Joe

204 posts

Joe

Joe

@Joe46598540

Ukuri n’ubuntu

Katılım Haziran 2020
102 Takip Edilen16 Takipçiler
Joe retweetledi
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
Turahojeje umuryango w'umusirikare Kwizerimana Aimé, aherutse guhitanwa n'intambara ziri muri RDC. Umusirikare Kwizerimana Aimé avuka mu ntara ya Bubanza, komine Musigati, ku mutumba wa Mpishi. Kwizerimana Aimé yari yubatse, yari umuvyeyi w'abana bane bakiri bato cane. Kwizerimana Aimé, yahitanywe n'intambara muri Sud-Kivu, ku wa 18.02.2025. Turahojeje umuryango w'umusirikare Kwizerimana Aimé. Imana iwube hafi muri bino bihe bitoroshe.
FOCODE tweet media
Indonesia
3
9
27
3.7K
Joe retweetledi
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
Turahojeje umuryango wa Sergent Léonard Ndihokubwayo, aherutse guhitanwa n'intambara ziri muri RDC. Umusirikare Léonard Ndihokubwayo avuka ku mutumba wa Mubanga, muri komine Ruhororo, intara ya Ngozi. Mu 1993, Léonard yabuze umuvyeyi wiwe mu bwicanyi bwakurikiye igandagurwa rya Prezida Ndadaye. Yakurikiye mw'ikambi y'abateshejwe izabo yo ku Mubanga. Muri 2018, Léonard yinjiye mu gisirikare c'Uburundi, mu rugero rw'ibisongerezi vy'intwazangabo, muri ESO Bururi. Abamuzi bavuga ko yari umusirikare w'intwari. Abiganye na Léonard Ndihokubwayo bavuga ko yari umuntu mwiza cane, yakundana, kandi yakunda gutwenza. Apfuye haciye igihe gito ashinze urugo rwiwe. Turahojeje umuryango w'umuhisi Sergent Léonard Ndihokubwayo. Imana iwuremeshe mu bihe bitoroshe uriko uracamwo.
FOCODE tweet media
Filipino
11
7
26
12.7K
Joe retweetledi
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Gitega : Ari hehe Jean de Dieu Nduwamungu ? Ariko azira iki ? 23-02-2025: Uwitwa Nduwamungu Jean de Dieu, yahoze mu gisirikare, yarahagaritswe n'abapolisi ku murwa mukuru w'intara ya Gitega. Aho hari ku wakane (20.02.2025), ku mutaga. Mw'ijoro, abo bapolisi baramuzanye iwe barasaka, barabura na kimwe, baca bagenda bamutwaye. Bukeye, abiwe bagiye kubaza muri commissariat y'igipolisi bababwira ko atawuriyo. Kugeza ubu, abiwe barahangayitse, ntibazi iyo Jean de Dieu Nduwamungu yajanywe. 🔴 Jean de Dieu Nduwamungu ni nde ? Nduwamungu Jean de Dieu yavukiye ku musozi Nyatubuye, komine Mugamba mu ntara ya Bururi, mu 1976, ubu akwije imyaka 49. Yinjiye igisirikare mu rwego rw'ibisongerezi (sous officier), akibamwo gushika mu 2016, aho yahagaritswe afise ipete rya Adjudant. Igihe afatwa muri 2016, yakorera muri 3ème bataillon commando i Gitega aho bamutazira E P S. Ico gihe harafashwe abasoda batari bake bahoze mu gisirikare xa kera (FAB). Yarapfungiwe muri Documentation, mu nyuma ajanwa mw'ibohero mw'ibohero rikuru rya Ngozi, aho yabaye gushika muri 2021. Adjudant Jean de Dieu Nduwamungu yapfunzwe ku karenganyo, iyo myaka yose. Yaraburanye aratsinda urubanza, ariko mu gisirikare baranse kumusubiza mu kazi. Kuva arekuwe, Jean de Dieu Nduwamungu yaba ku rugo rwiwe mu gisagara ca Gitega. Buri gitondo yazindukira mu misa ku Mushasha, hama agakurikirana imirima n'ibitungwa vyiwe. Umwanya munini yawumara muhira iwe, rimwe na rimwe agakubitira mu Mugamba, gukurikirana ivy'umuryango, kuko n'umuvyeyi wiwe yahavuye yitaba Imana, inyuma gato y'aho Jean de Dieu arekuriwe. 