Ruvyogo

7.3K posts

Ruvyogo

Ruvyogo

@Ruvyogo2022

Bujumbura Katılım Ekim 2021
147 Takip Edilen147 Takipçiler
Ruvyogo retweetledi
Greg Le Grec
Greg Le Grec@GregLeGrecq·
Sortie ya Ntahiraja ni non événement. Simbona n'igituma muriko muraba choqués n'amajambo yavuze. Uretse ko bizwi ko aba DD ari aba génocidaires, igihe Gipupuzi bamubaza ko akorana n'aba FDLR we nyene yarivugiye ati :"L'ennemi de mon ennemi est mon ami." Arrêtez d'être naïfs!
Greg Le Grec tweet media
Français
5
4
37
3K
Ruvyogo retweetledi
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮
🛑‼️Amb Thérence wagafoto , avuga ati , ko uwotera Urwanda atoba agize nabi, kandi inkozi z'ikibi 34. ziraronderwa, mwaba #DD muridigadiga basi, Thérence , gerageza mutere Urwanda🤣 Ikindi nuko atahakanye ivyo,@pnininahazwe , yavuze mu manama, yakoregwa kuri , Amb y’Uburundi mububirigi , kandi yabaye nk’uwumaramaye👇👂🧐
Slovenščina
38
8
25
20.4K
Ruvyogo retweetledi
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Mbe yemwe abarezi bagiye hehe ? Umwana w'imyaka indwi ngo yagiriwe icaha co gusambanya uwundi mwana ! "Ubuyobozi bw'ishure shingiro Sagesse rya Kabere buri n'iteka ryo kumenyesha abavyeyi barereye kuri iryo shure ko umunyeshure (...) yiga muri cycle yo kwimenyereza (préscolaire) w'imyaka indwi yirukanywe burundu kuri iryo shure kandi adafise uburenganzira bwo kugaruka kuhiga no mu myaka iri imbere kubera ko yagiwe n'icaha co gusambanya umwana w'umukokwa (...) w'imyaka ine asanzwe nawe nyene yiga muri préscolaire ku magenekerezo ya 19/5/2026 igihe bari batashe bavuye kw'ishure amucana iwabo amusambanyirizayo." Iri ni itangazo rya Niyokwizera Philémon arongoye Ecofo Sagesse Kabere, muri komine Mugina ! 🔴 Mushikiranganji François Havyarimana, ubwo umwana w'imyaka indwi uku niko akwiye guhanwa ? Nivyo umwana w'iyo myaka arakora ikosa, mbere rishobora kuba rikomeye, ariko biragoye gukoresha ijambo "aragiriye icaha". Nivyo umwana akoze ikosa arahanwa. Ariko guhana umwana w'imyaka indwi birasaba kubikorana ubuvyeyi n'urukundo. Guhana umwana w'iyo myaka vyoba vyiza bidafashe intumbero yo kumwaka uburenganzira bw'abana, ahubwo hakabaho intumbero yo kumufasha kwisubirako. Umwana nk'uyo abarezi n'abavyeyi bofashanya kumwitwararika bakamushira ku murongo mwiza. Nimba koko umwana w'imyaka indwi azi koko "gusambana", birahambaye kubikurikirana hakamenyekana iyo yabikuye. Kumbure n'uwo mwana ashobora kuba yaragiriwe nabi. Kumbure hariho n'abandi bana nkawe bashobora kuba bari mu vyamushikiye. Umurezi mwiza ahana abana ajejwe nkuko yohana abiwe, akabikorana urukundo rwinshi mu ntumbero yo gukiza umwana. Gusohora itangazo nk'iri, ugashiramwo amazina y'abana, urashobora gusanga ubishe kurusha kubakiza. Umurezi atagira urukundo rwa kivyeyi ku bana bato ntaba akwiriye kwitwa umurezi. @GeneralNeva , @KwaNtare , @NtareHouse , @MENRS4 , @CNIDH_Bdi , @nshingamateka , @Burundi_senat
FOCODE tweet media
Filipino
4
6
19
5.1K
Ruvyogo retweetledi
Ndondeza amangetengete
Ndondeza amangetengete@ikigatanyakazi·
Le Canada est fier d'accueillir 2 nouvelles canadiennes 😅 Une maman et sa fille sont soulagées, et heureuse pour cette nouvelle aventure 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦
Ndondeza amangetengete tweet media
Français
52
14
372
65K
Ruvyogo retweetledi
King Umurundi Freedom
