Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭

1.5K posts

Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 banner
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭

Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭

@BURUNGA_

BURUNDI 1st🥇🇧🇮 Igihugu cacu ciza, c'Amata n'Ubuki 🍯 1) IMANA-UMWAMI-UBURUNDI. 2) UBUMWE-IBIKORWA-AMAJAMBERE. 3) DUSENYERE K'UMUGOZI UMWE.

Burunga Katılım Temmuz 2019
586 Takip Edilen585 Takipçiler
Sabitlenmiş Tweet
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭
Banyamahanga Bose, Kaze mu Burundi🇧🇮. Igihugu ciza cane, c'Amata n'Ubuki, kandi corohereza buri muntu wese atari inkozi y'ikibi kandi adafise intumbero mbi Ku Gihugu n'abakibamwo. Welcome to Burundi folks 🇧🇮🥛🍯🌇
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 tweet mediaBurunga, Burundi 🇧🇮 🔭 tweet mediaBurunga, Burundi 🇧🇮 🔭 tweet mediaBurunga, Burundi 🇧🇮 🔭 tweet media
Indonesia
7
7
41
10.7K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
« Je n’ai jamais cherché à prendre le pouvoir, mais au contraire à le rendre au peuple burundais afin que les responsables politiques puissent exercer pleinement leur rôle. » General Niyombare Godefroid
Umuhinga yigenga tweet media
Français
3
16
78
28.9K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
🇳🇦 La Namibie refuse d’accorder une licence à Starlink. la loi exige que 51 % des entreprises soient détenues par des Namibiens. Le projet ne respecte pas cette condition
Français
4
8
49
8.9K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
UMWAMI 👑🇧🇮
UMWAMI 👑🇧🇮@Bmwami10·
@ReynoldsButari Ugwanya cnddfdd ukoresheje amacakubiri ntaco woba uriko uragwanya kukwo nabo bokeresha amacakubiri.... cnddfdd tuzoyitsinda en tant que burundais(tous confondus) Barya nabo bavuga yamuhe mureke kubaha importance yivyo bavuga ntibekenewe ko unishurana nabo....
Filipino
0
6
32
694
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Joséphine Jones Nkunzimana
Joséphine Jones Nkunzimana@JosJonesNkunz·
Iyi tweet irarengeje "Ni nka bimwe batubwira ngo NKURUNZIZA yishwe n'umutima atawo yigeze agira."
Joséphine Jones Nkunzimana tweet media
Indonesia
8
14
95
19.7K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Cycle de Nkoma☯️
Cycle de Nkoma☯️@Nsoro_na_Jabwe·
Igihugu gikwiye gusubizwa Intare, inkona zananiwe🤡🤡🤡🤡
Polski
1
1
3
149
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Reynolds Butari
Reynolds Butari@ReynoldsButari·
Partage utile 👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾 mwiyubare
Reynolds Butari tweet mediaReynolds Butari tweet mediaReynolds Butari tweet mediaReynolds Butari tweet media
Română
3
8
40
8.5K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Barankitse
Barankitse@irakoze____·
Ako kantu kari ku mutwe wa Mwezi kitwa gute ? .🇧🇮
Barankitse tweet media
Filipino
8
3
27
7.6K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Reynolds Butari
Reynolds Butari@ReynoldsButari·
Au fait Neva yatinye ko Bunyoni amupfirako ari muri prison. Muti kuki? Burya Neva arazi neza adakekeranya ko uko bizogenda kwose ashobora kuzopfungwa niyava kubutegetsi nkuko nawe yabigiriye abandi kandi nkuko Cndd fdd ariyo yambere yatanguye kubikora. Kera nta mutegetsi yigeze gutwara igihugu yapfungwa mu Mpimba, canke iyindi prison. Batuma bamushira muri résidence surveillée, canke akaba exilé mukindi gihugu. Uwo muziro aba DD barawukuyeho, Neva lero arazi ko ahavuye abagenziba Bunyoni nka reverien bashobora nawe kuzomupfunga canke abandi bazoza bagafata igihugu bashobora k'umu pfunga. Ubwoba lero atanze message ati : basi ninagwara muraraba muzondekure nje kwivuza nkuko nabigiriye Bunyoni.
