ZM
404 posts


@Sir_Umuhirwaa2 Umuhungu winzobe muremure 😂😂😂urahawe ikaze mubazogira dépression mumisi iri imbere😂😂😂
Slovenščina

@LIrakoze85454 @Sir_Umuhirwaa2 Yiyibagije ivyo yakoze kugira urya mwana aboneke
HT

@Sir_Umuhirwaa2 Umukobwa Wiwe yitwariye inda ashaa on dirait k l'histoire se répète😩 Lolilo nawe akaja kutwemeza ko nyina ariwe yareze nabi nawe muri éducation yumwana arimwo ashaa rekaa yumve ububabare abavyeyi ba channel bumvise igihe amutera irya nda
HT

" Nuko tubeho, turwanye inzara iduhanze, twubake igihugu, tureke guta umwanya kubintu..."
🔴 1/3




umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu, This is a safe place Sesa ubufu, sesa umucerii 🔥 ngl.link/umuhirwa42
Indonesia

@Sir_Umuhirwaa2 Ikunde Uko umeze
Wiyiteho
Abakobwa beshi barabikunda
Filipino

" sokuru yarumutware yarafise 4 iyindi côté yuwundi muvyeyi wanje nyokuru yavyaye kubagabo batandukanye ..."
🔴 1/2




umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu, This is a safe place Sesa ubufu, sesa umucerii 🔥 ngl.link/umuhirwa42
Türkçe

" numva noshima IMANA pe 🥳🙌🥺 kuko ikura agasuzuguru kumwana wumuntu ..."
#Abatwip



umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Bandugu, This is a safe place Sesa ubufu, sesa umucerii 🔥 ngl.link/umuhirwa42
Română

" barakenyee gushika aho antelephona akansaba amahera yo kwivuza, ngico ikintu cambere kinrwaje umutima ..."
#18hTea
🔴 1/2




Indonesia

@Sir_Umuhirwaa2 Senga wihane usabe imbabazi ubutagisubire urondere IMANA gusa ntuzosubira guhemuka naho wahemukiye Yesu azavyorosha vyose

" ndemer amber umu sugar daddy vyose muri ya way yukwihora umugenzi wanje..."
🔴 1/2




umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2
It's that time of the week again 🍿 Sesa ubufu, sesa umucerii 🔥 ngl.link/umuhirwa42
Indonesia

@Sir_Umuhirwaa2 Aba diaspora ni beshi ubu aba cheri bacu bari Zambia , Mozambique et Kenya 🫣🫣🫣
Indonesia