#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶, 𝗹𝗲 𝟮𝟮/𝟬𝟱/𝟮𝟬𝟮𝟲 𝗔𝗺𝗮𝗻𝘆𝗮𝗻𝗴𝗮 𝗰𝗮𝗻𝗸𝗲 𝗮𝗸𝗮𝗷𝗮𝗴𝗮𝗿𝗶 𝗺𝘂 𝗸𝗶𝗴𝗼 𝗢𝗡𝗣𝗥𝗔. 𝗔𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗯𝗶𝗱𝗼𝗴𝗲𝗿𝗮 𝘂𝗯𝘂𝗿𝗼𝗻𝗴𝗼𝘇𝗶 𝗯𝘄'𝗶𝗰𝗼 𝗸𝗶𝗴𝗼. Mbega ikigo ONPRA cahindutse umurima w'umuryango canke kigengwa n'amategeko ? Uwukirongoye yoba yitwaza inguvu za Gervais NDIRAKOBUCA kuko ari umuryango wiwe ? Mur'ico kigo harangwa amanyanga menshi afatanye n'ubunyonyezi buhabera, ibituma abakozi bidoga bidasanzwe kuko hejuru yo gufatwa nabi, birukanwa mu karenganyo, bidakurikije amategeko, ku nyungu y'umuryango umwe. Inyuma y'amatohoza twakoze, muri King Umurundi Freedom, tukaba tugiye kuza turashira hanze amanyanga akorerwa mur'ico kigo, mu bice bitandukanye. Uno musi duhera ku co twokwita igice ca mbere, kijanye n'ukuntu uwurongoye ico kigo ku rwego rw'igihugu, coordinateur national, yashizweho n'ukuntu ariko arashira mu kaga ico kigo. Ubwa mbere tubanze tumenyeshe abatabizi ko ikigo ONPRA (Office National pour la Protection des Réfugiés et Apatrides) gitwarirwa mu bushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu, kikaba kijejwe gutanga ubuhungiro no gukingira impunzi, harimwo gucungera uburyo izo mpunzi zigenza canke zikurikiza amategeko y'igihugu cabahaye ubuhungiro. Bisigura ko ico kigo categerezwa kuba cigenga. Ariko rero n'ubwo ico kigo gitwarirwa mur'ubwo bushikiranganji, twomenyesha ibintu bihambaye abenshi batazi: " ikigo ONPRA gikoresha amahera (fonds) y'ishirahamwe mpuzamakungu HCR ". Bisigura ko uburyo bwose ONPRA ikenera, guhera ku karamu, imodoka, n'ibindi, vyose bikoreshwa mu mafranga ya HCR, ari navyo vyerekana canke bisigura ko ico kigo categerezwa kuba cigenga naho atariko biri uno musi. 🔶 Imbere yo gushika kure tubanze turabire hamwe ukwo ONPRA ikora canke ukwo abakozi bagenwa: Mukuronka akazi, abakozi ba ONPRA nta bibazo bakora. Kugira baronke akazi mur'ico kigo, bamwe bagenwa na coordinateur national, abandi bakagenwa n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati. Ivyo biri mu ntegeuro y'itegeko rigena mission, organisation......y'ikigo ONPRA mu Burundi ( décret N° 100/069 du 30 mai 2022 portant organisation, mission et fonctionnement de l'ONPRA.) Ariko rero wihweje neza ukwo ico kigo cagiye kirarongorwa, neza na neza urabona ko umengo ni igisata co muri reta, bikaboneka ko gitwarirwa mu kwaha kw'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu aba ahari mur'uwo mwanya. Bisigura neza ko ONPRA yagiye iraboneka nk'ico twokwita " agashami k'ibanga k'umushikiranganji aba ahashitse " kuko uca usanga n'umu coordinateur yagenwe mur'ico gihe afise inguvu zidasanzwe. 🔶 igihangange c'uwurongoye ONPRA uno musi, yica agakiza. Mu bushikiriranganji bw'intwaro yo hagati kenshi iyo haje umushikiriranganji mushasha, aca agena umu coordinateur mushasha wa ONPRA. Kuva Gervais NDIRAKOBUCA (arongoye inama nkenguzamateka uno musi) abaye umushikiriranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu yaciye agena umu coordinateur mushasha wa ONPRA, yitwa Richard UWIMANA, uwo nawe akaba asanzwe ari umwishwa wiwe. Richard UWIMANA amaze gushika kur'ubwo buyobizi, twovuga ko ikigo ONPRA caciye gihindura isura, akigira akarima k'umuryango, abakozi bari bahasanzwe barirukanwa kamwe kamwe, aca atangura gushiraho abo mu muryango wiwe, ikitavuzwe n'ubunyonyezi buhabera, nkuko tuzobirabira hamwe mu bice bitandukanye. Gushika ubu abakozi ba ONPRA bamaze kwirukanwa mur'ubwo buryo bw'akarenganyo barenga 30, kugira basubirizwe n'abo mu muryango wa Richard UWIMANA, canke umuryango wa Gervais NDIRAKOBUCA kuko naho nyene tutoba twihenze. None ivyo vyose bikorwa gute ? Ikigo ONPRA kigeze he mur'ayo manyanga ? Ivyo biri mu gice kizokurikira muri runo rukurikirane rurerure twabateguriye. Organisation King Umurundi Freedom @GeneralNeva, @NtareHouse, @MininterInfosBi
King Umurundi Freedom tweet media
Filipino
0
5
15
6.8K
Ruvyogo
Ruvyogo@Ruvyogo2022·
Mu mvugo yeruye, yitwengesha, Ambassadeur Ntahiraja yemanze ko ata kindi akora mu Bubirigi atari ugushigikira abifuza gutera Urwanda. Ivyo yavuze bikaba vyemeza ivyo umukuru wa FOCODE @pnininahazwe amaze iminsi ashikiriza. Ni karibu. Nta nkeka ko Urwanda ruzobaha isomo.
