Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆

3K posts

Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆

Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆

@ndarushe

#Ndarushe #Umukuruwindushi #Nkundakuryama

Duniani Katılım Nisan 2022
906 Takip Edilen1.2K Takipçiler
Sabitlenmiş Tweet
Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆
Kwizina ry indushi twari twipfuza kumenya ico @yigenga apfa na @medardmuhiza kuburya muhiza yihinduramwo abantu 3 kugira yibasire uwo yigenga canke ahubwo nimba adashaka gucisha agatwe uwo yita ngo #Boris, uwu Boris nawe akaba atariko arahurizwako kuko bose bamuvuga ata preuve
Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆 tweet media
Indonesia
3
0
10
2.2K
Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆 retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Dr Sahabo nawe akwiye gutezurirwa...
हिन्दी
8
3
48
8.3K
Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆
Ntiwonyemeza ko @sopebu idakingira ikibaba station ziba ibitoro kumapompo? Muti gute? Ubu nta #Station itangura gutanga igitoro atamukozi wa #Sopebu ahari. Kuki atobanza gufata iki gicupa ca 1.5L bakamuha igitoro twese tubona? Tukabona ko hagiyemwo 1.5L ham bakabona gutangura
Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆 tweet media
Filipino
4
0
10
3.5K
SOPEBU
SOPEBU@sopebu·
#Burundi Biramenyeshejwe ko aya ma station aza guha ibitoro uno musi ingendeshwa ziri kurutonde rwanditswe iginekerezo rya 19/03/2026 kubari batonze kuri aya ma station. @NtareHouse
SOPEBU tweet media
Indonesia
21
6
73
21.8K