

Edwin Dwima Umunyakaranga
24.5K posts

@DwimaEdwin
⛪, Photographe 📸, Umunyakaranga 🇧🇮 , Informaticien💻 https://t.co/GBKfl7Irvr



Benshi muri barya ba influenceurs canke influenceuse bo kuri za tiktok,IG , snap etc… hano kuri X (Twiter) harabagora kuduza aba followers wumva ngo twiter iragoye 😂😂😂😂

Ntiwonyemeza ko @sopebu idakingira ikibaba station ziba ibitoro kumapompo? Muti gute? Ubu nta #Station itangura gutanga igitoro atamukozi wa #Sopebu ahari. Kuki atobanza gufata iki gicupa ca 1.5L bakamuha igitoro twese tubona? Tukabona ko hagiyemwo 1.5L ham bakabona gutangura

#Burundi Ama station yahawe ibitoro uno musi mu gisagara ca Bujumbura.@NtareHouse


Mbe ubumushita kuri liste iziriko zirapakira???ibaze 18h igitoro hari ama station atararonka igitoro nayangingo y’a 18h🥱🥱🥱🥱 Mbe muburundi tuzokora 24h ryari???? Ubwo mumbona kazoza ntituzoba dukora 24h nagira twotangura kubikorerako ubu???


Ikibanza gifasha benshi kutazimira I Bujumbura 💯 Tubwire inkuru yawe na kiosk coca cola 🤭

Benshi muri barya ba influenceurs canke influenceuse bo kuri za tiktok,IG , snap etc… hano kuri X (Twiter) harabagora kuduza aba followers wumva ngo twiter iragoye 😂😂😂😂