🔴 Ifatwa rya Jean de Dieu Nduwamungu Mu gitondo co ku wakane (20/02/2025), Jean de Dieu yazindutse mu misa yo mugatondo nkuko yama. Isaha zine zo mu gatondo yaratelefonye abiwe, abamenyesha ko yitavye umuntu amuhamagaye. Isaha umunani (14h) abiwe baramuhamagaye, bumva telefone irazimije. Isaha zibiri n'igice z'ijoro (20h30), niho abiwe babona aje aboshwe na menottes, ari kumwe n'abapolisi batanu bambaye umwambaro w'igipolisi be n'abandi babiri bambaye ibisanzwe. Bashitse binjira mu cumba ciwe gusaka, nta kintu bahatoye, baca baramujana. Babajijwe iyo bamujanye, abapolisi bishuye ngo muzoze kubariza kuri commissariat i Gitega ! Umuryango ntibawemereye kubona imodoka yamujanye, ariko abari kw'ibarabara baravuze ko yari camionnette double cabine yibiyo bitabona, itagirako imparati, bishoboka ko ari iyo mw'iperereza. Bukeye, abaryango baragiye kuri commissariat i Gitega baramubura. Baragerageje no kubaza mw'iperereza ariko baranse kubakira. Baranatelefonye uwutwara igendereza i Gitega, Venant Ndayishimiye, telefone yarahamagara ariko akanka kwitaba. 🔴 Amakuru ashikira umuryango avuga ko Jean de Dieu Nduwamungu yoba ariko arabesherwa ko yafatanywe ibirwanisho kandi atavyo bigeze batora. Umuryango urahangayitse kubera utazi aho uwabo apfungiwe nuko amerewe. Umuryango usaba ko worekurirwa kumubona nkuko amategeko abitegekanya. Nimba uwabo hari ico yagirizwa, umuryango usaba ko yojanwa mu butungane, ahantu hazwi, aho kumupfungira ahatazwi. 🔴 Impanuro Muri ino misi, hari abantu benshi cane bariko barafatwa mu gihugu cose. Bamwe bakekwa kuba ari abanyarwanda canke abanyamulenge, hari abakekwa gukorana na M23, hari ababesherwa ivyo vyo gutunga ibirwanisho. Twohanura abantu bose bigeze kuba abasirikare canke bigeze kuba mu mihari y'abagwanyi, kwirinda rwose abantu babahamagara ngo bagire iyo bahurira. Uwuramutse yitaba nawe, yogenda abwiye umuryango uwumuhamagaye be n'ikibanza bahuriramwo. Vyiza yogira uwumuherekeje aza kuraba ivyarivyo. Abantu bokwirinda cane abantu baduka babaganiriza ibijanye no kuja mu mirwi igwana. Mu bariko baratega imitego abantu, harimwo abakobwa bakora mw'iperereza rya gisirikare (G2). Bagenzi, muhagabire cane !
FOCODE tweet media
Indonesia
3
12
34
5.6K
Joe
Joe@Joe46598540·
@willynyamitwe IMBWA nkuru yariko itwenga iyindi MBWA go wewe ufise umurizo mugufi nk’uw’ifyisi,ur’uwundi nawe @niyonsavye ati wanguha «batumyeko IMBWA z’umurizo muremure ati si @willynyamitwe yotonda imbere». Iyi MIHIMBIRI iduserukira mu makungu tuzoyikizwa n’iki ga Barundi mwe?
Joe tweet mediaJoe tweet media
Indonesia
0
0
0
5
Joe
Joe@Joe46598540·
@NtareHouse @GeneralNeva Ni we MUBANDI aza ubwa mbere uyo @GeneralNeva none mwumva atace gutesha umwanya abantu aza kubabwira ivy’amabandi basahura igihugu knd ariwe abarogoye.
Filipino
0
0
0
13
Ntare Rushatsi House
Ntare Rushatsi House@NtareHouse·
Le Chef de l’État,SE @GeneralNeva,a rehaussé de sa présence la retraite de réflexion pour l'élaboration d'une stratégie nationale de lutte contre la corruption organisée par l’Inspection Générale de l’Etat,à laquelle participent toutes les parties prenantes dont la société civile
Ntare Rushatsi House tweet mediaNtare Rushatsi House tweet mediaNtare Rushatsi House tweet mediaNtare Rushatsi House tweet media
Français
19
137
190
12K
Joe
Joe@Joe46598540·
@ngendapatrick Bien dit vraiment. Tant qu’on aura pas trouvé un autre imbonerakure pour le replacer, Bigirimana restera le chef de l’aile du cnddfdd masqué sous le nom de fnl
Français
0
0
0
158
Joe
Joe@Joe46598540·
@Kamwenubusa6 Igihugu kitagira indogozi zibushitse z’injuja n’ijambo nuko bigenda kamwenubusa, n’ivy’igihigu vyononwa babona.
Slovenščina
0
0
0
0
Kamwenubusa
Kamwenubusa@Kamwenubusa6·
Ibi bintu nta gihugu cobisabirako; ababijejwe nibadukure mu kangaratete twumve inkuru itubwira ko ingoma z'Uburundi zasubijwe iteka mpuzamakungu n'iry'igihugu zifise. Uwazihaye uruhusha nawe atubwire ko yarazi iyo ziroye.
Kamwenubusa tweet media
Indonesia
7
2
6
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@ibakanibona @burundi_daily @rutwesdras @CnddFdd Isaac Aho nta soni gusigura ibintu bicuritse nkivyo kweri ? Nti nk’ugushira hamwe abamalayika ba shetani n’ab’Imana knd badakora bimwe. Igihugu gituganijwe neza leta ntija mu migabwe cnk rw’ituganye ibikorwa vya milices nkuko ko mu kirundo,mu gihe hari inzego z’umutekano
