Ejo Bizohinduka

682 posts

Ejo Bizohinduka

Ejo Bizohinduka

@B1281986

Burundi, Bubanza Katılım Nisan 2016
180 Takip Edilen39 Takipçiler
Ejo Bizohinduka
Ejo Bizohinduka@B1281986·
@GeneralNeva Ntimwomureka (Rwasa) akitoza hama abo banyagihugu bakamumaramaza mu kumwima amajwi? Tsinda ubwoba mureke abanyagihugu bihitiremwo abo baja imbere apana kubahatira gutwarwa n'abo batiyumvamwo. Abo nabo mwayaze, ngo muzobarihira 100 millions kugira babaherekez narirya aguma BRB
Filipino
0
0
1
16
SE Evariste Ndayishimiye
SE Evariste Ndayishimiye@GeneralNeva·
Nashimishijwe cane n'Ikiyago nagiranye n'abaserukira abegwa n'amatora mu #Burundi, nkahimbarwa nuko twahuye tutavuga rumwe, dutandukana dupfunditse inzira imwe ituroresha ku matora atagira agatosi. Ibiyago vyubaka nk'ivyo vyorwizwa imbere n'inyuma y'amatora ku nzego zitandukanye.
SE Evariste Ndayishimiye tweet mediaSE Evariste Ndayishimiye tweet mediaSE Evariste Ndayishimiye tweet mediaSE Evariste Ndayishimiye tweet media
Indonesia
73
84
142
8.1K
Ejo Bizohinduka
Ejo Bizohinduka@B1281986·
@GeneralNeva Nyakubahwa,kuki utinya guhiganwa na Rwasa? Hama nagira mbaze, hagati ya constitution n'ibwirizwa rigenga amatora ikiri hejuru y'ikindi ni ikihe kubijanye n'uburenganzira? Mbega umuntu ata vyaha yakoreye igihugu mumwankira kwitoza kubera iki? Ko urubanza rucibwa n'abanyagihugu
Indonesia
0
0
1
18
FR Barça 🇫🇷
FR Barça 🇫🇷@FRBarca_·
🚨Florentino : « L'affaire Negreira est le plus grand scandale de l'histoire »🎻🎻🎻🎻🎻
FR Barça 🇫🇷 tweet media
Français
17
10
296
6K
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
Mbappe n'est pas convoqué pour le Clasico. (Officiel)
Français
50
33
1.1K
78.9K
Ejo Bizohinduka
Ejo Bizohinduka@B1281986·
@ActualiteBarca Pour voir en direct s'il peut recruter certains joueurs du Réal en l'occurence Tchouamini et Ruduger?😄
Français
0
0
3
340
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
Dans les loges du Spotify Camp Nou lors du Clasico, seront invités le président de la Fédération Internationale de BOXE (Mauricio Sulaimán) et Sandor Martín, champion d'Europe Superligero de boxe. Seront également présents Olivia Rodrigo, le Mago Pop, Louzán, Tebas... (SER)
Français
8
24
611
24.6K
Ejo Bizohinduka
Ejo Bizohinduka@B1281986·
@FOCODE_ Imana irakwiye kutugirira ikigongwe kuko sinibazako aritwe twacumuye kurusha abandi. On mérite mieux.
Suomi
0
0
0
162
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Hari umwigisha wo mu Rumonge yipfuza guha ubutumwa Prezida Ndayishimiye. Uyu mwigisha avuga ko ubuzima bwananiranye ku bakozi ba Leta batobato, kubera ibiciro biguma biduga. Avuga kandi ko ababazwa n'amajambo ya Prezida Ndayishimiye aguma abita ibinebwe, agafatira ku masaha y'umurengera be n'umukenyezi wiwe bakora, bagasanga nta kanya kabo na gatoya basigaranye. Ubutumwa bwiwe twabushize mu duce dutandukanye kugira vyorohe kubusoma. 🔴 Ubuzima burazimvye cane ! "Kubera ko ijwi ryanyu rishika kure, nipfuje kubasaba mudufashe kudutabariza twebwe abakozi ba Leta baciriritse, canke abarundi batobato muri rusangi, kugira ngo Leta ya Evariste Ndayishimiye igire ico ikoze ku bijanye n'ubuzima buzimvye cane bwabaye ndanse. Jew nsanzwe ndi umwigisha murezi mu mashure yisumbuye muri DPE BURUNGA. Ukubaho vyanse nukuri kandi ntitubona uko buca tubigenza. Ntanze akarorero, jewe na madame wanje twese turi abakozi ba Leta, umushara duhembwa buri kwezi tuwukoresha indwi zibiri gusa. Aho tuba tugerageje kugira kwigumya bimwe bidasanzwe. Kandi aho aba ari ugufundura gusa, ivyankenerwa vy'abana be n'ibindi, aho ntibirimwo. Mwohava mwibaza ngo ndashikuje ! Haba namba, kuko