CNDD-FDD BURUNGA
166 posts


Burundi,mu ntumbero yo guteza imbere igitirwa c'ivoka,bitewe iteka n'umunyamabanga @CnddFdd muri komine Makamba, kur'uyu wa 6 igenekerezo rya 7 Ntwarante 2026,hatangujwe ibikorwa vyo gutunganya amatuta azorwirizwamwo ico giterwa muri zone Ya Gitaba,hasozereye inama y'indongozi




Indonesia

#Burundi Kwigina intsinzi y'amatora ya 2025 birabandanya. Kuri uyu wa 14/02/2026, abagumyabanga bo muri komine Bururi biginye intsinzi bongera barashimira Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu @GeneralNeva kuvyiza yabakoreye mukubaronsa amazi, amatara hamwe n'ishure y'indaro y'imyuga.




Filipino

#Burundi,basabwa kurwanya akaborerwe n'amarigara,umwe wese yihe ihangiro ry'ibikorwa bimuganisha ku mbona kazoza y'igihugu,ayo yari amajambo y'umunyamabanga @CnddFdd @burungaProvince Sylvain NZIKORURIRO aho abagumyabanga bo Ku mutumba Muzye bigina intsinzi kuwa 13 ruhuhuma 2026




Filipino

#Burundi,muri za ngendo arimwo zo kwishikira kukivi,Uwurongoye umuhari w'Imbonerakure muri @burungaProvince ,kur'uyu wa 11/2/2026,yagendeye komine Matana, yabasavye kugendera akarangamutima no kugwiza amashirahamwe yo kwiteza imbere mu kujana n'imbona kazoza y'igihugu.
@CnddFdd




Indonesia





























































