
🦅#RWIBAGA: Ku musi ugira kabiri w'ingendo bakoze muri komine #Rwibaga, kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 21/5, Ubuserukizi bw'umugambwe @CnddFdd mu ntara ya Bujumbura, bwaragendeye abagumyabanga bo mu mazone ya :KANKIMA,MUGONGO,NYABIBONDO na NYABIRABA.
#CNDDFDDTSINDA




Indonesia





























































