Gasape Burundi

44 posts

Gasape Burundi

Gasape Burundi

@gasape2003

Humuriza FM Radio Manager

www.humuriza.com Katılım Mayıs 2015
263 Takip Edilen341 Takipçiler
THEE KIFLE MIKE
THEE KIFLE MIKE@KifleMike·
@DUSHIME_B @RBarbatus @gasape2003 💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀💀
QME
2
0
0
421
Gasape Burundi
Gasape Burundi@gasape2003·
@RBarbatus @DUSHIME_B 🤣🤣🤣🤣Egome ni navyibagira nzogutumako unyibutse. Ntakindi wonyibutsa kugira bigire icarimwe? Bakubwiye ko hari igorori ryakorotse muri la tete ugaharira. Mbwira ikindi wibagiye ico navumvise🤣🤣🤣🤣
Indonesia
0
0
1
103
DUSHIME
DUSHIME@DUSHIME_B·
@gasape2003 @Aniellanish mbega none ga @gasape2003,karaciye ingani ngo nuwobaza umuco mumutekano mumwite ngo ni umusazi?!😂😂wisabira kumenya igituma, twagira ngo turishuye, ehe induru zokuvuga ngo ubugorori burabuze zikaba ziradutse.
Filipino
1
0
0
90
Daly Doux Damour 🇧🇮
Daly Doux Damour 🇧🇮@Aniellanish·
@MbonyingingoI @yigenga Utinya iki? N’umu commissionaire gute?? Au lieu yo gussipportana, dutangura kwagirizana kandi ata na proof dufise. Ivyo uriko uravuga ushobora kubi justifia?
Filipino
1
0
0
85
DUSHIME
DUSHIME@DUSHIME_B·
@gasape2003 Ntanakimwe twibagira na cane cane😂😂😂😂
Indonesia
1
0
0
658
Gasape Burundi
Gasape Burundi@gasape2003·
@yigenga Uwo muntu yanditse ivyo ni mumuhe amahoro, kandi ntawe yabujije gukoresha izi nyamahanga. Si bose bafise umutima w'abantu mu barundi, rero ntawobibahora, koresha izo mwumva zibanezera hama mutekane, ivyacu tuzoba turabikunda reka twikundire ivy'amahanga mumitima ntituri abarundi
Indonesia
0
0
2
217
Gasape Burundi
Gasape Burundi@gasape2003·
@Aniellanish @DUSHIME_B Ariko nayaguhaye aho munsi uca ubona finalement ko benewacu bamwebamwe hari utugorori tumwe tumwe twatakariye hasi🤣🤣🤣🤣 ex ni uwu azanye iyi tweet🤣🤣🤣
Gasape Burundi tweet media
Filipino
2
0
1
120
Gasape Burundi
Gasape Burundi@gasape2003·
@DUSHIME_B Ndakunda abarundi cane. Nguwo Lucresse na Gasape hiyongereyeko Tess na Exie. Hari ikindi kibazo? Uwu munsi naronse akanya ko gusoma no kwishura.
Gasape Burundi tweet media
Filipino
0
0
5
462
Danny Amaury
Danny Amaury@DannyAmaury1·
@DUSHIME_B 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
QME
1
0
1
623
.
.@gx7sby_·
@DUSHIME_B 😂😂😭bahebanye kuva ryai??
हिन्दी
1
0
1
549