Kwezi

71 posts

Kwezi

Kwezi

@munliciouss

Burundi Katılım Kasım 2022
19 Takip Edilen1 Takipçiler
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@Ntamwete140687 @Sir_Umuhirwaa2 Waravye ico wonsubiza ubona n’ivyo? 😂 Finalement tu es encore plus b€t€ que je ne le pensais 😂😂😂
Français
0
0
0
4
Ntamwete
Ntamwete@Ntamwete140687·
@Sir_Umuhirwaa2 Ahubwo baribakwiye kukwerekana ukatwereka uwomuntu tukamutwaramumategeko agahanwa kuko mumategeko kwica inzirakarengane birahanwa
Indonesia
1
0
3
1.1K
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@megamindology N’uko nyn Imana yagize ibanga ikiri mu mutima w’umuntu umwe umwe. J’aimerai bien savoir ce qui se passe mu mitwe y’abo bantu baba bicaye bariko barumviriza ariko aravuga
Filipino
0
0
1
29
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@1_Mandevu @Sihoturi Apparently the juju was meant to make him suffer until his last breath. He was never fully okay again after Soso K’s passing. His personal life started going downhill. The wife left with the kids, businesses collapsing, addictions, mental health issues, etc
English
0
0
0
18
Sihoturi 1er
Sihoturi 1er@Sihoturi·
#Abatwip Bosco Simbakwira (Saga Plage) yitavye imana. Uwu nomushira mu bateje imbere igisata c'imyidagaduro mu #Burundi mu myaka ya 2000. Naho dossier Soso K nyene ica yivangamwo.
Sihoturi 1er tweet media
Indonesia
6
1
25
10.7K
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@1_Mandevu @Sihoturi Soso K allegedly had an aff@ir with Bosco’s wife. Then Bosco allegedly paid people to k*!! Soso K. Then Soso K’s family allegedly did some juju on Bosco.
English
0
0
2
159
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@FOCODE_ Mbega iyo avuze ngo ndarima nkorora, arazi umutahe bisaba? Umu polisi ahembwa ibihumbi 100 atagira itongo mbere n’aho yoba arifise yokurahe umutahe wo kurima canke kworora?
Indonesia
0
0
2
438
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Prezida Ndayishimiye ati : "jewe amahera mpembwa ndababwire, ndazi ko atontunga !" - Aho hari ku musi mpuzamakungu wahariwe uburenganzira bw'abakozi (01.5.2026). 🔴 Nk'umukozi wa Leta, Ndayishimiye ahembwa iki ? 1. Ku kwezi, Prezida Ndayishimiye ahembwa hafi imiliyoni 10. 2. Buri musi ahabwa imiliyoni zitatu zo gusuma, ni ukuvuga ayarenga imiliyoni 90 ku kwezi. 3. Prezida Ndayishimiye ntariha inzu : Leta imuha ibirimba bitari musi ya bitanu ashobora kubamwo ku buntu. 4. Prezida Ndayishimiye ntariha uko yiyunguruza : Leta imuha Imodoka zirenga 20, imurihira ingendo zose akora, haba mu gihugu canke hanze, imuhe frais de missions : amafaranga atari amake akoresha mu ngendo zose akora. Leta ni nayo iriha ingendo z'umukenyezi wiwe n'abana biwe. 5. Prezida Ndayishimiye ntariha amatara, amazi canke telefone : vyose igihugu kirabiriha 6. Prezida Ndayishimiye ntariha amashure y'abana : Leta irabarihira ivyo bakenera vyose 7. Prezida Ndayishimiye ntariha impuzu yambara : Leta irariha imyambaro yiwe yose, iy'umukenyezi wiwe n'iy'abana biwe. 8. Prezida Ndayishimiye ntariha ibijanye no kwivuza. Leta irabimurihira, haba mu Burundi canke hanze, ikanibikorera umukenyezi wiwe n'abana biwe. 9. Niyava ku butegetsi, Igihugu kizoguma kiriha ibibeshaho Evariste Ndayishimiye n'umuryango wiwe, izomuvuza n'abiwe, izoriha amashure y'abana bazoba baciga, izomuhemba ku kwezi umushahara w'icegera c'umukuru w'igihugu, izoguma imurihira inzu abamwo n'uko yiyunguruza. 🔴 Nimba umukozi wa Leta Evariste Ndayishimiye yidoga, mbega umusoda mutoya yoca agira gute ? Bigenda gute ngo umuntu akorerwa ibi vyose, yumvise abakozi ba Leta barira kubera bahembwa intica ntikize, nawe ace abarusha induru ngo nawe ahembwa make ? Bigenda gute ngo Prezida Ndayishimiye yishure gutya umusirikare n'umupolisi bahembwa hafi 100.000 Fbu ku kwezi,bakabura ico bafashisha imiryango, bakabura ico bagura agahuzu kabo, bakabura uko bariha itike yo kuja kuramutsa imiryango ? Bigenda gute ngo Prezida Ndayishimiye yishure gutya abakozi ba Leta we nyene aherutse kuvuga ko bahembwa 300.000 Fbu bakaca bariha inzu ya 250.000 Fbu ? Mbega ko buri mwaka arwiza amafaranga asaba yo gusumisha buri musi, ico gihe aba yibagiye ko uburyo bwa Leta ari buke ? 🔴 None agomba kwitoza kandi kubera iki nimba atagira inyishu ? Bigenda gute ngo amatwi n'amaso y'uwutwara igihugu azibe ku rugero rungana gutya ? Nimba ahembwa make, akaba atagira inyishu ku bibazo vy'abarundi,ashaka gusubira kwitoza kubera iki ? Ya mirima ariko aragura Igihugu cose, ya mazu ariko aragaura igihugu cose (harimwo n'ayo agura amamiliyaridi) ariko ayagura iki ? Ko ataraba Prezida atayagura ?
Indonesia
8
24
76
21.2K
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@ProsperMvu78107 @yigenga Ushima nya gihugu uvuga ataco kimukingikiye nga ntuzeweya, abo bantu bamufata ku nguvu ijoro n’umutaga nta kizobakorako kandi bazwi.
0
0
0
32
Prosper Mvuyekure
Prosper Mvuyekure@ProsperMvu78107·
@yigenga Erega iyutarasohoka hanze yigihugu ngubone ingorane ziriyo ugomubona iwanyu uri ko arihabi ariko iyugiye hanze uramenyako igihugu cawe kugukingira vyinshi
Filipino
3
0
0
1.3K
Kwezi retweetledi
Umuhinga yigenga
Umuhinga yigenga@yigenga·
Umurundikazi ari Saudia , aratabaza afatwa kunguvu mugatondo no mwijoro. baba ambassadeurs bari he?
Indonesia
28
24
92
30.4K
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@Sihoturi @Sir_Umuhirwaa2 Je ne dis pas que ça n’arrive pas. C’est plus commun qu’on ne le pense, je dois dire. Mais c’est pas toujours automatiquement le cas dans ce genres de situation.
Français
0
0
0
8
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@Sihoturi @Sir_Umuhirwaa2 J’irai même à dire qu’ils/elles aiment ça. Ils/Elles le considèrent comme la « voix » de Dieu. Et dans les églises du réveil ou églises protestantes, cela existe largement, sans qu’il y ait une quelconque histoire de seggse qui est impliquée. J’espère que tu comprends.
Français
1
0
0
8
Kwezi retweetledi
esdras ndikumana
esdras ndikumana@rutwesdras·
Le #Burundi qui subit une sévère pénurie de carburant depuis 5 ans est en panne sèche au lendemain de la désignation de @GeneralNeva comme candidat de son parti à la présidentielle de 2027, "pour qu’il continue son œuvre de développement du pays", devenu le + pauvre du monde (BM)
esdras ndikumana tweet mediaesdras ndikumana tweet media
esdras ndikumana tweet media
CNDD-FDD@CnddFdd