uko bukeye uko bwije ibiciro vy'ibifungurwa biguma biduga k'urugero ntari bwigere mbona kuva mbaho. Akarorero ikilo c'ibiharage (qualité ya mbere izimbutse), ivyo aha iwacu bita mchanganyiko canke kirundo, ubu kw'isoko ni 5500 fbu, umuceri nawo qualité ya nyuma ni 7.000 fbu. Aho mfatiye kuri ivyo bifungurwa gusa, muca mubonako dufashe ko imisi yose dufungura ikilo kimwe c'umuceri n'ikilo kimwe c'ibiharage, imfungurwa z'umurango zitwara 12.500 Fbu , izo mw'ijoro zigatwara 12.500 Fbu. Ni ukuvuga ko ku musi umwe dufungura 25.000 Fbu. Ku kwezi aca aba 750.000 Fbu. Aho nta makara, nta mavuta, nta munyu. Ushireko ibindi vya nkenerwa vy'abana kw'ishure, intererano mu muryango no mu kibano... Hariho nk'imanza tudashobora kwirengangiza, kandi zidutwara amafaranga menshi : ni nk'ibijanye no guhamba, kandi rero ubu abantu barapfa ku bwinshi. 🔴 Umukuru w'igihugu yama adushinyaguriza ngo turi ibinebwe ntidukora ! Reka dufate ko aba ashatse kuvuga ko inyuma y'amasaha y'akazi ata kindi kintu dukora mu bijanye no kwiyungunganya. Erega biragoye cane. Nk'akarorero twebwe dukorera muri DPE BURUNGA, dutegekwa gukora gushika isaha zibiri z'ijoro (20h00). Aho ni canecane abigisha umwaka w'icenda (9ème année de l'école fondamentale). Ni ukuvuga ko duhejeje akazi isaha indwi (13h), isaha icumi (16h) dutegekwa kuja kugira encadrement y'abo bana bitegurira concours national kandi nta gusiba gushoboka. Encadrement yama itangurana n'ukwezi kw'icenda (ni ukuvuga kuva umwaka w'ishure yatanguye). Tubajije impamvu duhatirwa gukora amasaha y'umurengera ata n'akarusho duhabwa, inyishu baduha ngo : Mutegerezwa kwitangira igihugu, uwutabishoboye natange imihoho abize bicaye bakeneye akazi ni benshi ! Ivyo DPE BURUNGA ayabivugiye muri grande salle ya Lycée Rumonge. Ikindi naco kibabaje nuko muri uko kwitangira igihugu, umwigisha wese wo mu mwaka w'icenda ategekwa kuba yahejeje programme y'ivyigwa mu kwezi kwa gatatu, bisigura ko no mu mpera y'indwi usanga ategerezwa kuja kwigisha kugira ngo iyo programme ihere. Iyo ndinganizo turetse ko iruhisha abigisha, n'abanyeshure bararuha biteye ubwoba. Nimwibaze ukuntu programme yategerezwa kwigishwa kuva mu kwezi kw'icenda gushika imbere gato ya concours national dutegekwa kuyimara mu kwezi kwa gatatu ! Vy'ukuri kubera ari intwaro y'agahotoro turemera tukaruha, umuntu akigisha yiruka kuko ata kundi. Aho rero tugakorana ikigoyi munda twidoga, ugasanga tugisha kandi abana bari mu kwicwa n'ikigoyi. Mbega Amabo bana boronka umwimbu mwiza gute kandi nabo nyene bashonje ? Urashobora kuba uriko wigisha ukabona abana bamwe baryamye ku ntebe, abandi ubona bisinzirirako. Iivyo biba mbere mu masaha yo mu gatondo. Uhamagaye umwe muribo ukamubaza, arubahuka akakubwira ko muhira iwabo baraye ubusa kandi kandi na sasita atizera ko ahava aza kuronka ivyo afungura. Ibaze kurondera ubumenyi ku munyeshure nk'uwo ! 🔴 Ibi mvuze ni ukuri kwose nta gushikuza kurimwo na gutoya. Aho bigeze ni ukuri turarushe. Nibapfume basi batureka dukore amasaha ategekanijwe n'amategeko, hama tuzopfume twicwa n'ínzara gusa mu kurindira ubuhirwe bw'ijuru n'ihindukira ry'umucunguzi wacu Yezu Christo, kuko icizere c'iyi Leta Mvyeyi caraheze. Murakoze." Menya neza : ibiciro vyavuzwe hano ni ivyo mw'isoko ya Rumonge. #Mbariza -------------- 🔴 Ibintu vyifashe gutya mu gihe utu mukandinda wa CNDD-FDD mu matora y'umukuru w'igihugu ya 2027 we yemeza ko yaje ku butegetsi Abarundi bashonje, none ngo ubu nta Barundi bafise inzara, kanatsinda ngo baguma bubaka utuzu twizatwiza. @GeneralNeva , @NtareHouse , @KwaNtare , @BurundiGov , @MENRS4 , @nshingamateka , @Burundi_senat
