Rwanda-Urundi

351 posts

Rwanda-Urundi banner
Rwanda-Urundi

Rwanda-Urundi

@AlexisEmer95422

Katılım Nisan 2023
102 Takip Edilen31 Takipçiler
Rwanda-Urundi
Rwanda-Urundi@AlexisEmer95422·
Harya umuntu aryamye mu gitanda c’uwahora aharyama yapfuye ntabwoba yumva?
Indonesia
0
0
0
5
Gertrude Kazoviyo
Gertrude Kazoviyo@kazogert·
Gobera, gobera! Mu Kirundi, iyo umurávyo urabíje ngo "fye, fye!", abantu barawamirira kure ngo "Gobera, gobera!" kugira ngo umuturagaro ntihagire ico uhitana/wonona. Umuntu nawe avuze ibitari vyo, kugira bazitire ivyo avuze ntibizoshike bavuga : "Ntiríkabe"/ "Twāra utámená".
3
3
32
3.8K
arsenal❤️🤍💙
arsenal❤️🤍💙@ingabir89655853·
Nyuma yaya magambo angana gutya avuzwe na Garde republican ya kisedeki ngo. Bla bla bla ::: You have to lift security measures 😂😂😂😂😂😂😂😂
Filipino
3
4
10
1.3K
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Ibirego Wakenya aregwa: 1.L'atteinte à la sûreté intérieure de l'Etat (ASIE) ; 2. La trahison : 3.Le blanchiment des capitaux et 4.Le financement du terrorisme.
Umuhinga yigenga tweet media
Umuhinga yigenga@yigenga

"umugwizatunga ,Ntakirutimana Aloys Wakenya,amaze imisi 2 mubaboko atarayiwe, ariko asomerwa imisa kuri Cathédrale Regina Mundi. Yagirizwa gukorana na M23, ninyuma yokugura ishirahamwe rihingura inzoga ,mukarere kagenzurwa na M23" Nicaranye na #Sebibazo ariko angurira icayi!

Français
5
13
54
21.5K
Hosy IRAKOZE
Hosy IRAKOZE@IrakozeHosy·
hey YOU…. You are free to dream without limits, and you have the power to turn those dreams into reality. Every vision is an opportunity, and with determination, you can shape them into something extraordinary. Let nothing hold you back, because the future is yours to create.
Hosy IRAKOZE tweet mediaHosy IRAKOZE tweet media
English
5
1
44
5.2K
Sugira Mireille🇨🇩
Sugira Mireille🇨🇩@SugiraMireille·
🇨🇩 Jeudi 9/4/2026 Cette enfant hema est morte après être fusillée par @FARDC_officiel au dos de sa mère, au Site de Déplacés #Plaine_SAVO, en Chefferie des Bahema Badjere. Sa mère blessée aussi. Voilà, balle extraite de son corps. @ITURI_AMANI ✍️
Sugira Mireille🇨🇩 tweet mediaSugira Mireille🇨🇩 tweet mediaSugira Mireille🇨🇩 tweet mediaSugira Mireille🇨🇩 tweet media
Français
33
31
80
12K
SERGE KAMBALA
SERGE KAMBALA@SergeKambala243·
Urgent : Très bonne nouvelle D'une Source très sûre et fiable , nous apprenons le décès de @CNangaa à Goma dans des circonstances floues. Je reviens avec plus de détail ... On entre pas en guerre avec les USA, vous allez tous finir comme des moustiques
SERGE KAMBALA tweet media
Français
87
25
192
33.4K
Rwanda-Urundi
Rwanda-Urundi@AlexisEmer95422·
Ngo Irani igira ikabone? Binyuze muyihe nzira? Iya missile? Barabashuka
Filipino
0
0
0
15
Rwanda-Urundi
Rwanda-Urundi@AlexisEmer95422·
@yigenga Uyu arwiza amajambo gusa ntanakimwe aja gukora
Indonesia
0
0
1
379
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
On ne peut pas effacer un peuple, il restera toujours des voix, une culture, une identité.
Umuhinga yigenga tweet media
Français
6
1
48
6.3K
Rwanda-Urundi
Rwanda-Urundi@AlexisEmer95422·
@yigenga @GeneralNeva Barwanira kubaho neza kandi barabishitseko. Baba munzu nziza, bagenda n’imiduga myiza, b1shatse urukwavu ni twende, bashatse inkoko ni twende amashure meza n’ayabo ivyo bindi ushaka nibiki ? Wewe uragorana
Filipino
1
0
0
1.7K
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Kuvuga ngo Ngeze yarahindutse aja muri Uprona, nibisazwe cane kubanyepolitique b'iwacu kuko na "president wa CVR" nawe niyo yahoramwo yarabaye ministre, ambassadeur , ariko uno musi sinziko uwoyimubwira yonanwa amazi bamuhaye! Kurondera ukuri nivyiza ariko impinga iracari ndende... umwe wese nukwikwegerako
Filipino
3
5
33
10.7K
Rwanda-Urundi
Rwanda-Urundi@AlexisEmer95422·
@sopebu @NtareHouse Abantu batunze imodoka bababaye nka mayibobo yirirwa ateze amashi atazi ko ahava aronka
Filipino
0
0
0
31
SOPEBU
SOPEBU@sopebu·
#Burundi Kumvo zo kubahiriza umutekano kuma station biramenyeshejwe ko ubu igitoro kizohora gitangwa gushika isaha cumi na zibiri zumugoroba (18h00). Igitoro kizoba kiraye muri station kizotangwa bukeye hisunzwe liste yabaraye banditswe.@NtareHouse
76
13
115
43.5K
Rwanda-Urundi
Rwanda-Urundi@AlexisEmer95422·
Ibaze nk'ubu ejo mu gatondo twovyuka tugasanga Willy Ngoma bamuhaye interview ariko arabeshuza atubwira ko ari mizima ingene vyoryoha. Ibisabisho vyacu Mukama ni biduge imbere yawe nk'umwotsi w'isenga
Indonesia
0
0
0
27
Rwanda-Urundi
Rwanda-Urundi@AlexisEmer95422·
@IanECox Uzopfume uza ndaguhe inyigisho y’urwo rurimi wakoresheje😀
0
0
0
282
I. Cox
I. Cox@IanECox·
In the current regional geopolitical environment, if I was an arms tracker, I'd be suspicious of a 747 freighter flight from Belgrade 🇷🇸 to Bujumbura 🇧🇮. It's like a container of machetes in 1994.
I. Cox tweet media
English
17
39
144
45.9K