Big Man
245 posts










Les nostalgiques d’un système qui a échoué pendant 50ans n’ont aucune leçon à donner. Ils ont laissé un pays détruit, sans infrastructures, sans vision, sans avenir. Now, ils crient plus fort que leurs propres échecs. Reconstruire prend du temps, détruire a été leur spécialité.


🔴 Prezida Ndayishimiye yagenye abashikiranganji batatu bashasha. Abashikiranganji bagenywe ni : 1. Ambassadeur Evelyne Butoyi yagenywe kuba umushikiranganji ajejwe kumenyesha amakuru be n'ibimenyeshamakuru (communication et médias). Evelyne Butoyi yahora aserukira Uburundi muri Zambia. Yarajejwe amabanga atari make guhera ku ntwaro ya Prezida Nkurunziza: umushingamateka mu Nama Nshingamateka y'Afrika, umukenguzamateka, umuhanuzi w'umukuru w'igihugu, umushikiranganji, umuvugizi wa Prezida Ndayishimiye, umukozi wa CVR. Yaranabaye umumenyeshamakuru mu kinyamakuru ca Leta Le Renouveau. Asubiriye umuhisi Gabby Bugaga. 2. Ir Égide Njimbere : umushikiranganji ajejwe ibikorwa vya Leta, inyubako rusangi, kwunguruza abantu n'ibintu (Infrastructures, Logements sociaux Transport et Équipement). Uyu ntazwi cane, ariko yahoze ari umunyamabanga yamaho (secrétaire permanent) muri ubwo bushikiranganji agiye kurongora. Asubiriye Ir Damien Niyonkuru. 3. Dr Fidèle Nkezabahizi : umushikiranganji w'amagara y'abantu. Yahora arongoye umwe mu migambi yegukira ubwo bushikiranganji. 🔴 Abashikiranganji basubirijwe ni batatu 1. Umuhisi Gabby Bugaga aheruka kwicwa. 2. Ir Damien Niyonkuru yari amaze amezi atatu gusa asubiriye Dr Claude Nzobaneza mu bushikiranganji bujejwe inyubako. 3. Lyduine Baradahana yari amaze imyaka hafi itatu atwara ubushikiranganji bw'amagara y'abantu. 🔴 Leta itaragama ? Muri myandagaro 2026, Prezida Ndayishimiye yaragenye Leta igizwe n'abashikiranganji 13. Mu mezi umunani gusa, iyi Leta imaze kubamwo ibintu vyinshi : 1. Umushikiranganji w'ubutungane Arthemon Katihabwa yarakuwe mu gihe ari nawe mushikiranganji yakundwa cane n'abanyagihugu, inyuma y'amezi atanu gusa mu mabanga. Ni umushikiranganji yagiye ariko iterabwoba ryinshi, yahatswe no kwicwa. 2. Umushikiranganji Claude Nzobaneza yari ajejwe inyubako yarakombowe inyuma y'amezi atanu gusa mu mabanga, agirako aca arapfungwa. Ubu ari mw'ibohero rikuru rya Mpimba. 3. Umushikiranganji Gabby Bugaga yari ajejwe kumenyesha amakuru yarishwe n'ubutegetsi akorera, inyuma y'amezi umunani ari mu mabanga. 4. Umushikiranganji Damien Niyonkuru arakombowe inyuma y'amezi atatu gusa. 5. Umushikiranganji Lyduine Baradahana arakombowe. 🔴 Impinduka zitanu muri Leta y'abashikiranganji 13 gusa mu kiringo c'amezi umunani ntizisanzwe, na rirya hagiyemwo no gupfunga no kwica bamwe muri abo bashikiranganji. Ubushikiranganji bujejwe inyuma bwo ivyabwo ntibisanzwe : baronse abashikiranganji batatu mu mezi umunani gusa ! Iyi Leta ya Nestor Ntahontuye irafise agasorobo !


On connaît tous les défis auxquels notre pays est confronté, mais penser qu’on ne peut même plus faire confiance à une banque, une institution dont le modèle d’affaires repose essentiellement sur la "confiance", est tout simplement sidérant. Une personne reçoit un transfert Western Union et se rend à @interbankbdi (IBB Agence Marché Central) pour retirer les fonds. L’agent de la succursale, après avoir demandé le numéro #MTCN, informe la personne, ainsi qu'à deux autres personnes dans la file, que le système de la banque est en panne. Quelques minutes après que la personne a quitté la banque, l’expéditeur reçoit une notification indiquant que l’argent a été retiré par le bénéficiaire. À sa grande surprise, ce dernier affirme ne pas avoir reçu les fonds. L’expéditeur ne s’inquiète pas, sachant qu’en fin de compte, Western Union disposera des détails de la transaction. Le lendemain, Western Union informe l’expéditeur que l’argent a été retiré à @EcobankBurundi (Head office: Immeuble Premium House) en fournissant également les informations de l’établissement ainsi que l’identifiant de l’agent. @interbankbdi & @EcobankBurundi, pourriez-vous rendre service à vous-mêmes ainsi qu’à votre clientèle en démantelant ce réseau de crime organisé au sein de votre propre personnel? @BankiNkuru, garantir la confiance dans le système bancaire burundais constitue le pilier central de votre mission en tant que régulateur. Il n’est pas nécessaire d’attendre une désintermédiation accrue, marquée par une thésaurisation hors du système bancaire. Si rien n’est fait, de telles pratiques pourraient conduire à une crise systémique. Cette situation relève avant tout d’un problème de gouvernance et d’intégrité, qui exige de votre part une réponse structurelle crédible, au-delà de simples mesures monétaires (ex: changement de billets) ou coercitives. Espérant une résolution favorable pour les clients victimes, je remercie toutes les parties concernées pour l’attention portée à cette situation. @nshingamateka @BurundiGov @GroupEcobank

🚨🇷🇼🇧🇮RWANDA-BURUNDI L UNION ENTRE LES ARTISTES Saviez-vous que le hit du moment, la chanson « Tel Aviv » de Sat-B, a été écrit par le chanteur rwandais Niyo Bosco ? Cette chanson, qui continue de tourner dans nos têtes et de faire le buzz avec de nombreux challenges sur les réseaux sociaux, a déjà dépassé les 2 millions de vues en seulement 3 semaines. Dans la description officielle, il est bien mentionné qu’elle a été écrite par Niyo Bosco. youtu.be/h3lO774X-7o?is…

@niyogilbert1 @GeneralNeva @baratuza2000 @fdnbbi Ne soyez pas ridicule! Il ne s'agit pas d'une contradiction. C'est un complement d'informations. Arretez de désorienter l'opinion.


Kuriyi vidéo bisa nkaho : 1. Hari abashizz ikiziga mu modoka , 2. Canke yagerageje kuvamwo biranka 3.....





