senat

Français
Alain__César nag-retweet




