Amazing Clack

7 posts

Amazing Clack banner
Amazing Clack

Amazing Clack

@AmazingClack

เข้าร่วม Ocak 2025
32 กำลังติดตาม8 ผู้ติดตาม
Amazing Clack
Amazing Clack@AmazingClack·
Ikibazo iyo kiburiwe inyishu gicika inyishu ku bindi bibazo. Hari uyo n’abandi nk’uyo ariko bagikora ku bw’umunezero wa bake babashimira mw’ibanga. Ubuzima butwigisha gukora cane tugaca intege n’abaduciye intege! #Umudihamudiho
umuhirwa 2 😎🤞🏽@Sir_Umuhirwaa2

Music-entertainment 🇧🇮🌟 Azi kuririmba, Ama Hit aguma yadutayemo back to back, Ama Views arayafise... 🔥 Bipfirahe ? ko tutamubona nawe yurira indege , ngaronke ama shows hanze y'igihugu canke indani mu gihugu nkabandi ?! ✍🏽 #UMUHIRWA #D_ONE

Indonesia
1
1
6
252
Amazing Clack
Amazing Clack@AmazingClack·
#Abatwip Muri ubu buzima , iyo ukora ivyiza biroroshe ko bakwibagira ariko hagize ikitagenda bazama babwirana bati: “Yibaza ko twavyibagiye?” Life Is HipHop!
Amazing Clack tweet media
Indonesia
0
0
2
366
Amazing Clack
Amazing Clack@AmazingClack·
Amazi yose azimya umuriro ntawobideha. Ko imbuto ibora ngo imere ari bushasha, umuntu nya muntu si uwohora ngo yoye kuvuga amabi? Ikigoye si abantu , ni ukuba umuntu mwiza mu bantu babi gusa!
Indonesia
0
0
1
184
Amazing Clack
Amazing Clack@AmazingClack·
@InesKid1 Hari uwurira yabuze gihoza,uwuhoza uwabuze amarira Rwoba ari urukundo kuri wa munyakirundo canke uruhendo kuri wa mu nyakinindo Urakunda uzirikana,uziririze unakunda , we we yagiye nkana utekereze umutima azowusana
Indonesia
0
0
0
20
ineskid
ineskid@InesKid1·
Mukunzi nturire ng'usarare nzoza sinagiye nteye ibuye aho nateretse igisabo! Nanje inkumbu ziranyegeranye zafatana n'ubususuru ngasusumira nkituna nk'icugu mw'ibuye ntagira uwo nugumbira! Kiyago, ncuti yankundiye, umutima wanje ur'iyo...nturire nzoza dukumburukanye🫂🫂 #Amahoro
Intore𓋹 Segihembe𓂀@IntoreSegihembe

Iyo mba mfise uwo ndirira norize akampoza none uwompjeje ko ariwe andiza ni ikihe gikiriza cozonkiriza? Hari uwakunda kumbwira ko tuzohebana ariko sivyo ni ibihe bihemukira abasanganywe ,bagasanganywa n'isango basanganirana. Ndakumbuye @InesKid1 !

Indonesia
6
1
46
5.1K
Intore𓋹 Segihembe𓂀
Intore𓋹 Segihembe𓂀@IntoreSegihembe·
@DwimaEdwin @KGDarrr @AmazingClack ingorane yanyu ntimwumviriza song ziwe kweli ! Mu ndirimbo INKEBUZO Yanditse ati : Ubwenge ntibusumbe ubwonko bugucange … Ubwenge bw’uwize ni ubwubakira kazoza nayo ubwenge bw’uwutize ni ubumutera gurtyoza n’ukwipfuza n’ivy’inambu atari munabironswe….
Filipino
5
0
10
1.2K
Edwin Dwima Umunyakaranga
Edwin Dwima Umunyakaranga@DwimaEdwin·
Nkubu wosanga hari uwutazi ko @KGDarrr aciye ubwenge hejuru yivyo ari umu Dr🧑‍⚕️!??? ....
Indonesia
8
0
30
13.6K