Indonesia
0
3
5
137
Ruvyogo retweetledi
Dr Guy Karema, PhD
Dr Guy Karema, PhD@guykarema·
🔴 🇷🇼🎬 𝗨𝗻𝗲 𝗺𝗼𝗶𝘀𝘀𝗼𝗻 𝗵𝗶𝘀𝘁𝗼𝗿𝗶𝗾𝘂𝗲 𝗽𝗼𝘂𝗿 𝗹𝗲 𝗰𝗶𝗻é𝗺𝗮 𝗿𝘄𝗮𝗻𝗱𝗮𝗶𝘀 ! "Ben’Imana" a en fait raflé deux prix à Cannes 2026 : 🏆 Caméra d’Or — meilleur premier film (toutes sections) 🏆 Prix FIPRESCI — Un Certain Regard (prix de la critique internationale) Deux récompenses pour un premier film, lors d’une première participation en sélection officielle.
Français
0
11
17
865
Ruvyogo retweetledi
Dr Guy Karema, PhD
Dr Guy Karema, PhD@guykarema·
🔴 🇸🇳 𝗦é𝗻é𝗴𝗮𝗹 : 𝗟𝗮 𝗿𝘂𝗽𝘁𝘂𝗿𝗲 𝗗𝗶𝗼𝗺𝗮𝘆𝗲–𝗦𝗼𝗻𝗸𝗼, 𝗨𝗻 𝗱𝗶𝘃𝗼𝗿𝗰𝗲 𝗽𝗿é𝘃𝗶𝘀𝗶𝗯𝗹𝗲 … Par décret n°2026-1128, le président Bassirou Diomaye Faye a mis fin aux fonctions d’Ousmane Sonko en tant que Premier ministre, le 22 mai 2026, entraînant la dissolution de l’ensemble du gouvernement. L’annonce, diffusée en direct sur la télévision nationale, marque la fin d’un duo qui avait incarné l’espoir d’une alternance historique au Sénégal et fait rêver une grande partie du continent africain. Pourtant, cette rupture n’est pas une surprise. Elle était prévisible, structurelle, presque inévitable. 𝘐𝘭 𝘯'𝘺 𝘢 𝘱𝘢𝘴 𝘥'𝘢𝘮𝘪𝘵𝘪é 𝘦𝘯 𝘱𝘰𝘭𝘪𝘵𝘪𝘲𝘶𝘦 Ce cas illustre une vérité immuable de la politique : les alliances sont fondées sur des intérêts convergents, rarement sur une amitié véritable. Dès que les intérêts divergent, et ils finissent toujours par diverger, la rupture devient inévitable. Ce qui rend cette désillusion particulièrement saisissante, c’est la profondeur du lien apparent qui unissait les deux hommes : même parti, même combat, même idéologie panafricaniste, même vécu de la répression sous Macky Sall. Leur fraternité semblait authentique. Et pourtant, dès que la question du pouvoir de 2029 s’est posée, tout s’est effondré. Bismarck l’avait formulé il y a plus d’un siècle : “En politique, il n’y a pas d’amis permanents, seulement des intérêts permanents.” 𝘜𝘯 𝘥é𝘯𝘰𝘶𝘦𝘮𝘦𝘯𝘵 𝘳𝘦𝘭𝘢𝘵𝘪𝘷𝘦𝘮𝘦𝘯𝘵 𝘤𝘪𝘷𝘪𝘭𝘪𝘴é Il convient de souligner un point essentiel : cette rupture s’est faite sans violence ni emprisonnement. Un décret, un message Facebook de Sonko affirmant qu’il dormirait “le cœur léger”, et la vie continue. Dans un contexte africain où les anciens alliés finissent parfois en prison ou pis ( on pense à Thomas Sankara, assassiné par son frère de lutte Blaise Compaoré ), c’est un dénouement heureux qui honore les deux protagonistes et témoigne d’une certaine maturité démocratique du Sénégal. 𝘓𝘦 𝘥é𝘵𝘰𝘯𝘢𝘵𝘦𝘶𝘳 𝘦𝘵 𝘭𝘦𝘴 𝘤𝘢𝘶𝘴𝘦𝘴 𝘱𝘳𝘰𝘧𝘰𝘯𝘥𝘦𝘴 Le limogeage est intervenu quelques heures après une intervention de Sonko à l’Assemblée nationale, où il avait publiquement contesté la gestion des fonds politiques, une critique frontale adressée à sa propre hiérarchie. Ce fut la ligne rouge. Mais le vrai problème était plus ancien et plus profond : Sonko ne se comportait pas en Premier ministre, il se comportait en co-président. Conservant la tête du Pastef tout en occupant la Primature, il maintenait un pouvoir parallèle sur le parti et sur la rue. En déclarant publiquement sa candidature à la présidentielle de 2029, alors que Diomaye a constitutionnellement le droit de briguer un second mandat, il signifiait qu’il se voyait comme le vrai chef, pas comme un subordonné. Cette tentative d’instaurer un "bicéphalisme" dans un régime présidentiel fort était une anomalie structurelle intenable. Diomaye n’avait, à terme, pas d’autre choix que de trancher. Et, il a tranché. La rupture consommée, plusieurs inconnues s’ouvrent : - Sonko en opposition ? Libre, avec sa base militante intacte et ses ambitions présidentielles affichées, il pourrait devenir le principal rival de Diomaye d’ici 2029. Le retournement serait saisissant. - La stabilité du Pastef ? Le parti qui a porté l’alternance risque de se fracturer entre partisans des deux hommes. - Le bilan de la gouvernance ? Au-delà des luttes d’ego, les Sénégalais attendent toujours les réformes promises lors de l’alternance de 2024. 