Akamuna Ciciria

292 posts

Akamuna Ciciria

Akamuna Ciciria

@Akci97

Luttons pour nos Droits,Combattons l'Esclavagisme inter-pays Africans pour instaurer le Continent Libre et Etat de Droit.

Naïrobi Katılım Haziran 2025
46 Takip Edilen523 Takipçiler
Sabitlenmiş Tweet
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
@Thomas, Intambara ntamuntu numwe ayikunda. Ariko iyo inzira zose zanse uhitamwo kimwe muri bibiri: 1. Wemera kuba "Niryo" ukamanika amaboko #ukishikana, ukemera ko Nko ku Gihugu cacu INTWARO IBEREYE yashinze imizi, ubucamanza bwigenga, Amatora yagenze neza, nta giturire kirangwa mugihugu, agateka ka zinamunntu karubahirijwe mu gihugu, ubutunzi bw'Igihugu bwifashe neza, Igisata c'Indero n'aamagara y'abantu vyifashe neza... Ukitabiriza indirimbo yose itewe na CNDD-FDD. 2. Ukoresha inguvu (Umuheto) kandi si exception, vyarakozwe kandi birakunda no mu bindi bihugu vyivye amatwi biriko biragirwa inama, rero #REDTabara twanse kwigira ba #Sindabibazwa, #Mpemukendamuke, impamvu yacu iri #BienDéfinie et #Bienconjugué. Tugire Igihugu, #Tucitangire.
Akamuna Ciciria tweet media
Filipino
1
1
1
172

Butungane
Butungane@ThomasNdabemeye·
Kurwanya DD muvya politique nk’abandi bose aho twogerageza kuvyemera, ariko iyo mwongeyeko karya kantu ka gisirikare, muba mwishe vyose ahubwo bigatuma n’abantu babagirako amakenga menshi cane!
Akamuna Ciciria@Akci97

#Tugire #Igihugu. Abarundi barayamaze bati :"Ico utarabona ucerekwa no kuramba", kandi ngo "Ikizina kinini ntikibuza umukobwa kugorwa", hama ngo "Igisiga c'ugwara rurerure cimena inda." INTWARO IBEREYE niyo tugwanira: kwishira no kwizana, Igihugu kirangwa n'amategeko, Amatora meza adakumira abereye ku mugaragaro, Aho abanyagihugu bitorera politique nziza n'indomgozi zibushitse: zigendera #Ubuntu n'#urupfasoni, zambarira #Ukuri no #kwicishabugufi, zikagira #Kirazira: maze Abarundi tukagira uruhara mw'iterambere ry'igihugu. #REDTabara dutangiye umubabaro Aho Uburundi bwacu bumaze imyaka myinshi mugasuzuguro k'Ibindi bihugu n'amakungu bivuye kubiyita abayobozi batazi ko :"Kwiba ingoma bitagoye nk'aho uyivugiriza." Kubona igisuma c'isukari #Spès #Caritas #Njebarikanuye agenwa kuba Ambassadeur muri France ni ugusuzuguza Igihugu. Kubona #Guillaume #Bunyoni arekurwa wenyene kandi hari abandi batanagirizwa ivyaha nk'ivyo yakoreye Igihugu bavundiye mu munyororo imyaka myinshi ni ukwambura umutamana Igihugu cacu mukwerekana ko #Amategeko #adakora mu gihugu cacu (Impamvu ikomeye y'urugamba rw'Abatabazi ba #REDTabara. Ni inde yabeshe Varisito ngo yotwara UA nk'uko CNDD FDD itwara Igihugu?? Mbega aka kamaramaza k'agasuzuguro ku Gihugu twakaguyemwo gute Aho Neva yirukangana Candidature ya Macky Sall wa Sénégal muri ONU inama y'aba Ministres ba UA itabizi maze ikiyamiriza iyo Candidature? Neva we ni Ikiburasoni, hamaramajwe Igihugu cacu. Rero Abarundi twese muze duhamvye abamaze guhaguruka Tugwanire ukubaho kwacu n'iteka ku Gihugu ciza nk'Ubundi, maze tugarukane #Kirazira, #Ukuri n'#Ubuntu. Tugire Igihugu!!!