#Burundi S.E Evariste Ndayishimiye a été élu par le Congrès national extraordinaire du Parti @CnddFdd comme Candidat du Parti CNDD-FDD, Inama y’Abanyagihugu, aux présidentielles de 2027. #Tsinda2027

Français
9
13
44
17.8K
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@Sir_Umuhirwaa2 If you cannot access the Flemingo Duty Free, you will have trouble finding that.
English
0
0
0
302
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@yigenga Aba ingénieurs? Bariho ariko bariko babikora mu bindi bihugu.
0
0
4
632
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@GregLeGrecq Lagarfeld baby 😎! Ariko aka karazimbutse vraiment. Yarumvirije ama doléances 😂
Kwezi tweet media
1
0
3
969
Kwezi
Kwezi@munliciouss·
@Sir_Umuhirwaa2 Can you really blame him to attempt fleeing the misery in this country????????????????? Mwese mworonka occasion ntawogaruka bashahu!
English
1
0
1
92
umuhirwa 2 😎🤞🏽
umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2·
🚨🇧🇮 Breaking News L’artiste/producteur Joel Houghton, initialement en Belgique pour un concert, ne rentrera pas avec l’équipe avec laquelle il s’était déplacé. 💀 Il s’est déclaré auprès des autorités belges ce mardi, 07/04/2026. 🇧🇪💨 #Abatwip #UMUHIRWA
umuhirwa 2 😎🤞🏽 tweet media
umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2

🚨🇧🇪🇧🇮 La team a déjà atterri en Belgique et est prête pour la grande soirée du 03/04/2026 🔥🥵 Belgique, Are you ready ? 👀🍻 #CristalEvent @DramaT17

Français
23
6
51
56.6K
Clapton
Clapton@remezo_eric·
@Sir_Umuhirwaa2 Kwari gato kaka vibra ni sawa, harabafis iyingana numuhini mugabo itavyura numutwe umenga nishsheti ryigisoda ryashaj ryo muri 1ère guerre mondiale, uwurizwa nubukene bwo kubura ikirato ahozwa nuwufis nubukene bwikirenge(ikimuga)
Indonesia
2
0
2
974