Mutima Le Comedien

776 posts

Mutima Le Comedien banner
Mutima Le Comedien

Mutima Le Comedien

@MutimaComedien

#burundiancomedy🇧🇮 #secret_garden🇧🇮 I'm proud to be Burundian Boy🇧🇮, #Comedy is my life and my pride. .🇧rand 🇦mbassador : @wasili_burundi

Burundi เข้าร่วม Ağustos 2021
85 กำลังติดตาม3.6K ผู้ติดตาม
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Iyi #EidAlFitr Ya Dimanche ni sawa Cane. Abari Gusenga Bose. Kudutanga Kuvumba Pilao Bagiye Abandi Koduhema Ni Umusi Mukuru. Kand mwidi ryacu rya isilamu twakira abantu bose mushake mureke kwihindura amazina muze turabakira hama dusangire Then Monday twinjirir kuri mosque nkuru.
Indonesia
0
1
2
196
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Niwabona umuntu atanguye kwishima yiyemera 🤦🏾‍♂, uzomwibutse arabe ifoto iri kuri karangamuntu yiwe hama ayiravye, uce wibandanirize nirwano y'ubuzima bwawe kuko ntamusi izuba ridaseruka canke ngo ryirirwe ritarenze🙌🏿. #enfant_du_pays🇧🇮 #bisanzwebizwi🎯 #Burundi 🇧🇮 #Abatwip
Indonesia
0
1
2
230
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Sindavyanse nivyo urirarana ariko uko kwizera kwokurara utoze subusirimu kuko ubushuhe bwiriwe uyumusi nabari #dubai bashuhiwe kugeraho dusaba ubushuhe bugabanuke kiretse abantuzeya🤦🏾‍♂🌈. #enfant_du_pays🇧🇮 #Burundi 🇧🇮 #bisanzwebizwi🎯 #
Filipino
0
1
3
200
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Uri Sûr ko abakunzi bawe bagukunda vyanyavyo🤦🏾‍♂, Canke Nawe ntuzi neza Ko abansi bawe udakwiye nokubaha agahengwe mukuborohereza kuko ntaneza y'umwansi naho ukeneye abansi kugira wi boosting kubwa challenge zabansi bawe, urya reka tumuhe ukukwezi🤦🏾‍♂🤣. #enfant_du_pays🇧🇮
हिन्दी
0
1
3
169
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Uramenya gutandukanya incuti zawe, nabagenzi bawe Utandukanye nabantu bawe Utandukanye nabantu bawe Wongere ugerageze kumenya abantu nubwo natwe ubwacu abantu tutiyizi🤦🏾‍♂, Hama bikumenYesheko nigihe uzoba ubonako watsinze hakiri abandi bashaka gushika kutsinzi wagezeko🧤 #Mind
Indonesia
0
1
2
157
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Ikintu cose kiguha umunezero/ amahoro uko coba kiri kwose naho kubandi coba arikibazo ariko wewe kiguha umunezero rinda umunezero wawe kuko ntanyungu iruta nkokuba ufise umunezero/ Amahoro muri wewe. #enfant_du_pays🇧🇮 #bisanzwebizwi🎯 #Burundi 🇧🇮
Filipino
0
1
1
154
Mutima Le Comedien
Mutima Le Comedien@MutimaComedien·
@akezanet Ubundi uyu ashobora kwakiriza abantu ijana ukwezi kwose ayomahera si make urumva aronse uburyo nubumenyi bukwiye yokwakiriza intara hafi ya yose ahadashika umuyagankuba wa @Regideso_bdi muri @BujumburaProv
Indonesia
0
0
10
721
AKEZA Burundi
AKEZA Burundi@akezanet·
🔴 INKURU IKOMEYE TUGIRA TUBAHE MUKANYA =============== Ni iy’Umugabo yitwa Bosco NZISABIRA yikoreye urugomero rw’umuyagankuba, kugirango aboneshereze aho abaye eka mbere n’ababanyi bagashikirwa. Ni inkuru twakuye ahitwa i #Mugendo, zone Kigina, Komine Nyabiraba, Intara ya @BujumburaProv . Uyo mugabo yarubatse urugomero, aha umuyagankuba Ababanyi, kuko aho baba ata muyagankuba wa @Regideso_bdi ushikayo. Agira ati : « Nabonye aho tubaye hari ikibazo c’umuyagankuba, nca niyumvira kwubaka iyi barrage. Ubu nakiriza imihana igera kw’100. Umwe wese arandiha ku kwezi bivanye n’amatara afise mu nzu. Hari abampa 7000fbu canke 8000fbu ». Ni igiki mwovuga kuri uyo mugabo ? #lesbeautesdecheznous #akezanet #ikibano #impano #Burundi
AKEZA Burundi tweet media
Indonesia
20
24
134
17K
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Isabukuru Ryiza RyAmavuko @IntoreSegihembe Ntabirenze Kiretse Kukwipfuriz Ukuramba Kuzir Ukurambirw Kwuzuye Gucura Ubutunzi BwUbuntu, Abantu N'ibintu Ham Amajambo Acurwe Acurirwa Abarundi Nakare Ko Ikiduhuza Cane Ar Uburundi Bwo Butatugize Abandi Yamar Butugira Ikind Mu Bandi
Thierry RWAGASORE tweet mediaThierry RWAGASORE tweet mediaThierry RWAGASORE tweet mediaThierry RWAGASORE tweet media
Indonesia
0
4
8
388
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
#Abatwip muramaze kubonako abakobwo bo muri uru runganwe bafise inda 🤰🏾 nini nkabibungeze 🤦🏾‍♂ uroberwa uwugomba yibaruke🤰🏾 nkawamuvyeyi atwawe muri maternité. 🤰🏾 #enfant_du_pays🇧🇮 #Burundi #bisanzwebizwi
Română
0
1
2
171
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Niwafasha umuntu uramufasha wongere unamuhe ubumenyi canke ubushobozi bwo kwifasha ubwiwe kugira nawe Aze afashe abandi nibwo buntu bwo kuba umuntu🙌. ✍🏿 @DwimaEdwin #enfant_du_pays🇧🇮 #bisanzwebizwi #burundi
Indonesia
0
1
4
328
Mutima Le Comedien รีทวีตแล้ว
Thierry RWAGASORE
Thierry RWAGASORE@thierryrwagasor·
Fata akanya ko kwiga ibikwiye🎲🙇🏿‍♂📚📔, maze bize bikugaburire mu gihe utazoba ubiziga ko vyoguhaye🤜🏼🤛🏼. #enafant_du_pays 🇧🇮 #bisanzwebizwi🎯 #burundi
Filipino
0
1
2
289