
TIMBA
410 posts





Juste kubera wiyita Sis Twirwaneho ntibikugira umuvugizi wa Twirwaneho canke w'Abanyamulenge. Ntibikugira uwutwigisha urugamba rwo kwibohora nk'abarundi. Kuba wirirwa usakuza n'ububeshi bigamije guharabika @Red_Tabara turazi neza iyo biva, kandi nawe urahazi: iyo uba uwugendera ukuri, wokoresheje umwanya uhanura umuvukanyi wawe maraso yari muri barya bagiye kuraba Neva, kuko niwe agambanira Abanyamulenge muri rusangi. Ariko kuvuga ukuri nka @SinduhijeA ntavyo tukuziko kuri ano mayira, bishobora kuva kumahera usangira na brother wawe canke kuri confusion uterwa n'ukudatahura neza. RED Tabara turi abarundi banse umugayo, turwanira État de Droit muburundi, ntarwanko ntanzigo bituranga, ntamacakubiri ntakarenganyo twemera mbese ngo tunabishire imbere. Ko hari abanyamulenge bakorana na DD barwanya RED Tabara turabimenyereye, ntagishasha, aho bitaduhagaritse kera si ubu bigira biduhagarike. Abarundi isinzi turakeneye ko igihugu cacu kibohoka abagipfukamye munda, turazi umwansi wacu, si Sis Twirwaneho, si n'abanyamulenge canke abandi banyamahanga, tuzokomeza duhangane nawe, kandi tuzotsinda, Tugire Igihugu 🕯













South Kivu is controlled by AFC/M23/Twirwaneho. Red Tabara was arrested on Rwandan soil when they dared to step foot over there. Abantu mufise ubwenge, mubona Red Tabara yotabara Abarundi iciye he koko? Hama irihe? Umu génocidaire PALIPEHUTU @SinduhijeA arwanira kuma réseaux gusa










