haziyo Thierry

2.7K posts

haziyo Thierry

haziyo Thierry

@haziyoth

Je suis poisson donc une personne avec qui converser

Katılım Temmuz 2022
182 Takip Edilen111 Takipçiler
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@PureUmurundi @umuhanuziwacu Wihaye inyishu le Burundi est selon tes données le 7ieme pays le plus pauvre au monde et le Rwanda le 19ieme aho ntaco utahuramwo none
Français
1
0
0
19
Proud to be #Umurundi🇧🇮
Proud to be #Umurundi🇧🇮@PureUmurundi·
@haziyoth @umuhanuziwacu Nkabivuga ubukehabwenge bwanyu, Ja mureka kwimaramaza mukwerekana ubwenge buke mufise mu bintu. Ja ujana n’ibihe wa kijuju we. Uheruka kuraba amakuru agezweho ryari?? Bwa Burundi wavuga murihe wa guhweba we. Raba urwanda mu bihugu 20 vya mbere bikenye burimwo. Subira kwiga
Proud to be #Umurundi🇧🇮 tweet media
Indonesia
1
0
1
14
Umuhanuzi
Umuhanuzi@umuhanuziwacu·
Mu misi iheze nafashe Rwandair nja Kigali kuramutsa incuti n'abagenzi. Mu ndege mpura n'Umu DD tuzinanye ndamubaza nti nawe burya uratemberera kwa Kagame? Nawe arambwira ati vuga buke hatagira uwutwumva, ubu tuvugana ngiye kuraba mama wacu arwaye Cancer ariko aravurirwa mu Rwanda, hano vyari vyaranse ariko ubu ariko arakira. Urugendo naho rwari ruto naragerageje kumubaza nti none niyakira nawe uzosubira kuja mu batuka Kagame. Nawe ati Oya kweli kuko ubuzima bw'umuvyeyi ubu tubukesha Imana na Kagame yakoresheje mu kwubaka ibitaro bigezweho kandi bifise abaganga b'abahinga n'ibikoresho bikwiye. Imana imuhezagire.
Umuhanuzi tweet media
Indonesia
22
27
191
29.6K
REGIDESO Burundi
REGIDESO Burundi@Regideso_bdi·
Après une nuit de travail intense et sous la supervision du Directeur Général, la panne d'eau en @MairieBuja a été résolue.
REGIDESO Burundi tweet mediaREGIDESO Burundi tweet mediaREGIDESO Burundi tweet mediaREGIDESO Burundi tweet media
Français
26
14
89
16.1K
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@OlivierHagera Air Kayanza igeze he canke mwari muborewe za nzoga Ndori .Gouverneur yabeshe Président abarundi bumva
1
0
0
20
HydroKébek
HydroKébek@OlivierHagera·
Kayanza D’abord est une organisation dont la mission principale est de faire rayonner la province de Kayanza, tant sur le plan national qu’international. Elle s’emploie à promouvoir les atouts économiques, culturels, touristiques et humains de cette région stratégique du nord du Burundi. À travers des actions concrètes et structurées, Kayanza D’abord vise à renforcer l’attractivité de la province, encourager les investissements, et favoriser le développement durable au bénéfice de ses habitants. L’organisation se positionne ainsi comme un acteur clé de la valorisation et du progrès de Kayanza. Kayanzadabord.org
HydroKébek tweet media
Français
2
0
5
400
Greg Le Grec
Greg Le Grec@GregLeGrecq·
Bandanya uba umukinagizwa sha, bakwirukanze imisozi muri rya vumbi rya bilimani, abana bawe bishwe n'inzara, abana babo bibereye za Europe, US canke Canada birira amahera ya 🇧🇮
Greg Le Grec tweet media
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮@semavumba

@GregLeGrecq Abo bana ntanumwe abategeka, n abana bishimira kuba ari ibiswi vy Inkona. Ndagutumiye umunsi wa NKURUNZIZA CUP Uzobona ibisiswi vy inkona vyabo bose wibaza.

