Perpétue Niragira-Miganda

5.4K posts

Perpétue Niragira-Miganda banner
Perpétue Niragira-Miganda

Perpétue Niragira-Miganda

@PMiganda

Umurundikazi, Spouse, Mother & Grandmother. Book: Trésors du Burundi ancestral- Founder Karambi Eco-Cultural Heritage

Katılım Ağustos 2013
1.6K Takip Edilen7.1K Takipçiler
Perpétue Niragira-Miganda
@JonathanNd21215 @InesKid1 Muntu, aha nca numva yuko utazi Histoire y'Uburundi. Ivyo ushikirije, wabwirizwa kuvyerekana à partir des faits historiques concrets. Jewe ndazifise, mugabo na we twereke ukuntu muri kahise Uburundi bwoba bwari hasi. Bizane aha nyene, ntiwagirize umupfasoni araho yuko abesha.
Indonesia
1
0
2
19
Big Man
Big Man@JonathanNd21215·
@PMiganda @InesKid1 Iterambera mu kintu kanaka wigereranya nabandi mu karere cank kw’isi yose...kuva muri kahise sinibaza ko uburundi bwigeze buza mu bibaza vy’imbere
Filipino
1
0
0
17
ineskid
ineskid@InesKid1·
Ukuri gushirira mu kuyaga… Autour d’un bon plat de pâte de manioc bien fumant, mon fils et moi discutions de tout et de rien; surtout de sa vie à l’école, quand, tout à coup, il me dit : « Tu sais maman, j’ai googlé mon pays… tu savais qu’il fait partie des plus pauvres ? » Je lui réponds : « Oui, je sais. C’est justement pour ça que tu ne dois jamais oublier d’où tu viens. » Il me regarde et demande simplement : « Pourquoi ? » Et du tac au tac, je lui réponds : « Pour ne jamais perdre de vue tes racines… mais surtout pour étudier avec sérieux et, un jour, retourner tendre la main à d’autres enfants qui ont eu moins de chances que toi. » Écouter ces mots, ça serre le cœur, surtout quand la comparaison avec les autres s’invite si tôt dans leurs pensées… Mais peut-être que notre rôle est justement là : planter aujourd’hui les graines de solidarité, de conscience et d’espérance pour demain🤷‍♀️
Français
4
7
83
3.3K
Perpétue Niragira-Miganda
@JonathanNd21215 @InesKid1 Aho! None izina Uburundi ryavuye hehe? Izi mbibe ( n'aho badutwaye igice kinini) zavuye hehe? Barubatse vyinshi, duhereye ku gihugu carimwo Ubumwe multiséculaire. Ico batashoboye ni ukugira inkoho n'ibindi birwanisho ruhonyanganda bicira umuriro. Duca turatsindwa gushika ubu.
Indonesia
2
0
2
48
Big Man
Big Man@JonathanNd21215·
@PMiganda @InesKid1 Cette grand mère mentait...nos ancêtres n’ont pas construit une civilisation prospère, digne ou encore respectée 😅
Français
2
0
0
37
Perpétue Niragira-Miganda
Nagira mbaze ikibazo ca Protocole. Mbega uwigeze kuba umushingamateka atakiri we ntabandanya afise titre ya Honorable? Murakoze.
Indonesia
7
1
11
4.3K
Novat Nintunze
Novat Nintunze@novatnintunze·
@PMiganda Si je ne me trompe pas, “honorable” c’est pour les fonctions officielles, correspondences, etc. Valide aussi pour les ex-ministres. Muhuriye ahandi ntukeneye kumwita ‘honorable’. Ni ukumwubaha nk’uwundi munyagihigu.
Filipino
1
0
1
420
Perpétue Niragira-Miganda
@YvesIrishura Murakoze. Cane cane nashaka kumenya protocole ijanye n'ukuba warigeze kuba umushingamateka. Abana bama bantwenze ngo ndakunda kubaza ivy'ama protocoles mugabo nasanze ivyo bintu bihambaye henshi kw'isi. Abantu bose bagendera ku ma titles kandi nta co dufise tubihindurako.
Indonesia
1
0
2
462
Hon. Ubuntu
Hon. Ubuntu@YvesIrishura·
@PMiganda Ingene ndavyumva ni pour toujours. Kuko wanashima n'ama Passports Diplomatique babandanya bayakoresha. Kiretse DD mutumvikana bakayikwaka.
Filipino
1
0
0
474
Sihoturi 1er
Sihoturi 1er@Sihoturi·
@PMiganda Honorable un jour, honorable pour toujours. Ngira ngo ni aha iwacu muri Eden gusa.🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Filipino
1
0
2
454
Perpétue Niragira-Miganda
@yigenga Par rapport à tout ce qui s'est passé au Burundi, "Personne n'a le monopole de la douleur" ( Eugène Nindorera, 1995. Rapport de la Commission Technique Nationale sur les problèmes fondamentaux du Pays)
Français
0
1
11
762
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Cvr nari kugira ico ndabivuzeko ariko reka mvunagure ngire nti CVR irasimba ama étapes, umurwi wo kuvugana Ukuri( ukuri mbega abarundi twarakuvuganye? niyo étape yambere!) kuvyabaye vyose? inyishu sinkekeranya ni Oya! kuri 1972 uwovuga ko leta itanyaze abantu yoba ari ukwigiza nkana, le fait yogusubiza ivyanyazwe sindabibonamwo igikorwa cogusubiza iteka abanyazwe ndabibonamwo propaganda ethnic, gusamaza , urazi ingene kuva 2005-2015 aba acteurs bavurwa muvyabaye bari mu Burundi ntawabahaye akanya , ubu rero babonye ko ataco bariko bamarira abarundi bazanye ako gakoryo... ikintu cambere gikenewe nuguha espace (simvuze kuri X ) abarundi les victimes et les témoins bakavuga atagitsure ariko ivyo abanyepolitique beshi ,aha simvuze DD gusa nabandi la majorité ntiboyitanga.
Ngendakumana Jean Patrick@ngendapatrick

