Umurundi

3.6K posts

Umurundi

Umurundi

@Twese5

BURUNDI Katılım Mart 2018
527 Takip Edilen1.6K Takipçiler
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@FOCODE_ Western baba bakurungikiye bashobora no kuyasubiza inyuma bakaguha mu bundi buryo? Ibazeko nayari kuri compte yawe ntibakurenza 300$ arayo wishiriyeko.
Indonesia
0
0
1
185
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Burundi : Kuvyuka isaha umunani z'ijoro kugira uje gutondera udufaranga twawe muri Western Union ! Mu Burundi abantu ntibatondeye ibitoro gusa. Ubu hari abandi bazinduka cane gutondera udufaranga twabo baba barungikiwe muri Western Union. Amabanki avuga ko atakira abantu barenga 25 ku musi. Naho nyene umwe wese ntinashobora kumirenza amadolari 200. Bakurungikiye ayarenga, ibanki ica igusaba ko basubiramwo, kugeza bakurungikiye ayatarenga 200 USD ! Ibi bintu ni akamaramaza mu Burundi bwacu. 🔴 Umunyagihugu wa mbere yatwandikiye ejo ati : "Hariho Ikibazo kiriko cibonekeza kandi cimonogoje mu bijanye no gutora amafaranga muri Western Union. Maze indwi ntonda, ariko tugeze muri banque batubwira ko ku musi batarenza kwakira abantu 20. Aho jewe ni muri Ecobank. Ariko ko mu zindi banque niko bimeze. Ugize Imana bakakwira naho baca bakubwira ko udashobora kurenza 200 dollars. Bishitse bakaba bakurungikiye ayarenze ayo, uba ugowe, uwarungitse ategerezwa gusubiramwo, bica bisaba ko arungika incuro nyinshi, nawe ukaza uratonda imisi idasa. Turarushe nukuri. Nka twebwe tuba mu Burundi ariko serugo ari hanze. Kuriha inzu, kuriha amashure y'abana, vyatunaniye kubera kino kibazo. Ntituzi ikibazo aho kiri, batubwira ngo nta madolari ariho. Ariko ntivyumvikana : bigenda gute ngo idolari ribe ryakorotse ariko tukumva ngo ntaryo ? Turasavye mubivugeko abategetsi bihanure badutunganirize. None si ibara kwumva igihugu kirungikirwa amafaranga gukeneye, hama naco kikanka ?" 🔴 Uwundi yanditse ati : "Mbonye ubutumwa bwanyu kuri Facebook muvuga abatondeye igitoro, nca numva nobasangiza nanje vidéo nafashe uyu musi nk'isaha icumi z'ubuca (4h du matin) kuri embouteillages iri mu mabanki ku biro vya Western Union. Jewe navyutse isaha icumi z'ubuca kugira ndabe ko notonda kare kumbure nze gushikirwa ndonke agafaranga bandungikiye kuri Western Union. Ariko nasanze bantanze kera. Kugira uronke amafranga kuri Western Union uvyuka n'imiburuburi isaha umunani z'ijoro (2heures du matin). Ni ukuvuga ayo masaha abantu barenga 300 bari batonze kuri BCB. Aho ni kuri BCB gusa, no ku zindi banques nazo bari bamaze kuhashika. Aho naho niboneye. Rero embouteillages si ama bus gusa, n'ama bank nk'aya masahaa izuba rirashe umurundii ateramiye ivyo atari buronke. Iyo vidéo mbahaye ni kuri BCB h'epfo twariko twiyandika. Murabona ko butari bwace. Kuri Ecobank ntibarenza abantu 25 baha amafaranga, KCB nabo ni akamaramaza : udafise compte en dollars ntiwirirwa urajayo,,naho uyifise bakura amafaranga kuri Western bakayashira kuri compte yawe en dollars, ariko ntayo baguha. Uyu musi wose nta n'umwe bahaye idorari mu biyandikishije baca batubwira ko atama dollars bafise." 🔴 None ibi bintu ni ibiki ? Umushikiranganji ajejwe ubutunzi, Alain Ndikumana, n'umukuru wa BRB barakwiye gutanga umuco @GeneralNeva , @NtareHouse , @KwaNtare , @BurundiGov , @FinancesBdi , @IbankiU , @nshingamateka , @Burundi_senat
FOCODE tweet media
Indonesia
4
11
30
5.7K
Umurundi
Umurundi@Twese5·
Jimbere@MagazineJimbere

💉 Une élève du lycée #Cibitoke a catégoriquement refusé de se faire vacciner contre le cancer du col de l’utérus en raison de ses croyances religieuses, tandis que d’autres, d’abord hésitantes par peur, ont finalement accepté la vaccination 👨🏾‍🎓Les élèves de 7e et 8e années du lycée Cibitoke ont initialement exprimé des craintes face à ce vaccin administré dans leur établissement. Après une séance de sensibilisation menée par certains enseignants, la majorité des élèves a accepté de se faire vacciner au sein même de l’école 📌 Bien que plusieurs aient évoqué leur peur de la piqûre, presque toutes les élèves ont reçu le vaccin, à l’exception d’une seule, qui a refusé pour des raisons religieuses 🎙️Après la vaccination, les élèves ont exprimé leur satisfaction et leur fierté d’être protégées contre une maladie qui cause de nombreux décès chez les femmes à travers le monde 🗣️L’administration lance un appel à ceux qui refusent cette vaccination pour des raisons religieuses, les invitant à revoir leur position, soulignant que ce vaccin est disponible dans l’intérêt de leur santé #Burundi