Indonesia
4
0
13
1.5K
Greg Le Grec
Greg Le Grec@GregLeGrecq·
🚨 Vidéo de la journée : Imodoka yaba DD iri mu myiyamamazo iriko ipakira igitoro muri station yo muri Tanzanie. Nta nkeka mu Burundi igitoro ni nywa nawe 👌🏽 #DDvyanse
Filipino
15
9
68
13.5K
haziyo Thierry retweetledi
Daniel KABUTO
Daniel KABUTO@DANYKAB1971·
#USA une statue de l'acteur #Denzelwashington va être dévoilé à New-York en reconnaissance de son talent et de sa contribution au cinéma américain. Une Amérique reconnaissante envers ses enfants méritants. Une énième distinction pour ce monstre sacré du 7ème art.
Daniel KABUTO tweet media
Français
0
1
9
823
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@NapoLeon1226391 J adore ces afro maghrébins quand elle niquent tes sœurs .quel culs ces satanées gauloises.
Français
0
0
0
63
Napo Léon
Napo Léon@NapoLeon1226391·
A tous ces africano-maghrébins qui se plaignent de faire le sale boulot en France. Ben repartez dans vos bleds d'origine, vous aurez tout loisir d'y faire les fonds de poubelles pour bouffer. Là-bas, pas de RSA, de sécu, d'APL, etc.. Dites merci la France et fermez vos gueules.
Napo Léon tweet media
Français
439
1K
4.4K
299.6K
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@yigenga Aya aba dd ntibazoyariha ngira ni sanglwe na PAEEJ izobarihira
Filipino
0
0
2
348
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Mumisi nugutambuka uva muri quartier imwe uja muyindi bizoduzwa
Umuhinga yigenga tweet media
Suomi
7
6
37
11.5K
Greg Le Grec
Greg Le Grec@GregLeGrecq·
Ubuzima bw'umurundi kuri DD ntibworoshe na gato 🙆🏽‍♂️
Greg Le Grec tweet media
Indonesia
11
8
58
10.4K
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@Sir_Umuhirwaa2 Babwire babwire,ntawuzoguha agateka utakihaye ushaka gukingigwa n'abana wavyaye bizoguhanga
Filipino
0
0
1
244
haziyo Thierry retweetledi
NGARUKO
NGARUKO@NzoyiheraA94335·
@FOCODE_ Focode niryo jwi dusigaranye turabakunda iyo ndirimbo iraryoshe tuzoyitamba igihe kimwe
Filipino
0
2
5
1.5K
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@PureUmurundi @umuhanuziwacu Uburundi n'ubwambere bukenye hagakurikira Haïti ça wibaza igihugu gitwagwa n'a gangs Nicolas kidukwirikira ugwanda ruri kure ntuzosubire no kubigereranya. Mb urazi urugero rwabarundi badafungura 2 ku munsi uko bangana wa kagugu we.
Indonesia
1
0
0
32
Proud to be #Umurundi🇧🇮
Proud to be #Umurundi🇧🇮@PureUmurundi·
@haziyoth @umuhanuziwacu None hari uwubaha ratio basi, baraza ngo ubahe ration bagira baburare? Niba utaramenya uko ubuzima nta muntu yikwiza. Une autre chose wibagira, numva uburundi bukenye urwanda rugira kangahe mu bihugu bitunze?? Mureke kuja mwigira abakehabwnge basha
Indonesia
1
0
0
15
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@MichelF29015597 Le Hamas est un mouvent de libération soit il sera éliminé militairement avec la mort des otages soit Israël négocierait un cessez le feu pour la restitution des otages et des corps des israeliens
Français
0
0
0
44
Papou M
Papou M@MichelF29015597·
Je ne suis pas fan de Netanyahu, loin de là, mais au lieu que le monde entier, ou presque, lui demande d'arrêter les opérations militaires à Gaza, pourquoi les mêmes n'insistent pas auprès du Hamas afin que ce dernier libère l'ensemble des 58 otages. Ce qui ne donnerait plus aucune raison à Netanyahu de poursuivre ces opérations.
Français
67
108
441
9.3K
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@BFMTV Je valide et les USA ont remplacé l'Allemagne nazie et le bouc émissaire n'est plus juif mais immigrés.
Français
0
0
0
55
BFM
BFM@BFMTV·
"Il est important de se souvenir des années 1930": Kamala Harris se dit inquiète de l'état actuel du monde l.bfmtv.com/Sgr3
BFM tweet media
Français
322
134
1K
130.4K
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Bus zirabuze abo zitahana 🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️
Umuhinga yigenga tweet media
Euskara
8
1
56
17.1K
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@PureUmurundi @umuhanuziwacu Nivyo udatahura u Burundi bakubwiyeko ari igihugu cambere gikenya Ndikuriyo aca avuga ngo nta ratio badutangira,agwaye ka atanse ko bataja kumuvurira hanze ko dufise abaganga.
Filipino
1
0
0
24
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@i_itukura @GeneralNeva Ntayigura Congo wewe brasserie yama yamwujurije frigo ku kirimba naho ashaka mwugo rugo gwiwe uwo ntumuririre ,umuhungu wa Renata mbe Renata yavyaye ku giti
Indonesia
0
0
0
305
Imbwa itukura
Imbwa itukura@i_itukura·
Imbere yuko @GeneralNeva umuhungu wa #Renata afata urugendo aja muri #RDC,yari mukajaga iwe yinywera #amstel ndende bazikura ku mupaka wa #Congo.
Ntare Rushatsi House@NtareHouse

Arrivée de SE @GeneralNeva en #RDC,où il a été accueilli par le Ministre de la défense,SE Guy Kabombo Mwadiamvita,à sa descente de l’avion à l'aéroport International de Ndjili,avant d’être chaleureusement accueilli au Palais par son homologue SE Félix Antoine Tshisekedi Tshilombo

Indonesia
2
0
4
6K
haziyo Thierry
haziyo Thierry@haziyoth·
@PureUmurundi @umuhanuziwacu None iyaba mwubaka ibitaro bifise ubuhinga umukuru w umugambwe wa cndd-fdd ntubona ko kari gaciye iyo aguma mu Burundi zirya nswa z'i Makamba zari kumuvura,ntavuze muka Nkurunziza ugurura amaso urakuze ureke gutwagwa n ibishobisho vya propagande.
Filipino
1
0
0
27
Proud to be #Umurundi🇧🇮
Proud to be #Umurundi🇧🇮@PureUmurundi·
@haziyoth @umuhanuziwacu Icemeza ko ari umu DD n’igiki kwanza? Ikindi ko mbona abanyarwanda baja kwivuza mu bindi bihugu bisigura ko atavyo mufise burya?? Ahubwo usanga uwo yiyita umu DD yarahushije inzira cnk ni tjrs bwa bwenge buke bwanyu
Indonesia
1
0
0
16