Ushobora kwanka ivyo CVR ikora, ariko ntiwoja ngaho ngo nta bantu banyazwe ivyabo 1972. Ulizaliwa bilimani, yaliyo pitika Buja, ni toi ni tes parents ne savent rien. N'umutima mubi ufise wavukanye. Uko pumbafu ya roho mbaya tu !

Suomi
9
3
56
13.1K
Perpétue Niragira-Miganda
@KezaaliaMaisha Ndavye mbona tissus zoroshe (imishanana) ari yo zavuye ariko modèle yo gukenyera no gushirako umutamana (canke umwitero) n'ikirundi. Gusa, uravye modeles zindi zari zihari mu Burundi bw'aho hambere, imvutano canke imishanana vyahavuye vyiganza gusumba cane cane mu bakenyezi bize.
HT
0
0
0
269
Keza
Keza@KezaaliaMaisha·
@PMiganda Hari uwigeze kumbwira ko imvutano zavuye muma sari yaba hindi, yoba arivyo?
Filipino
1
0
2
44
Perpétue Niragira-Miganda
Quelle est la tenue officielle burundaise? Pour les messieurs? Pour les dames? Iki n'ikibazo kijanye na identité yacu! Igihe kimwe nari mu gihugu co muri EAC, nkaba nicaranye n'umu Sénégalaise. Nja numva ambwiye ari :" Raba First Lady (w'ico gihugu) yambaye tenue y'iwacu?"
HT
3
0
2
1.1K
Perpétue Niragira-Miganda
@Yangoma_1966 Ngira washatse kuvuga accoutrement. Imbega ni umwambaro w'iteka. Jewe numva zoguma ari tenue cérémoniale, ntizokwambarwa iminsi isanzwe. Jewe nabonye mu mpuzu za kera hariho iyindi mideri aba designers borabirako ku mpuzu zindi, imbega zikaguma ari iza cérémonie yo hejuru.
0
0
2
207
Ingoma Think-tank
Ingoma Think-tank@Yangoma_1966·
@PMiganda Kuri jewe : Jewe nokwambara imbega kandi ni karangamuntu kantandukanya n' uwundi muntu Costume si impuzu y'urubanza. Accouchement irerekana ico umuntu ari,iyo ava,ico akora,ibanga ryiwe,
Indonesia
1
0
0
95
Perpétue Niragira-Miganda
Muca mubona ingene ibihugu vyo muri Afrique de l'Ouest vyadutanze ku kintu kijanye n'ivyambarwa bihuye n'imico kama yabo! None twebwe tubatera ku nyambaro yabo tutibagiye les bitenge!! Sinzi yuko hoba initiative innovatrice, twisunze inyambaro y'ubu n'iya kera. Tuvyihweze neza.
Indonesia
1
0
2
179
Perpétue Niragira-Miganda
Ama avocats✅ Ariko n'ibindi vyamwa birakenewe: imicungwe, mandarines, inkere, amabungo, amatunda, ibitoke vy'imihwi,... Ni kuki twogira indya imwe? ?? Imboga na zo: ni ugusubira guhimiriza uturima tw'urugo.
Filipino
0
4
12
1.3K
Perpétue Niragira-Miganda retweetledi
Larry Madowo
Larry Madowo@LarryMadowo·
Sabastian Sawe didn't break the 2-hour marathon barrier just because of the Adidas "supershoe." He's a damn good athlete. These East Africans all are. I had to tell the whole world on CNN. Everyone be guided. Thanks for your attention to this matter!
English
355
4.5K
17.9K
649.1K
Perpétue Niragira-Miganda
Ikizimyamuriro @KwaMiganda. Aha aba ari mu Kwezi kwa Gatanu, muri ka karima k'imiti kavukire (indigenous medicinal plants). Muzoze rero kuratira ijisho ivyiza vyimeza mu gihugu cacu c'Uburundi.
Perpétue Niragira-Miganda tweet media
1
2
24
2.2K
Perpétue Niragira-Miganda
Amahoro. Nagira nshikirize nti mu Burundi bwa kera umengo nta matati ashingiye ku buryo Abarundi bambaza Imana yigeze abaho nk'uko tuvyumva ku bindi bihugu. Ugasangwa atigeze abaho, ico ni ikimenyamenya ntahinyuzwa ca "unicité culturelle des Barundi. @grok ubihindure neza!
Filipino
2
1
3
972