Indonesia
1
0
0
0
BAKANIBONA Isaac
BAKANIBONA Isaac@ibakanibona·
@burundi_daily @rutwesdras @CnddFdd Vous avez perdu le nord.Les cellules de communication des provinces/communes en plus des communications officielles,publient aussi les activités réalisées par les partis politiques et différents partenaires au développement (PD) dans leurs circonscriptions territoriales.
Français
1
0
0
0
Burundi Daily
Burundi Daily@burundi_daily·
Y a t-il encore une différence entre l'administration et la direction du parti @CnddFdd? Un peu inhabituel que la cellule communication d'une province se transforme en cellule de communication du parti au pouvoir.
Burundi Daily tweet media
Français
1
7
8
0
Joe retweetledi
Dr.h.c. Bob RUGURIKA
Dr.h.c. Bob RUGURIKA@rugbob78·
Bilan des 2 ans du règne #Ndayishimiye. Le Parti #CNL déplore l'incohérence entre le discours du Président et les actes criminels du régime. Le Parti dénonce la persistance des crimes graves. Assassinats, disparitions forcées et la corruption...
Dr.h.c. Bob RUGURIKA tweet media
Français
6
15
23
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@Kamwenubusa6 Ewe Kamwe sha, abizeye inkuru y’ukuri iva iwawe ni nk’ukwizera amata mu matako y’igihori. Ukuri wovuga ga Kamwenubusa woba wagukuye hé? Cnk koba gushigiye kuki? Na sobuja ndayishimiye arabesha weho wumva uko kuri wogukura hé?
Filipino
0
0
0
0
Kamwenubusa
Kamwenubusa@Kamwenubusa6·
Je remercie mes + de 7 600 personnes qui me suivent leur promet des info véridiques, vérifiables et constructives. La lucidité pr le développement est nécessaire. La calomnie, comme cela existe, n'est autorisée que pr ceux qui, gds ou pts, le font dans les coulisses.
Français
1
0
2
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@Kamwenubusa6 Kamwenubusa ushaka kuja iyo nkurunziza yagiye? Reka sha iyari icomuha iyindi chance yo kugaruka kw’isi ntiyoba agisubira gukora ivyo yakoze akiri muzima.
Indonesia
0
0
0
0
Kamwenubusa
Kamwenubusa@Kamwenubusa6·
C'est un vrai héro et il est parti.Ariko aradusigarana abagabo ntiyasize igihugu ari igihengeri. Aragahezagirwa. Adusabire dushike aho ari
Română
1
8
14
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@Claudenshim Claude urivugira kwari KARABONA waw,ariko wibuka ko hari imiryango myinshi yagiye ahekuye abandi arabagaza kure y’igihugu cabo,ariko Imana Iriho Yaramuhamagaye iyo atazosaga NYANDWI cnk BaAGORIKUNDA,knd ababuze ntibarizwa nuko yagiye kuk barazi ko aha kw’isi batari gutuganirizwa.
Joe tweet mediaJoe tweet mediaJoe tweet mediaJoe tweet media
Filipino
0
0
0
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@Claudenshim Abo yahekuye nabo ga Claude bazovuga gute? Abahekuwe n’intwaro yiwe kuva 2006 abatawe mu ruvubu na col vital avuga ko ariko akurikiza itegeko ryavuye hejuru,bazoyaga uyu nkurunziza wawe yakugize umuntu?cnk abahitanwe na safisha bobo ntabureganzira bafise bwo kumwita“UMWICANYI”?
Slovenščina
0
0
0
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@ApolloSmile «Ifyisi ihenda Intama go rwino dusagira ntaco ndakugira» umugabwe arongoye niwe wirirwa uyuruza abo batavuga rumwe bakaburwa irengero none ubu ariko yigisha gukundana, nuko yatomboye i Burundi har abantu benshi bakurikira nk’intama. Niy’ahandi uyu ndikuriyo nuwo gutera ivyatsi
Indonesia
0
0
0
0
Appolinaire Nishirimbere
Appolinaire Nishirimbere@ApolloSmile·
Naturellement,je ne réponds pas aux trolls. Cependant,la politique comme la société est dynamique. Écoutez au moins ce que dit le leader. Ureke kwemera jewe kuko je n'ai pas besoin de ton approbation et validation pour exister ariko wewe umwemere👇
Ntare 🦁 🦁@NzizaJustin