FOCODE tweet media
Indonesia
9
8
40
8.4K
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
Tchouameni et Valverde ne seront pas au Clasico. (El Chiringuito)
Português
44
101
2.3K
53.2K
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
Qu'est-ce que la chose que vous souhaitez accomplir dans votre carrière? Casado : Franchement, je ne peux pas me limiter à une seule chose à accomplir, mais ce qui me motive le plus, c'est d'avoir une carrière très longue et pendant de nombreuses années au FC Barcelone.
Français
13
16
552
15.4K
Ejo Bizohinduka
Ejo Bizohinduka@B1281986·
@ActualiteBarca @FCBRAC1 FC suiveur. Bastoni c'est mort, Alvarez aussi on l'aura pas. Si Deco reste comme ça, le mercato va finir comme ça. Exemple, la saison passée ça parlait de Tah et Diaz ils ont fini au Bayern. Nico on nous disait que c’est fini, il a prolongé. Moi je ne crois plus au infos
Français
0
0
0
681
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
🚨Le FC Barcelone suit Anthony Gordon. @FCBRAC1 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿
English
73
40
1.1K
30.8K
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
Objectifs du Barça : 9, ailier gauche, défenseur central et gardien de but 👉Julián Álvarez ou Joao Pedro 👉Alexandre Bastoni 👉Alex Ramiro @santiovalle
Español
59
41
1.2K
46.4K
Ejo Bizohinduka
Ejo Bizohinduka@B1281986·
@ActualiteBarca @ffpolo Mais pourquoi pas, on le vend 150M, on achète Alvarez et un top ailier gauche. C’est peut-être le transfer qu'on nous disait hier qui sera douloureux?!
Français
5
0
5
679
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
Raphinha a de nouveau attiré l'intérêt des clubs saoudiens, qui sont prêts à le séduire et à lui présenter une offre colossale cet été. Le joueur n'a pas envisagé de partir pour le moment et le club n'a pas pensé à le vendre non plus. @ffpolo
Français
24
26
844
29.1K
Sahwanya Frodebu
Sahwanya Frodebu@FrodebuSahwanya·
Le Parti Sahwanya-FRODEBU adresse ses sincères félicitations à Son Excellence Évariste Ndayishimiye pour son élection par le Congrès du CNDD-FDD comme candidat du parti aux élections de 2027.
Sahwanya Frodebu tweet media
Français
28
41
116
40.3K
SE Evariste Ndayishimiye
SE Evariste Ndayishimiye@GeneralNeva·
Ndakengurukiye Abagumyabanga banyizeye mw’ikoraniro kaminuza ridasanzwe, bakanshira imbere nk’umukandinda wa @cnddfdd mu matora y’Umukuru w’igihugu ya 2027. Ko twakoze mugashima, ndabemereye kubandanya ikivi,turi kumwe twese, kugira umurundi wese atunge kandi atunganirwe. Komera!
SE Evariste Ndayishimiye tweet mediaSE Evariste Ndayishimiye tweet mediaSE Evariste Ndayishimiye tweet mediaSE Evariste Ndayishimiye tweet media
Filipino
300
274
763
48.3K
Jenny
Jenny@Jennnyyyyyy·
What is the weight of Rabbit? 🤔 Difficulty - Easy 😉
Jenny tweet media
English
29.1K
932
20.2K
8.4M
Barça Spaces
Barça Spaces@BarcaSpaces·
🎥 Rafael Leao Highlights ❓Welcome to FC Barcelona?
English
8
18
618
12K
Ejo Bizohinduka
Ejo Bizohinduka@B1281986·
@ActualiteBarca Avec l'expérience récente (cas Nico Williams) les dossiers qui trainent n'aboutissent pas. Ne vous étonnez pas si ça finit comme Nico
Français
0
0
1
545
Actualité - Barça
Actualité - Barça@ActualiteBarca·
Un accord de principe a été trouvé entre Alessandro Bastoni et le Barça, l'Inter est courant des avancées des négociations. Le club réclame toutefois 70M pour se séparer de son défenseur. (Gazzetta) 🇮🇹
Actualité - Barça tweet media
Français
21
53
969
22.7K
Barça Spaces
Barça Spaces@BarcaSpaces·
🎥 Rafael Leao Highlights ❓Would he do well at FC Barcelona?
English
44
31
760
15.9K