GIKEKE PASCAL retweetledi
GIKEKE PASCAL
250 posts

GIKEKE PASCAL retweetledi
GIKEKE PASCAL retweetledi

@ParcemBurundi Aho numviye ho n'impapuro ziyiranga ko Leta itazi n'uwuzifise iy'ari nk'uko vyashikirijwe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu bwafutse umunwa!!! Bigenda gute Leta isohore amahera muma miriyoni amajana buri mwaka abungabunga Indege tudafitiye impapuro!!
Indonesia

@ParcemBurundi Ikibazo co gushiraho umurwi ugizwe n'Abasingamateka boja muri Espagne kuraba iyo ndege naragishikirije munama Nshingamateka muri Ndamukiza 2025 ndetse ndanasaba kw'iyo Ndege yogurishwa muntumbero yokureka kuguma igenerwa amafranga yo kuyibungabunga kandi ataco imariye Igihugu!.
Indonesia

3/3 🗣️L’ancien Ministre du Commerce avait déclaré un jour au Parlement qu’il y avait une commission qui est allée évaluer ces aspects mais son rapport se fait toujours attendre. Là où le bât blesse, même le Président de la République n’a pas évoqué cette commission envoyée par le Ministère du Commerce alors qu’il a été envoyé au nom du Gouvernement.
🔗Le Président a parlé seulement du manque des papiers comme titre de propriété de l’avion. D’où même l’incohérence de l’action gouvernementale par rapport à sa stratégie de communication. Le Ministre n’avait pas évoqué le problème des papiers liés au titre de propriété à l’époque. Le Président dit qu’il a envoyé une commission pour vérifier que cet avion existe même. Au niveau des membres de l’exécutif, il y a une incohérence au niveau de la prise de stratégie où de l’orientation des décisions.
🧶Il faut mettre sur pied une commission d’enquête parlementaire et mettre à contribution les institutions de contrôle comme l’IGE, la Cours des Comptes. Et il faut tenter d’harmoniser le discours de la communication car tout cela désoriente la population. Il faut que tout cela se passe dans la transparence totale en clarifiant à quoi cet avion est destiné.
🔰Il faudra alors prendre une décision pour qu’on ne continue pas à dépenser de l’argent pour un avion qui ne fonctionne pas. Le rapport technique devrait être communiqué au parlement et à la population. Dans les pays où les institutions fonctionnent comme il faut, une commission spéciale parlementaire devrait aussi se saisir de la question au nom des citoyens qu’elle représente. Le cas échéant, cette commission devrait clarifier ce problème de papiers de cet avion. Il faut une volonté et une transparence nécessaire pour que cette question soit vidée. @nshingamateka @IrisNews_ @MagazineJimbere @BoneshaFM

Français

@kazogert Abo basokuru nyene nibo bongeye kuvuga
ngo :( WIYUBARA AKO HASI UGATWARWA NAKO HEJURU)
Indonesia
GIKEKE PASCAL retweetledi

Dufate iki, tureke iki ?
Prezida Evariste Ndayishimiye ati : imbonakazoza tuzoyishikira imbere ya 2060. Muhinduka canke mureka, sinzobakorako, kuko naho mpindura haza abameze nk'abambere. ...
Umushingamateka Martin Niteretse ati : tudahinduye ingendo, hakaba kwubaha amategeko, muri 2040 tuzisanga tukiri muri 2020 canke 2025 !
Ibi bintu birakomeye. Prezida atwemerera iterambere ryihuse, ariko kandi ko abategetsi b'abasuma ataco agiye kubagira ngo kubera n'abandi boza ari abasuma. Mbere n'umutegetsi ngo yatumye Abarundi babura igitoro yaramubabariye !
Martin Niteretse yahora agira kabiri muri Leta ya Ndayishimiye. Uwutwara intwaro yo hagati mu gihugu n'inzego z'umutekano aba afise amakuru ahambaye y'igihugu. We yaraburavye asanga nta ntambwe iriho, ko abategetsi b'abasuma bafahagurukiwe, iyo mbonakazoza itazigera ishikwako. Ndayishimiye abona ko iterambere twamaze kuryinjiramwo, ko ubukene bwaheze, mu gihe Niteretse abona ko n'ivyo amafaranga ya Leta atangirwa bidakorwa. Amakomine amwe babwirwa ko amatara yamaze gushikayo, ariko Abanyagihugu ntibigeze baronka amatara !
🔴 Musomyi, bano bagabo babiri, ni nde ariko aratubesha ? Ko bose bavuga ivyo bazi, bigenda gute ngo umwe atwizeze ko twamaze gutera imbere, uwundi we ati ibara ryaraguye nyabuna ?
Filipino

@FOCODE_ Hari kw'igenekerezo rya 10 Ntwarante 2023 i Ngozi!! Ntabwo hari kw'igenekerezo rya 10 Ntwarante 2025!!!












