
Ambassadeur plénipotentiaire.
11.8K posts

Ambassadeur plénipotentiaire.
@Innkwizera
Rather suffer than cause suffering #TownHall257🇧🇮
Buterere เข้าร่วม Nisan 2016
1.8K กำลังติดตาม4.5K ผู้ติดตาม

Hari ivyononekaye vyinshi mwibohero rya mpimba , hari abapfuye & abakomeretse .
Imiryango yabapfunzwe irakeneye kumenya amakuru yababo.
@GeneralNeva @MininterInfosBi
Indonesia

@MininterInfosBi mwoshiraho cellule d'urgence yakira ama appel yabantu bariko baratora abana bato batakariye muribi bintu ? Hanyuma mukarondera abavyeyi babo ?
Indonesia

@baratuza2000 @fdnbbi vyokunda ko mwohumuriza abantu mukababwira icabaye ?
Panique ingana uko mukaguma mucecetse mubona ari vyiza ?
Filipino

@FOCODE_ Hari amakuru mufise yukugene abamucungiye umutekano aho ari muhira iwe batowe ?
Indonesia


Bisigura ko mumabanga ya ambassade harimwo kuja gutegera abanyeshure ?
Ambassade du Burundi en Algérie@ambabu_alger
Ce 27/03/2026, l'Ambassade a accueilli un étudiant burundais venu suivre ses études universitaires en Algérie. L'Ambassade lui souhaite courage et pleins succès dans ses études.
Indonesia

Ndafise amakenga
Ambassadeur plénipotentiaire.@Innkwizera
Ntaco ndamwijeje , niyatombora azoheza mandat
Indonesia

Wosanga hari hategekanijwe chariot yumwe kumbe hagiye association.

Joséphine Jones Nkunzimana@JosJonesNkunz
Ça donne ça, quand tu refuses de payer un chariot à l’aéroport aux US 🤣🤣🤣
Indonesia

Barimwo gusa si benshi.
Turetse ko bose ataco bagiye gukorera igihugu .




NDAYISHEMEZA Denis@Ndayishemeza_
Abo muri @NtareHouse , bishoboka gute ko umukuru w'igihugu agena abantu 30 mu ntara 5, mu bushikiranganji 4, ariko hakaburamwo n'umukenyezi n'umwe? Abashikiranganji bakavyemeza, @BurundiGov uko nyene! Aho nyene turacari mu kwezi kwa Ntwarante 🤔 @Burundi_mffps @InesKid1
Filipino