𝘌𝘯 𝘥é𝘧𝘪𝘯𝘪𝘵𝘪𝘷𝘦 La chute du tandem Diomaye–Sonko n’est pas seulement la fin d’une alliance politique. C’est la fin d’un symbole. Celui d’une jeunesse africaine qui croyait avoir trouvé des dirigeants capables de faire autrement. La déception est à la mesure de l’espoir qu’ils avaient suscité. L’histoire retiendra qu’ils ont au moins su se séparer sans se détruire. C’est peu, mais au regard des précédents continentaux, ce n’est déjà pas rien.
Dr Guy Karema, PhD tweet media
Français
2
11
17
2.6K
Ruvyogo retweetledi
CONSULTANT INDÉPENDANT
CONSULTANT INDÉPENDANT@Consultantxxl·
#Abatwip #Burundi Bonjour cher compatriote @ReynoldsButari, Je serai absent de votre Space pour des raisons professionnelles. Je voulais donc vous partager mon avis sur @Red_Tabara sans filtre : En effet cher @ReynoldsButari, je pense sincèrement que @Red_Tabara n’est plus qu’une coquille vide qui sert objectivement le régime @CNDD_FDD. Pourquoi ? Parce que : - @Red_Tabara n’a aucune capacité de contrôler le moindre bout de territoire burundais depuis des années. - Ses seules actions militaires sont sporadiques, inefficaces et coûteuses en vies de jeunes Burundais. - Ses leaders vivent confortablement en exil, très loin du terrain. - Après plus d’une décennie d’existence, @Red_Tabara n’a toujours aucun projet politique crédible pour le Burundi. Résultat : ce groupe justifie la répression, la militarisation de l’État et permet au régime de détourner l’attention de la catastrophe économique et sociale que traverse le pays. À mon avis, @Red_Tabara est devenu le meilleur allié involontaire du régime @CNDD_FDD : une rébellion virtuelle qui légitime la dictature sans jamais la menacer sérieusement. Notre #Burundi mérite beaucoup mieux que ce théâtre sanglant et stérile. Il est grand temps d’arrêter de romanticiser l’échec, car @Red_Tabara en est la parfaite illustration. Cordialement.
Reynolds Butari@ReynoldsButari

Vendredi 19h mwitegurire Space nzobaha kuvyo namenye bishasha kuri Red-Tabara hamwe n'ubwoba iteye DD n'abacakara bayo

Français
29
15
69
35.4K
Ruvyogo retweetledi
Kayinamura Joseph
Kayinamura Joseph@KayinamuraJose8·
1/3 Les événements qui se déroulent à Kalingi, Bidegu, Gakenke et Katoyi mettent en évidence le fossé grandissant entre les déclarations officielles en faveur de la paix et la réalité vécue sur le terrain dans l’est de la RDC. La coopération continue entre les FARDC, les milices Wazalendo, les FDLR et d’autres groupes armés alliés suscite de sérieuses inquiétudes sécuritaires dans la région, notamment en raison des liens historiques de certaines de ces factions avec l’idéologie génocidaire, l’extrémisme ethnique et l’instabilité transfrontalière. Pour de nombreux observateurs, ces alliances affaiblissent fortement la crédibilité des affirmations répétées de Kinshasa selon lesquelles le gouvernement serait pleinement engagé dans les efforts diplomatiques et la recherche d’une paix durable dans la région des Grands Lacs.