Filipino
1
0
0
167

Akamuna Ciciria tweet mediaAkamuna Ciciria tweet media
Filipino
2
6
12
2.9K
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
La lumière de la vérité que porte #REDTabara triomphera bientôt. Guhakana ko umuhari utabaho, Nico kimwe no guhakana ko utavyawe. Ntibizonabaho ngo iminwa yoose yature ivuge neza uru rugamba turimwo kuko n'inyuma y'Uko nawe utesha agaciro urugamba uyu musi wahindutse,hazokwaduka n'abandi harimwo n'imbonerakure zizoba ziyagiriza vyinshi kurusha izizotimba zigakosorwa. Ariko ndabisubiyemwo: "niwabona, niwumva Ukuri gutandukanye n'ibi uvuga bibi uyu musi, bimwe biturutse kukutamenya, canke kutagira Ico witayeho, canke umutima mubi, uzoze wibeshuze, #Abatabazi, nous sommes #coopératifs et #humbles tuzokwakira ku ntererano yawe kuko Twibaza ko :"Nimba ushoboye #Gusambura, urashoboye no #kubaka. Tugire Igihugu!!!
Română
5
6
16
2K
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
Biri clair recrutement si ugupfa kuyorora bivanye n'ico uyikoreye. D'abord pour nous, ni ku muntu afise ubushake, n'uwariwe wese, ashobora kudufasha kwishura ku mpamvu ya recrutement (kubohoza Igihugu cacu c'Uburundi). Uwokubwira ngo ni ugupfa kwegeranya gusa rero.... Izo zoba Ari émotions. Kuko hariho gushika uyu musi abemanga ko igihugu kidakeneye Ubutabazi (aba ntitubatako umwanya cane ariko twizera ko igihe kizogera bakumva ko impamvu yacu ikwiye gushigikirwa ). Tugire igihugu!!!
Filipino
0
0
0
7
James Anderson
James Anderson@dankesh313·
@ikigatanyakazi @Akci97 None Akamuna Ciciria. Izo critères de recrutement nta kuntu wotomora neza. Vuba imvugo itomoye mugenzi. Right?
Español
2
0
0
105
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
@imbunuza @GeneralNeva @ScoviaMutesi @PaulKagame @Patriote257 Ejo uzoba uriko urasabiriza uca hirya uca hino utega iminwa n'ingohe.... Kuko Ako karyango ukunda uyu musi kubatse ku musenyi kandi "kakabuye ngwaho karaje". Uzoguma witwa Umurundi.. ariko w'igihemu, amateka yawe watanguye kuyandikisha ikaramu y'icuma, courage....
Filipino
0
0
0
94
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
❗*Ijambo ni rwawe kuri RPA* 💪🏾😂♨️ *Bob* : Hari abambwiye ko bahamagarwa ngo baje muri Rapide-Seruka muri Congo ariko bakisanga muri Red-Tabara. *Bayaga* : Nta wokwiyitirira Rapide-Seruka muri recrutement kandi bizwi ko muri Kongo itariyo. *Bob* : Reka ivya Rapide-Seruka tuvyihoze kuko n'ubundi muri Kongo ntiriyo. Ariko ntiwanyishuye ikibazo canje kuko mu bajanwa mu ngwano harimwo abahatakariza ubuzima. *Bayaga* : Uwuza muri RED-Tabara aba yaremeye kwitangira Uburundi n'Abarundi. Rero, ivyo kuhasiga ubuzima biba birimwo. Ivyo bindi navyo uraza tuguhe amakuru akwiye ureke gukorera ku mabwire kandi vyitwa ko uri umumenyeshamakuru. *Ijambo ni rwawe kuri RPA* ✈️
Akamuna Ciciria tweet media
Indonesia
4
10
17
8K
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
Nivyaba ngombwa tuzosubiramwo izi ngingo, murakoze
HT
0
0
0
83
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
Turisiguye kuri mwese abatumire b'uyu musi kubera ubuhinga bw'ikirere butatwwmereye ko duheza ikiganiro cacu neza
Filipino
0
0
0
88
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
Tugire Igihugu. Mugaruke network iraduciriyemwo
0
1
4
172
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
Tugire Igihugu!!! Karibu tuganire ivy'Igihugu cacu.
1
2
6
458
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
@DonIngabire Ugize Imana wonywa urwo twanyoye. Woca urugira régime mumuryango wose n'incuti zawe. Tugire Igihugu.
Polski
1
1
1
98
Akamuna Ciciria
Akamuna Ciciria@Akci97·
Tugire igihugu!! #REDTabbara ni ibuye ry'isare kandi uwuritsitayeko riramukomeretsa kuko ntawacumuye ku #kuri yagize amahoro. #REDTabara yimenye: ubwambere ni #Idéologie yubatse kw'ibuye ariryo #Fondation. Kuki atawashoboye kujuragiza urugamba mumyaka 16 duterwa amabuye?? Inyishu nuko batevye amabuye mu mababi y'Igiti c'#abatabazi= kugwanya Umutabazi wisunze ubwoko, inzankano z'umuntu kuwundi, inda ndende, kwishira hejuru, kwigira kabizi, #kwitiranya urugamba rw'abatabazi n'iyindi mihari yabayeho. Mw'iyi myaka yose, ntiwigeze unegura #Politique y'Abatabazi, ntiwigeze ugwanya REDTabara ngo utsinde, rero hari inkuru mbi kuri wewe: #Ntuzokwigera utsinda. Inkuru nziza: #Shigikira Abatabazi guhera uyu musi,#oroha,#nywa kumuti naho urura,#uravura. Up
Akamuna Ciciria tweet media
Indonesia
8
7
18
3.8K