Sabitlenmiş Tweet
UMWAMI 👑🇧🇮
13.3K posts

UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi

@Bmwami10 @JosJonesNkunz @CyrilRamaphosa Rero ko ndi umu congomani uraza ubunkuremwo ubu Burundi ko usoba uhagaze wa rofa we

A Burundian girl: “... I’m from #Burundi.”
HE @CyrilRamaphosa: “Ohh, okay. I thought taller people were from Rwanda.”
Her: “We’re the same!”
English

@BejornLodBrok @JosJonesNkunz @CyrilRamaphosa Turi bamwe nyene kukwo duhurije ibintu vyinshi gusumba abandi abantu bose bo mukarere..... hubwo ww uvuga ko tutari bamwe kbr butwaga numututsi..... uhenda nde ??gaha tubanye tuzinanye
Filipino

@Bmwami10 @JosJonesNkunz @CyrilRamaphosa yaba turi bamwe, tuba turi igihugu kimwe..so comme hari abarundi, hakaba abanyarwanda wumva turi bamwe gute??mbega muzogeza ryari kwisemba abantu!!gusa yaba Urwanda rutwarwa n'umuhutu ntimwovuze ko turi bamwe, mais kubera rutwarwa numututsi nkamwe muvuga ko muri bamwe.uwutabazi
Filipino
UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi
UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi
UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi

#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶, 𝗹𝗲 𝟮𝟵/𝟬𝟰/𝟮𝟬𝟮𝟲
𝗔𝗹𝗲𝗿𝘁𝗲 🔺 𝗚𝘂𝘁𝗮𝗯𝗮𝗿𝗶𝘇𝗮 𝘃𝘆𝗶𝗵𝘂𝘁𝗮❗❗
Ubwicanyi budasanzwe. Uwurongoye igipolisi ariko arica abanyagihugu bidasanzwe. Abanyagihugu bariko batabaza vyihuta.
Muri kano kanya, 15h, hari ubwicanyi budasanzwe buriko bubera kuri Zone Mparamirundi ( Intara ya kera ya Ngozi). Uwurongoye igipolisi aho i Mparamirundi yafashe abanyagihugu bivugwa ko bari bashoboye ibintu mu Rwanda, batatu mur'abo banyagihugu yaciye abazana kuri zone, ubwonyene aca agirwako arabarasa, baca barapfa. Abanyagihugu bashwabadutse barakungera. Aho nyene uwo arongoye igipol yaciye agenda azana uwundi munyagihugu, nawe nyene ashitse amurasira imbere y'abanyagihugu, agiriweko acikana.
Ubu nyene kandi, asubiye inyuma, avuze ko agiye kuzana uwundi munyagihugu nawe nyene ngo ace amwica.
Ibinti bintu biriko biba ubunyene aho i Mparamirundi biteye ubwoba bwinshi cane abanyagihugu. Bariko batabaza inzego zo hejuru kugira zihagarike vyihuta iyo ntwazangabo intamare abanyagihugu.
Inzego zo hejuru nizigire ico zokoze vyihuta zihagarike bino bintu ubunyene i Mparamirundi
Ni inkuru tugarukako.
Uwufise n'ayandi makuru ashobora kutwandikira kuri WhatsApp y'ishirahamwe: +33 7 58 27 92 94
canke kuri email: contact@kingumurundifreedom.org
@GeneralNeva, @NtareHouse, @MininterInfosBi, @Burundi_Police, @CNIDH_Bdi

UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi
UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi

Narabivuze kuva kera n'ubu ngira ndabisubiremwo. Le seul moyen yo gukura aba DD ku butegetsi ni uru balle nta kindi. Ntimurambirwa no kuguma mwidoga, mutangara chaque fois babereka ko bashaka gutwara bonyene? Bamye bari clairs sur ce sujets. Faites-en autant. Soyez pas naïfs!

Greg Le Grec@GregLeGrecq
Inzira yonyene yo guhindura ubutegetsi mu Burundi c'est par la force. Croyez-moi ça me peine de le dire ainsi, mais croire que hari surprise izova mu matora organisé par les dd relèverait d'une naïveté sans borne!
Indonesia
UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi

Un jour, de mon vivant, je veux pouvoir être fier de mon pays. Est-ce vraiment trop demander ?
Depuis l’indépendance en 1962, un seul dirigeant a véritablement fait avancer le Burundi : Bagaza. Paix à son âme.
Depuis lors, nous enchaînons trop souvent des dirigeants qui cumulent criminalité et incompétence.
Un système de type cartel ou mafia traite le pays comme un butin personnel à piller.
Ils ne se soucient que de s’enrichir, eux et leurs clans. Jamais ils ne ressentent la moindre honte à laisser derrière eux un pays exsangue, sans aucune trace positive de leur passage au pouvoir.
Le plus tragique dans tout cela ?
Nous nous sommes collectivement résignés à cette lente agonie nationale, comme si c’était notre destin inévitable.
GIF
Français
UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi
UMWAMI 👑🇧🇮 retweetledi