Kayinamura Joseph tweet media
Français
1
5
6
536
Ruvyogo retweetledi
Dr Guy Karema, PhD
Dr Guy Karema, PhD@guykarema·
🔴 𝗟𝗲 𝗥𝘄𝗮𝗻𝗱𝗮 🇷🇼 𝗮𝘂 𝗙𝗲𝘀𝘁𝗶𝘃𝗮𝗹 𝗱𝗲 𝗖𝗮𝗻𝗻𝗲𝘀 𝘓𝘦 𝘙𝘸𝘢𝘯𝘥𝘢 𝘢 𝘮𝘢𝘳𝘲𝘶é 𝘭’𝘩𝘪𝘴𝘵𝘰𝘪𝘳𝘦 𝘢𝘶 𝘍𝘦𝘴𝘵𝘪𝘷𝘢𝘭 𝘥𝘦 𝘊𝘢𝘯𝘯𝘦𝘴 2026 𝘢𝘷𝘦𝘤 "𝘉𝘦𝘯’𝘐𝘮𝘢𝘯𝘢", 𝘱𝘳𝘦𝘮𝘪𝘦𝘳 𝘧𝘪𝘭𝘮 𝘳𝘸𝘢𝘯𝘥𝘢𝘪𝘴 𝘴é𝘭𝘦𝘤𝘵𝘪𝘰𝘯𝘯é 𝘦𝘯 𝘤𝘰𝘮𝘱é𝘵𝘪𝘵𝘪𝘰𝘯 𝘰𝘧𝘧𝘪𝘤𝘪𝘦𝘭𝘭𝘦 (« 𝘜𝘯 𝘊𝘦𝘳𝘵𝘢𝘪𝘯 𝘙𝘦𝘨𝘢𝘳𝘥 »). 𝘙é𝘢𝘭𝘪𝘴é 𝘱𝘢𝘳 𝘔𝘢𝘳𝘪𝘦-𝘊𝘭é𝘮𝘦𝘯𝘵𝘪𝘯𝘦 𝘋𝘶𝘴𝘢𝘣𝘦𝘫𝘢𝘮𝘣𝘰, 𝘤𝘦 𝘥𝘳𝘢𝘮𝘦 𝘦𝘹𝘱𝘭𝘰𝘳𝘦 𝘭𝘢 𝘳é𝘤𝘰𝘯𝘤𝘪𝘭𝘪𝘢𝘵𝘪𝘰𝘯 𝘱𝘰𝘴𝘵-𝘨é𝘯𝘰𝘤𝘪𝘥𝘦 à 𝘵𝘳𝘢𝘷𝘦𝘳𝘴 𝘭𝘦 𝘱𝘢𝘳𝘤𝘰𝘶𝘳𝘴 𝘥𝘦 𝘝é𝘯é𝘳𝘢𝘯𝘥𝘢, 𝘶𝘯𝘦 𝘴𝘶𝘳𝘷𝘪𝘷𝘢𝘯𝘵𝘦 𝘤𝘰𝘯𝘧𝘳𝘰𝘯𝘵é𝘦 à 𝘴𝘰𝘯 𝘱𝘢𝘴𝘴é 𝘦𝘵 à 𝘤𝘦𝘭𝘶𝘪 𝘥𝘦 𝘴𝘢 𝘧𝘪𝘭𝘭𝘦. La participation du Rwanda au Festival de Cannes avec "Ben’Imana" représente une étape historique pour le pays. C’est la première fois qu’un film rwandais est sélectionné dans une section officielle, en l’occurrence "Un Certain Regard". Ce choix illustre la reconnaissance internationale d’un cinéma émergent qui, à travers des récits profondément ancrés dans l’histoire nationale, parvient à toucher un public mondial. Le film de Marie-Clémentine Dusabejambo met en lumière les défis de la réconciliation post-génocide, tout en offrant une voix aux femmes rwandaises dans la construction de la mémoire collective. Au-delà de l’honneur symbolique, cette présence à Cannes ouvre des perspectives pour le cinéma africain et pour le Rwanda en particulier. Elle démontre la capacité du pays à produire des œuvres de qualité internationale et à s’inscrire dans les grands débats artistiques et culturels. "Ben’Imana" devient ainsi un vecteur de visibilité et de rayonnement, renforçant l’image du Rwanda comme un acteur culturel capable de transformer son histoire douloureuse en une création artistique universelle.
Français
1
24
67
4.1K
Ruvyogo retweetledi
𝐉𝐔𝐒𝐓𝐈𝐍 𝐖'𝐈 𝐊𝐈𝐍𝐆𝐎𝐆𝐎 𝐎𝐟𝐟𝐢𝐜𝐢𝐚𝐥
Umurundi ati" Jewe sinumva uburyo Paul Kagame ari muri Project ya Nunclear project kandi barikumwe na tanzania But how Perezida wacu Neva wewe AGUMA MURI PROJECT YUDUKWAVU? imyaka 7 igira ihere avuga udukwavu. Mwamuhaye iyindi manda mpaka imyaka 14 yibereye mudukwavu? Kagame aguma Mumanama nibindi bihugu bashaka Impinduka namwe muguma MUDUKWAVU NAMASAZI? None ejo Huburundi hazoba ahahe ? HAMA NGO MWITEZE KO EJO UBURUNDI BUZOBA BWIZA? MAN USHAKA GUHINDURA IKINTU URAGIKORERA BIKAGARAGARA!!