@JJNkunz @ApolloSmile Ba sindumuja 2 bahuye lmao🤣

Français
8
3
12
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@HumbleSerges @rutwesdras Indoto. Com nibaza ko naho mwohura na Ndayishimiye ukababivuga nta misi yohera museremu atagushize mu gasho wagirizwa kugumura no guhugamanya umutekana w’igihugu n’inzego.
Indonesia
0
0
1
0
Serges Claver NZISABIRA
Serges Claver NZISABIRA@HumbleSerges·
2. Kwigisha abana babo mumashure ya Leta gushika kuri Kaminuza 2. Gutonda kukazi na bus imodoka bakazikoresha mumwanya wakazi gusa( sauf président). 3. Kugara businesses zose zabategetsi canke bagahitamwo kimwe 4. Kwerekana ubutunzi bafise ninkomoko yabwo.
Filipino
6
7
30
0
Serges Claver NZISABIRA
Serges Claver NZISABIRA@HumbleSerges·
Munkebure. Ninahura na président @GeneralNeva nzomusaba adufashe mugufata izi ngingo, kuva kuri we nyene numuryango , abagize Leta, abashi/kengzamateka, DG, musnteri/guverineri, de zones, dekoline nimiryango yabo yose: 1. Kwivuriza mubitaro vya Leta gusa 2. Twiti ikurikira....
Indonesia
9
11
40
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@LionelYves @CVR_Burundi Condoléance Mr Yves,birababaje kubura uwawe ntunahambe. None uyu musi Leta ihari iriko irakora hasi hejuru kuvyabaye 72,ntawuzi kwari kugira ukuri kuje ahabona cnk kwari ukurondera amajwi?Iyo leta nyene uyu musi irica ikanyuruza abantu ntibagandare kubera ubwoba;ubibona gute naw?
Indonesia
0
0
0
0
Nubwacu Yves Lionel
Nubwacu Yves Lionel@LionelYves·
Ma mère reste toujours convaincu que son frère Thadée est toujours vivant, récemment devant la @CVR_Burundi elle a refuse de le déclarer mort!!! Une conséquence du refus de faire le deuil de la part des auteurs du génocide contre les Hutus de 1972.
Nubwacu Yves Lionel tweet media
Français
2
10
53
0
Joe
Joe@Joe46598540·
@bellone257 @LionelYves Ubwo sibarya bivye uyu musi muri ville ga Claude,bambaye impuzu à igipolisi? Claude Ivyo bavyita gufata umutima, none womenya zirya mbonerakure murigika muri congo muba muzirugitse kurondera abo mwita abasuma? Umutwe utagira ubwenge uruhisha amaguru claude
Indonesia
1
0
0
0