QAM
1
0
1
49
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@Real_Jocelin Nibaza ko hategeezwa kuba campagne yo kubasigurira cancer du col icarico hama nigituma vaccin ikenewe en amont.... Muga ama priorités ni mensh ngira...
Filipino
1
0
1
13
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@Real_Jocelin Oya reka... Je voudrais attirer ton attention sur le fait yuko ba respecta uwanse ata obligation ibamwo.
Français
1
0
1
16
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@ngendapatrick Uyu muntu yavuze ibi ategerezwa kuba araba basket kandi ivyo yavuze ça n'a rien à voir avec gukunda sport... Reka nigerezaha siniteze abantu ata mwanya mfise wo kubishura.🤣Muga ni bamwe bamwe though si bose quand même.
HT
1
0
1
123
Ngendakumana Jean Patrick
Ngendakumana Jean Patrick@ngendapatrick·
None a girl child nta sport yokunda akaja kuraba ? Reka bababuze gutwara ama cellphones kukazi, what kind of thinking is this? Here we have grand mothers having soccer clubs, grand mothers I mean. What about young girls?
umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2

English
5
0
10
2.9K
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@Real_Jocelin Asha aha baraha nyene gusa bariko barasomera mwidirisha bitwengera.
Indonesia
0
0
0
27
Député w'aba jeunes🇧🇮
Député w'aba jeunes🇧🇮@Real_Jocelin·
BBN sinzi ko bari na online ngo bishure ivyo baregwa, niyo institution iri slow yarifise gukingira abihereza ibitandukanye....na cane cane ko turiko duhimiriza made in Burundi
Umurundi@Twese5

@Real_Jocelin Ego iri muri pastique nka kurya kwa Niko. Ama etiquettes yazo nayo, nimba arinde ubagirira design sinzi... Kwanza hategerezwa kubaho na "BBN" iraba Branding aho bigeze.

Filipino
1
0
2
211
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@Real_Jocelin Ego iri muri pastique nka kurya kwa Niko. Ama etiquettes yazo nayo, nimba arinde ubagirira design sinzi... Kwanza hategerezwa kubaho na "BBN" iraba Branding aho bigeze.
Filipino
0
0
1
263
Député w'aba jeunes🇧🇮
Député w'aba jeunes🇧🇮@Real_Jocelin·
Bureau Burundais de Normalisation et Contrôle de la Qualité (BBN), yoba igikora canke bari muri break?🤔 Hari products nk'1000 zitazwi iyo ziva buri musi havuka nshasha: -umuruturutu -susuruka -black -snap - - - Kora list turabe izo bashobora kumenya👨‍🦯
Député w'aba jeunes🇧🇮@Real_Jocelin

Ndababwire ikintu benshi batazi kubera ata culture dufise yo gusoma ivyanditse kuri products twihereza? Ihweze ivyanditse kuri belle saveur, uce umbwira 👨‍🦯 Raba neza, reka ubunebwe!

Indonesia
5
0
7
2.3K
Ricky valere
Ricky valere@ThugValere·
Mère on dit maman Sœur on dit sœurette Frère on dit frangin Mais père… on dit quoi ?
Français
451
31
2.6K
1.9M
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@Real_Jocelin @Ngendambabaye @PAEEJ_Burundi @ClarisseShaka Si igihugu cose I mean, PAEEJ ni programme imwe muma programs menshi igihugu gifise, nimba i focusing ku burimyi n'ubworozi(which I am not even sure of) hashobora kuba hariho ayandi akora murayo ma domains asigaye. Nico nashatse kuvuga.
Eesti
1
0
1
59
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@Ngendambabaye @Real_Jocelin @PAEEJ_Burundi D'accord ko igihugu atari kurima no kworora gusa surtout en 2026 kabisa muga PAEEJ nayo ni programme imwe si igihugu cose, est ce que ntazindi program zihari muri technology and other domains? Sinzi🤷. Après est ce que projet zo muyandi ma domaines ntiziba funded? @ClarisseShaka
Română
2
0
1
60
🚁
🚁@Ngendambabaye·
@Twese5 @Real_Jocelin @PAEEJ_Burundi uburyo. ikorwamwo sindavyemeranya naboo pardon ! ariya mafrnga yokora big project !!!! kab mur technology kurwaruka nisawa .erega igihugu sukurima nukworora gusa !
Filipino
1
0
1
41
Umurundi
Umurundi@Twese5·
@Ngendambabaye @Real_Jocelin @PAEEJ_Burundi @Ngendambabaye PAEEJ i fundinga ama projets ari portées par des jeunes sinibaza ko ivyo kubaka ama industries biri muri mission yayo. Ahubwo wew wokora projet yiyo industrie ukayi submittinga for funding. Uvuze ko basesagura canke bayarya nibazako woba w exagey, preuves? 🤷🤷🤷
Filipino
2
0
2
53
🚁
🚁@Ngendambabaye·
@Real_Jocelin @PAEEJ_Burundi man @PAEEJ_Burundi ishigikira abantu izi ibaz inyaka imaze ikaba nta project iboneka barakora ifasha abajeunes bakabaye barubatse nka industry inwe ikora ibintu hakaronka akazi urwaruka zirya cash bishinga kuzirya nigusesagura amatunga ya leta.
Indonesia
2
0
2
185