𝐉𝐔𝐒𝐓𝐈𝐍 𝐖'𝐈 𝐊𝐈𝐍𝐆𝐎𝐆𝐎 𝐎𝐟𝐟𝐢𝐜𝐢𝐚𝐥 tweet media
Filipino
8
18
44
8.6K
Ruvyogo retweetledi
Placide The Punisher Tm PK
#Documentaire de la BBC : la preuve du génocide planifié contre les Tutsi Un documentaire produit par la #BBC avant ses reportages plus tard controversés sur le Rwanda, révélait déjà que le Génocide contre les Tutsi avait été soigneusement planifié bien avant avril 1994. Le film montrait notamment que : • Le plan d’extermination était déjà connu du Département d’État américain plusieurs mois à l’avance. • Le général Roméo Dallaire avait été averti dès janvier 1994 par un informateur issu du régime. • Des armes avaient été stockées, des listes de Tutsi préparées et les milices Interahamwe entraînées. • La Radio Télévision Libre des Mille Collines (#RTLM) jouait un rôle central dans la diffusion de la propagande haineuse. • L’attentat contre l’avion du président Habyarimana a servi de #prétexte pour déclencher le génocide, et non d’élément déclencheur spontané. La journaliste d’investigation Linda Melvern affirme que des câbles diplomatiques officiels démontraient clairement les préparatifs d’une campagne politique visant à exterminer la population tutsi. @ali_naka @Ali_Rukaliza @albcontact @wmnjoya @RobCyubahiro @byukavuba @dr_dash250 @onduhungirehe @DavidHundeyin @Nath_Yamb @cobbo3 @AndrewMwenda @DavidNdii @EFFSouthAfrica @MbuyiseniNdlozi @KARANGWASewase @harerimana_tito @UnityClubRw
Placide The Punisher Tm PK@placide_art

#BBC Documentary Exposed the Planned Genocide Against the Tutsi A documentary produced by BBC before its later controversial coverage on Rwanda revealed that the Genocide against the Tutsi was carefully planned long before April 1994. The film showed that: The extermination plan was already known to the U.S. State Department months in advance. General Roméo #Dallaire had been warned in January 1994 by a regime insider. #Weapons had been stockpiled, Tutsi lists prepared, and Interahamwe militias trained. Radio Télévision Libre des Mille Collines played a major role in spreading hate propaganda. The attack on President Habyarimana’s plane was used as a pretext to launch the genocide, not its cause. Investigative journalist Linda Melvern argues that official diplomatic cables clearly showed preparations for a political campaign aimed at exterminating the Tutsi population. @ali_naka @Ali_Rukaliza @albcontact @wmnjoya @RobCyubahiro @byukavuba @dr_dash250 @onduhungirehe @DavidHundeyin @Nath_Yamb @cobbo3 @AndrewMwenda @DavidNdii @EFFSouthAfrica @MbuyiseniNdlozi @KARANGWASewase @harerimana_tito @UnityClubRw

Français
4
19
44
7.4K
Ruvyogo retweetledi
RPA
RPA@radio_rpa·
Au camp de Nyarugusu en #Tanzanie, des réfugiés burundais dénoncent des mesures de contrainte avant leur rapatriement forcé : coupure d’eau, inscriptions obligatoires et déploiement de militaires. Certains réfugiés affirment être victimes d’intimidations et de violences. rpa.bi/index.php/actu… @UNHCRTanzania @UNHCR_Burundi
RPA tweet media
Français
0
8
8
780
Ruvyogo retweetledi
Magloire Valentino Mwembo
🚨 #RDC- #Rwanda : Louis Michel appelle à une lecture « plus objective » des tensions entre Kigali et Kinshasa et reconnaît une responsabilité historique belge dans les fractures Hutus-Tutsis. « Il sera très compliqué d’avoir la paix dans l’Est du Congo sans un accord appliqué de bonne foi entre le Congo et le Rwanda. » Il critique aussi les accords poussés par Donald Trump, « Trump fait des accords qui doivent d’abord rapporter aux États-Unis, avec une dimension d’intérêt financier ou de ressources naturelles. » Vidéo ⤵️
Français
26
34
93
15.4K
Ruvyogo retweetledi
The Great Lakes Eye
The Great Lakes Eye@TheGreatLakesE1·