Filipino
0
3
38
6.7K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮
Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮@pnininahazwe·
Libération du Général Alain Guillaume Bunyoni (incarcéré depuis avril 2023) et du Colonel Michel Kazungu (incarcéré depuis mai 2015). Les deux officiers ont été relâchés pour raisons de santé. #Burundi
Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 tweet mediaPacifique NININAHAZWE 🇧🇮 tweet media
Français
1
13
94
28.4K
Paul Kagame
Paul Kagame@PaulKagame·
Congratulations President @KagutaMuseveni on your re-election as President of the Republic of Uganda. I extend my best wishes to you and the people of Uganda as you continue to serve your nation for the prosperity of your people. I look forward to the continued strong and productive cooperation between our two countries.
English
1.1K
1.9K
10K
731.7K
BARATUZA Gaspard
BARATUZA Gaspard@baratuza2000·
# Par sa discipline, loyauté , patriotisme, cohésion & professionalisme : la @fdnbbi est au service de la population & dont elle assure la protection jusqu'au sacrifice suprême #
BARATUZA Gaspard tweet media
Français
46
70
185
18K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
UMWAMI 👑🇧🇮
UMWAMI 👑🇧🇮@Bmwami10·
@ReynoldsButari L’importance du président du Burundi ? C’est comme chercher l’impact d’un ventilateur dans une tornade : il tourne, il fait du bruit… mais personne ne sent vraiment la différence. À part ses proches, bien sûr, eux ils ressentent le vent en dollars. #Burundi🇧🇮
Français
0
3
15
710
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧
Mukuru w’igihugu @GeneralNeva nagira ndakubwire ko mutagabanije aya majambo muriko muratuma aba jeunes benshi biyumvira inzira y’ishamba kandi bazogaruka bataborohera na gato Aho kubeshuza ivyo Faustin Ndikumana yavuze muriko murinjira mu buzima bwite bwiwe, ni muvuga ivyo yavuze ivyo yabeshemwo ni ibihe? None burya umuntu agira ijambo kubera afise umugore? Mbe nama mbona mwigisha ijambo ry’Imana Intumwa Petero yavuze iki ku vyerekeye gushaka? Ati iciza ni kutarongora ariko kubw’umubiri ukugoye urarongora? Mbe Yesu we unyumvira yari afise umugore? Tuve muvy’amadini mbe hoho usanze uwo uriko uraryagumba ngo ntakagire ijambo kubera yashaje atarongoye usanze vyavuye ku burwayi naho? Izi mvugo nukuri ntizibereye indongozi yo ku rwego rw’umukuru w’igihugu oya oya namba. None ga Mana ya ba Sogokuru ntiwotubabarira ivyaha twagucumuyeko nukuri😭😭
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧@WilsonLixon

Iminsi yose uzobona ba ba doctors ba Cndd fdd babuze ico bakuvugako bagatangura kuvuga ibi uze umenye ko wateye ibuye mu gisaka rigahamya ikibweje, ndabira zino trolls zose ku muntu umwe gusa😂😂😂 Aba dd bafise aba dr akazi kabo ari kwirirwa mu busutwa no mu nsaku kubo babona umenga barabahanze, amajambo yabo aba ari amwe

Filipino
31
12
59
11.7K
Burunga, Burundi 🇧🇮 🔭 retweetledi
Cycle de Nkoma☯️
Cycle de Nkoma☯️@Nsoro_na_Jabwe·
Uburundi buyobowe n'abantu barikwo umuvumo. Nico gituma atakigenda. Gomba mute icizere, hataje amaraso mashasha Uburundi burapfa !!
Filipino
1
10
18
798