Leaked report: Congolese soldiers go to the front with their families as army cracks under pressure ▶️A leaked report by a joint Congolese army (FARDC)–Burundian army (FDNB) team exposes what Kinshasa’s official narrative seeks to obscure: the coalition fighting in North and South Kivu is not only losing ground to AFC/M23 rebels under external military pressure, but is also fracturing from within. ▶️According to the April 2026 report, the war effort is being undermined by internal disorder, weak command structures, poor planning, aging personnel, and a striking social reality; some FARDC soldiers are deploying to the front lines accompanied by their civilian families. Read:thegreatlakeseye.com/post?s=Leaked-…
The Great Lakes Eye tweet media
English
2
31
37
3.1K
Ruvyogo retweetledi
Greg Le Grec
Greg Le Grec@GregLeGrecq·
"Nous remercions le président Kagame d'avoir pris l'initiative de coordonner le programme nucléaire en Afrique” Et finalement, président wa @_AfricanUnion ninde?😅🤔
Greg Le Grec tweet media
Steve Wembi@wembi_steve

“La #Tanzanie est fermement convaincue que la coopération régionale est essentielle pour assurer l'avenir énergétique de l'Afrique. Nous remercions le président Kagame d'avoir pris l'initiative de coordonner le programme nucléaire en Afrique” @SuluhuSamia

Français
6
6
37
6.1K
Ruvyogo retweetledi
FOCODE
FOCODE@FOCODE_·
🔴 Thierry Kitamoya niwe agiye gusubirira Gabby Bugaga muri CENI. Inama Nkenguzamateka, ibisabwe na Prezida Ndayishimiye, yaraye yemeje ko Thierry Kitamoya agiye kuba umu komiseri wa CENI ajejwe ububiko n'amasoko (commissaire chargé de la logistique et des approvisionnements). Muri ayo mabanga, Thierry Kitamoya asubiriye umuhisi Gabby Bugaga aherutse kugandagurwa. Naho yari yabaye umushikiranganji muri myandagaro 2025, Gabby Bugaga ntiyari bwasubirizwe muri CENI. Ntawuzi impamvu bishobotse kumusubiriza aruko yishwe ! Thierry Kitamoya yamenyekanye cane nk'umumenyashamakuru wa RTNB. Ijwi ryiwe ryari rimenyerewe mu mwanya w'amakuru. Mu kiringo ca gatatu ca Nkurunziza naho, Kitamoya yakunze kuboneka arongora vya biganiro Prezida Nkurunziza yaza araha abamenyeshamakuru n'abanyagihugu bamubaza kw'itelefone. Muri 2018, Thierry Kitamoya yagenywe kuba umwunganizi (assistant) w'umushikiranganji ajejwe kumenyesha amakuru n'ibimenyeshamakuru. Ikibanza yarakibayemwo ku bashikiranganji batandukanye. Yagiye gukurwa haje Gabby Bugaga, aca aja kuba umuhanuzi w'umuyobozi mukuru wa RTNB. Birashoboka ko imigenderanire ya be na Bugaga itari myiza cane. Nkuko amasoko yacu abivuga, Channel Sabimbona, Thierry Kitamoya, Gabby Bugaga ni bamwe mu bamenyeshamakuru ba RTNB abatwara CNDD-FDD barondeye barinjira mu mugambwe mu kiringo ca mbere ca Nkurunziza. Sibo bonyene. Niyo yabaye intambwe yambere yo kunumya abamenyeshamakuru ba RTNB wasanga bashobora kwihagararako bakanka akarenganyo. Ubu RTNB aho bayigejeje ntitandukanye kanini na Rema FM. Ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza carangiye RTNB itwarwa n'umukuru w'imbonerakure, ubu naho ifiswe n'abo muri Fondation Mugiraneza ya Angeline Ndayishimiye. Abo bamenyeshamakuru bakoreshejwe bahavuye baza baraduga mu nzego zihambaye. 🔴 Ikarata ya CENI hafi y'ikiziga ca Gabby Bugaga ! Kugeza ubu ntawuratahura impamvu abishe umushikiranganji Gabby Bugaga bashimye gushira hafi yiwe ikarata yerekana ko ari komiseri wa CENI kurusha kuvuga ko ari umushikiranganji. Mu gatondo ka kare k'umusi w'igandagurwa rya Gabby Bugaga, kuri runo rubuga twaronse ubutumwa bwatubwira ko mu bigazi mu Rubirizi hatowe ikiziga c'umuntu yaraye yishwe n'isanganya ry'imodoka. Uwo muntu yavuga ko batazi uwapfuye ko yoba ari umushikiranganji Gabby Bugaga kuko bamusanzeko ikarata yerekana ko ari umukozi wa CENI. Uwo muntu yanatwemereye ko aca arungika ifoto y'ikiziga. Imbere yo kwandika iyo nkuru, twabanje kuraba ko hari abandi barayimenya, kugira ntidusange tuguye mu mutego. Kuri twitter, twasanze ikinyamakuru SOS Media Burundi kimaze iminota ine kiyanditse. Icatangaje inyuma gato nuko ya foto twahawe ariyo nyene yaciye ikoreshwa n'imbuga zitandukanye. Hari ikintu benshi batitwararitse kuraba : imbuga zose zanditse kuri Bugaga zakoresheje amafoto asa. Ni ukuvuga ko inkuru ijanye n'urupfu rwa Gabby Bugaga twese twayihawe n'umurwi umwe wari wateguye ibiza kuvugwa. Twese twaratangajwe n'ingene Gabby Bugaga yari aryamye mu modoka ukuguru kumwe kuri mw'idirisha. Ariko hari ikibazo twese tutigeze twibaza : ni kubera iki arya mafoto ya Bugaga yagumye yerekana umusaya umwe ? Urya musaya wundi yari aryamiye ni kuki ata foto n'imwe yawerekanye ? Nimba amafoto yafatwa n'abanyagihugu barengana, ni kuki batamugaraguye ngo babone uwundi musaya ? Amasoko y'ibanga yemeza ko urya musaya wanyegejwe ariwo werekana ko yarashwe. Noneho n'igihe ahambwa, yerekanywe atekeye mu maso hose kugira aho yarashwe ntihaboneke. 🔴 Tugarutse rero kuri iyi karata yashizwe hafi y'ikiziga bwari ubutumwa bushobora kuba buvuga icatumye Gabby Bugaga yicwa. Iki kibanza Thierry Kitamoya agiyemwo kirahambaye cane muri CENI. Uyu musi ikibazo ntikikiri ibizova mu matora, ivyo birazwi. Tuyobewe gusa ibiharuro Prosper Ntahorwamiye azosoma, nayo uwo azotubwira ko yatsinze turamuzi twese. Sinzi n'impamvu barinda kwonona amamiliyaridi yofashije igihugu. Ubu ihiganwa ryonyene risigaye muri CENI ni iry'amasoko y'ivyo CENI ikoresha. Si ingwano iri hagati y'aba CNDD-FDD n'abatavuga rumwe nayo. Ahubwo ni intambara iri hagati y'ibihangange mu butegetsi. Ni nde azotahira amamiliyaridi yo gukora amakarata y'itora (bulletins de vote) n'izindi nyandiko za CENI ? Hariho n'ayandi masoko menshi cane CENI ikenera mu gihe c'amatora. 🔴 Umuhisi Gabby Bugaga yahagarira inyungu za CNDD-FDD n'iza Reveriyano Ndikuriyo muri ayo masoko ya CENI, Thierry Kitamoya nawe azoba uwande ?
FOCODE tweet media
Filipino
1
13
38
6K
Ruvyogo retweetledi
Dr Guy Karema, PhD
Dr Guy Karema, PhD@guykarema·
✝️ 𝗗é𝗰è𝘀 𝗱’𝗔𝗺𝗯𝗿𝗼𝗶𝘀𝗲 𝗡𝗶𝘆𝗼𝗻𝘀𝗮𝗯𝗮, 𝗶𝗻𝗴é𝗻𝗶𝗲𝘂𝗿, é𝗰𝗿𝗶𝘃𝗮𝗶𝗻 𝗲𝘁 𝗮𝗿𝘁𝗶𝘀𝗮𝗻 𝗱𝗲 𝗽𝗮𝗶𝘅 🇧🇮 Quelques jours seulement après la disparition du Professeur Luc Rukingama, le Burundi vient de perdre Ambroise Niyonsaba, ingénieur, écrivain et diplomate, un autre digne fils aux multiples facettes. Né en 1950 dans la commune de Matana, en province de Bururi, il obtient son diplôme d’ingénieur en construction à l’Université Nationale du Zaïre (Unaza) de Lubumbashi. Il entame sa carrière comme directeur général de la Regideso, la société nationale d’eau et d’électricité, avant d’être nommé ministre du Processus de Paix. En mai 2002, il occupe les fonctions de conseiller à la présidence et de chef de la délégation gouvernementale burundaise aux pourparlers de paix de Pretoria. Il avait déjà conduit la délégation du gouvernement aux négociations pour la paix et la réconciliation à Arusha entre 1998 et 2000, marquant ainsi son rôle central dans les efforts de sortie de crise. Ambroise Niyonsaba poursuit ensuite sa carrière diplomatique en tant que Représentant de l’Union africaine en Côte d’Ivoire, notamment lors de la crise post-électorale de décembre 2010, où il participe à des réunions avec le chef des opérations de maintien de la paix de l’ONU. Homme de culture autant que de politique, il s’est également illustré comme dramaturge. On lui doit les pièces "L’Espoir au pays des Mbala" et "La Métamorphose". Il a aussi contribué à l’anthologie "Pour une culture de paix dans la région des Grands Lacs africains". Figure marquante de la diplomatie burundaise et de la région des Grands Lacs, Ambroise Niyonsaba se situe à la croisée de l’engagement politique, de la médiation pour la paix et de la création littéraire. Qu'il repose en paix.
Dr Guy Karema, PhD tweet media
Français
0
19
98
8.5K